Sura 10

1 Yesu alagenda hiyo ahantu alangenda kubela mumukowa wa wayahudi ahantu aho impele yulunzi ngwa yulo dani abashengelo balamukulikila kandi alabingisha kandi nkiko yali yalamenyeleye kukola. 2 Abafalisayo balamuzila balamungeza no kumubaza nivyo kumugabongabo kumuleka umungole wiwe? 3 Yesu alabishula Musa yababwiye ngute? 4 Balavunga Musa yalalekuye kwandika ichete cho kulekula umungole no kumwilukana. 5 No kubela yimitima yanyu ingumwe nicho kituma ya bandikiye amatengeko aya Yesu alababwila. 6 Mungabo kuva ubwambele ilema Imana yalalemye umugabongabo numungole ngole. 7 Kubela uku umungabongabo alomuleka sewiwe na nyina wiwe alongendana numungole wiwe. 8 Kandi abobabili baloba umubili umwe kubela sibabali kadi aliko numubili umwe. 9 Kubela yuko ichoya fata nyije Imana umwana wimuntu ntangikuleho. 10 Ahobali munzi abingishwa biwe balamubaza kujana nibili. 11 Alababwila udya wese amuleka umungole wiwe nokumwimula umungole uwundu aba alimo alasambana. 12 Umungole nawe amuleche umungabo wiwe no kwimungwa numungabongabo uwundi abaalimo akola ubusambanyi. 13 Nabo bamuzanila abana babo batoi kungilanga abakeleko mungabo abingishwa biwe balabaka nkamila. 14 Mungabo Yesu amanze kumenya ivyo nkiyanezelewe nivyo chana alababwila balekule abana batoi baze iwanje. Kandi nkimubabuze kubela abameze nkiaba ubwami bwimana ni bwabo. 15 Ukuli ndababwila wewe atakiliye ubwami bwimana nkiko bana batoi ukuli kibosho bola kwinjili kubela ubwami bwimana. 16 Hanyuma alabatola abana mumaboko yiwe alabahezangila abashilaho amaboko yiwe hejulu yabo. 17 Atanguye ulungendo ngwiwe umuntu umwe alamwilukila alapfukama imbeke yiwe alamubaza mwingisha mwinza kole ngute kungilango shobole kulanga ubuzima butahela? 18 Kandi Yesu alavunga nukubeliki unyita mwinza? Nkauliho alimwinza atali mana yo nyene wenka. 19 Ulazimenya itengeko kiwiche kusambane nkiwibe nkushingile intehe ububeshi nkubeshe mwibahe sowawe nanyoko wawe. 20 Umuntu udya avunga mwalimu ayayose nayu baha kuva nkilumusole. 21 Yesu alamuleba no kumukunda alamubwila ubulaho ikinu kimwe ukwiye kunguza vyose vyufise ubahe abakene uloba nubutunzi mwinjulu ni houza ukwilikile. 22 Mungabo yalavunisehe umutima kubela yivyo avunze yalangiye alufise umubabolo. Kubela yuko yalifise ubutunzi bwishi. 23 Yesu alalaba impende zose alababwila abingishwa biwe nukubeliki bingoye umutunzi kwinjila mubwami bwimana. 24 Abingishwa biwe balatangazwa kumajambo ayo mungabo Yesu alababwila kandi abana nukubeliki bingoye kwinjila kubela ubwami bwimana. 25 Nivyoloshe ingamia kuchila mumwobo wilusenge ngusumba umutunzi kwinjila kubela ubwami bwimana. 26 Yesu alatangazwa alavunga kumwana wimuntu nkibikunda mungabo sikumana kukubela kumana bilashoka. 27 Petelo amuza kuvungana nawe laba twalaleche vyose tulangu kulikila. 28 Yesu alavunga ukuli ndababwila mwenge nkanumwe yaleche inzu chankwe musasawe chankwe abana chankwe isi, kukubela jewe no kubela ubutumwa. 