Sura 9

1 Na yalavuzeiwabo. "Kweli ndavuga iwanyu muli bene hala bantu bahagaze hano ntibala some ulupfu bitabe kubona ubwami bwimana buje kukomezi. 2 Zitalagele imisi mukaga Yesu yalabatwaye Petro, Yakobo na Yohana hamwe nawe mumusozi, bwonka nuyene niho tatangula kuhinduka imbele yabo. 3 Ivyambalo vyiwe biytangula kubona chane zela kusumbila kusumba umungalishaji wewe mwisi. 4 Niho Eliya hamwe na Musa balavuye imbele yabo, bali balimo baganila na Yesu. 5 Petro yala mwishuye Yesu, mwigisha, bila kwiye twebwe kuba hano, na twubake ibibihila bitatu, kimwene kubelawewe, kimwe no kubela Musa nikindi nu kubela Eliaya. 6 None kubela ntiya menya nikiki cho kuvuga, balatiye chane. 7 Ibichu vyabone che nukubugala. Niho injwi dyavuye mwijulu livuga, "Uyunu mwana wokunda. Mwumvilize wene. 8 Naningoga, hobalimwo balaleba, ntibabonye wewe hamwe nawe, aliwe Yesu gusa. 9 Hobalimwo bale goromoka kuva kusozi, yalaba mulishije kutalikumubwila umuntu wewese udya wese. Vyobabonye kugela kumwana wa Adamu haloba azuche kuva kubapfuye. 10 Ndiho babiche ibintu vyabo bonyene. Aliko balavyemelanye bene kulibene nibiki bivuga gute. "Kuzugwa kuva mubapfuye. 11 Bala mubajije Yesu, Kwebeliki abandichi bavuga bilagambe gwa Eliya aze chambele. 12 Alababwila bila kwiye Eliya aloza chambele kukiza ibintu zose. Kubela vyandichwe umwa wa Adamu bila kwiye alonke kubabala kwishi no yankwe. 13 Aliko alavungwa iwanyu Eliya yalamaze kuza bamukoze nkuko bashaka, nkiko bimeze amandiko gavuga kubela wene. 14 Hobali bagaluche kubigishwa balabonye umugwi munini dyalaba zunguluche nabasadukayo balimo balahali la nabo. 15 Na kandi hiba mubona umugwi gose gwalatamaliwe nuku mwilukila kumulamucha. 16 Yalababajije abigishwa biwe, "Mhalilanabo naba Ejulu nibiki? 17 Umwe mulibo kuli kumugwi yala mwishuye uwmalimu ndalazanye una wanje kwawe; afishe mpwemu mbialiwe amukola ntashobole kuvuga. 18 Na atuma amwononesha kumuzugumila nukumutula hasi nukuva ifulo mukanwa nuku nshwa amenyo nuku vyimba ndala baseza abigisha biwe kuku la mpwemu, aliko ntiba shoboye. 19 Yalabishiye , "Uluvyaro lutizeye ndo kwicha namwe kumwanya myabaki? Ndotwalana namwe kandi dyali muzane kwanje. 20 Balaza umwana wiwe. Mpwemu mubi hoya mubonye Yesu, Naningoga yalamutaye kubela kujugumila. Umuhungu yalaguye hasi nukuvamwo ifulo mukanwa. 21 Yesu yala mubazije daha wiwe, yabaya kuliyi hali kumwa gungana gute?" Daha avuga, "Kuva mubwana. 22 Bisubiye kandi alagwa mumulilo chankwe mumazi na gelageza kumutila namba woshobola kukola ichochose atuganyile. 23 Yesu yalamubwiye, "Namba uvyemeye? Buli kintu kileshoboka kuliwe wese amwizeye. 24 Naningoga dahawa bana yalalize nukuvuga, "Ndizeye! Fasha kutokwizela kwanje. 25 Uwo mwanya Yesu hayabona ugomugwi ndililukila iwabo, yalamukanka miye mpwemu mubinu kuvuga, "Wewe mpwemu utavuga nutumva, ndakulikanije umuleka ntiwinjieiwiwe kandi." 26 Yalalize kuguvu nukumuhangaisha na mpwemu yamuvuyemo. Umwana yaboneche nkiko yapfuye, niho beshi bavuze, yapfuye. 27 Aliko Yesu yalamutwaye kukuboko alamuvyula, numwana yala hagaze. 28 Kumwanya Yesu hoinjila hagoti abigishwa biwe balamubazije falagha, "Kubeliki tuta shoboye kumukulayo? 29 Yalababwiye, "Kungene nkiyi ntavamo atali kumasengo. 30 Balavuye hadya nukulitila Galilaya ntalokwichala umuntu wewese amenye hobali. 31 Kukubela yalimo aligisha abafunzi biwe yalababwiye, "Umwana wa Adamu alogezwa mumaboko ya bantu, nobalo mwicha. Haloba yapfuye, hanyuma yinuse itatu alozuka kandi. 32 Aliko ntibamenye vyobabwiwe ivyo, nabaliba bipanze kumwicha. 33 Niho bageze Karperinaumu Hoyali ali hagati yinzu yalababazije mwalimu mulavuga ibiki munzila? 34 Kubela yachiye anuma kwani yachiye ahalika munzila yuko ninde yalibaye munini kusumba. 35 Yichaye hasi ahamagala kumi na babili hamwe na yavuze nabo, "Nkikob wewese ashaka kuba wa mbele bila kwiye achaba wimpela nu mukozi wabose. 36 Yatwaye una mutoyi amushila hagati yabo, amtwa la kumaboko yiwe achavuga. 37 Wewese yakile umwana nkiku yu alikwizina dyanje kandi yanyakiye jewe bicha biba umuntu yanyakiye, ntiya kila jewe gusa aliko kandi uwatumye. 38 Yohana yalamubwiye mwalimu twala mubonye umuntu akulaho impwemu bi kwizina dyawe notucha tula mubuza, kuko kubela tuta mukulikila. 39 Aliko Yesu yalavuze ntumumuze kuko yuko ntayuliho alokola ikazi kwizina dyanje no niho hanyuma alovuga ijambo libi hejulu yanje. 40 Wewese alaba yitanyije natwe aliluhande gwachu. 41 Wewese aloguha ikikombe chamazi yokunywa kuko kubela uli na Klisto nukulinda labwila, ntalota kaza igelo yiwe. 42 Wewese alimo alabatakaza bano batoyi abanyizeye jewe, vyabaye vyiza kwiwe kuhambigwa ibuye dyokunshwa mumuhogo nukutagwa munyanza. 43 Nkukuboko kwame kuguma kukutakaza kunogele, bila kwiye kwinjila kubela ubuzima atakuboko chankwe kwinjila kulubanza ufishe na mabokko yose kubela umulilo Gutazima. 44 Kulikilana yino misitali zino, "Ahantu haliho imvinga zitapfa numulilo gutazima." Ntibilimo kubela impapulo ziwe. 45 Nkuko uku gulu kwame kukutakaje; kunogole ila kwiye kwinjila ahantu heza ulikimuga, kuliko kutagwa mulubanza namagulu gambili. 46 (Kulikilana zino misitari zino, "Ahantu haliho imvunja hozitapfa numulilo gutazima, "Ntibilimo kubela impapulo ziwe. 47 Nkiliso dyawelikutakaje lizule bila kwiwe kwame kwinjila mubwami bwimana ufishe iliso limwe; kuli kuba na maso gabili nukutagwa muchobo. 48 Ahantu hali imviza zitamva, numulilo gutazima. 49 Nkuko buli umwe alokozwa nu mulilo. 50 Umunyu nimwiza, kumunyu gutakaze akasose kiwe kandi? Mube numunyu mumutima zanu nyene, mube na holoho kwa bulumwe.