29 Aliko utakila imingendo ijana nongusuvyaho kubela ubu aha mwisi izu musazawe mushikiwe nyina wiwe abana nisi kumangongwa ni ngihungu kiloza ubuzima butahela. 30 Mungabo beshi balabambele baloba abanyuma nabali banyuma baloba abambele. 31 Aho bali munzila bangenda Yelusalemu Yesu yaliyabangiye imbile yabo ambingishwa balatangangwa na badya balimo bala bakwilikila inyuma nbalatinye niho Yesu yabakula impela kandi badya kumi babili acha amaza kubabwila ikintu kimala kimubako mukanya. 32 Bari munzira, baduga Yerusalemu, Yesu yarabagiye imbele baratangara. Abamukurukira baratinya yongera, kujana bamwe chumi na babili bariukwabo atangura kubabwira ibigira bimubeko: 33 "Laba, tulangenda hiyo Yelusalemu, kandi umwana waadumu alasohozwa mumaboko yabahele na banyabwenge bivyandiche. Bazomuchila ulubanza ngo ngupfa balo mushila mumoboko yabanyamahanga. 34 Balomushinya ngulinzwa bamuvume amate bamukubite iko ni balimwicha mungaba hanyuma yimisi itatu ihoye alozuka". 35 Yakobo na Yohana ni mwana wazebedayo balaje kwiwe balavunga mwingishatulanguseze utukolele chochose tungusenga. 36 Alababwila mungombo yuko ndabaha iki? 37 Bala mwishula ati tulekule twikalane nawe kubela ubwami bwawe umwei mukuboko kwawe kungabo na yundi mukuboko kwawe kubumafu. 38 Mungabo Yesu alabishula kandi kumumenya chomusaba mulashoboye kungwela kukikombe nywelako chankwe umubatizo batizwako? 39 Balamwishula ati tulashobola Yesu alababwila ikikombe nywe lako muloki nywelaka kandi mulo batunzwa ulubatizo batizwa jewe. 40 Mungabo ulokwikala ubudyo bwanje chankwe ubumafu sijewe wokukulaho mungabo ni kwa badya bamaze kutengulingwa. 41 Badya abingishwa chumi bavyumvishije bamaza kubasha vulila Yohana na Yakobo. 42 Yesu alabahamangalala iwiwe alababwila mulamenya badya bangaza amahunga babatwanza amunyama abantu babo kandi alabakulu babaleka amatengeko yabo. 43 Mungabo nkibukwiye muli mwenge kubangutwo nyamale ungomba kuba umukulu, muli mwenge alamaze abe umukozi wabo. 44 Udya wese ashaka kuba umukulou mulimwenge aze abe umukozi wabo bose. 45 Kuko umwa wa Adamu ataje kukoleshwa aliko kukola no kutanga ubuzima bwiwe kuba ichunguzi yabeshi. 46 Batalangende iye aliko akiya iyeloko hamwe na bingishwa wiwe ni shengelo dyishi na mwene timao wimpunyi umusenzi yaliyichaye uluhande ninzila. 47 Yumvishe kwali Yesu munazaleti atangula kubolonga nokuvunga Yesu umwana wa Daudi ngilila ikingongwe. 48 Abeshi balamunumya kungila anume mungabo asumvaho kuvunga mwana wa Daudi gila ikigongwe. 49 Yesu alahangalala alababwila muhamangale bala muhamangala idya mumyi komela uyehasi Yesu alaguhamangaye. 50 Alatanga ivyo yambaye aliluka chane agenda kwa Yesu. 51 Yesu alamwishula alamubwila ungomba ndakukole iki? Udya mugabo alamubwila idya mpumyi ilamwishula mwingisha ndangomba kuhumuka. 52 Yesu alamubwila genda ukwizela kwawe kula kukijije aho aho amaso yiwe alahumuka acha alamukwilikila Yesu kuzila.