Sura 11

1 Icho kihe ahobaza Yerusalemu, begeleye Bethsefage na Bethania kumusozi wa Mizeituni, Yesu yalatumye babili mubanafunzi biwe. 2 Acha alabwila "Nimugende kwa kidya kijiji chegelanye natwe komwinjila umwo, mulasa nga amwana windogobe ataluligwa, nimumuzitula mumizane iwanje. 3 Kohagila uwowese ababwila nikuki mwagize ibi? Mukwiye kuvuga, "Mwami ulashaka kuko azomusubiza hano." 4 Balagiye balamusanga umwana windogobe azilitswe hanze mumudyanko ruhande lulihaze hanze bacha balamulekula. 5 Mubantu bali bahagaze hadya balababwiye, mukola iki kumulekula umwana windogobe? 6 Balamubwila nimba Yesu yalababwiye na bantu balaleka bagende. 7 Abanafunzi babili balamuzanye umwana windogobe kwa Yesu balashashe imyambalo yabo hejulu yiwe kugila Yesu ashobole kumwahila. 8 Abantu benshi balasasa imyambalo yabo mwibalabala abandi balasasa amashami batemye kuva mumilima. 9 Badya bagiye imbele yiwe balamukiliye balateye indulu, "Hosana! Alaluzagiwe uje kwizina dyumwami. 10 Buhezagiwe ubwami buzakuza bwa daha bachu Daudi! Hosana kuli uli hejulu. 11 Niho Yesu yinjila Yerusalemu nokucha agenda mumakanisa atangaza kila kintu. None ikihe chali kigiye, yagiye Bethania hamwe nabon chumi na babili. 12 Umusi wa kulikiye aho baliko balagahika kuva Bethania yalifise inzala. 13 Acha abona ikitu chumutimi chalikifise amababi kilikule, yalagiye kulaba nimba yoshoboye kulonka ichochose buletse amababi kuko ntichali ikihe chumutimi. 14 Yalaubwiye, "Ntawewese azodya itunda kuva kuliwe kandi." Abanafunzi biwe balumva. 15 Balaje Yerusalemu nawe yalinjiye mulusengelo nawe nokubanza kubasohola hanze abagiza na baguzi bagulila mulusengelo. Yalalindukije imeza zabahinduza amahela mwitebe za badya baliko balaguza inuma. 16 Ntiyalekuye uwowese kutwala ichochose mulusengelo chashobola kuguzwa. 17 Yalabigishije avuga, "Mbe ntivyanditse, inzu izokwitwa inzu yibisabisho kumahanga yose? Mwayihunduye isenga dyabambuzi." 18 Abahelezi bakulu nabanditsi balumvishije ivyo yaliko alavuga nabo bakulikiye inzilayo kumwicha. Aliko balamutinye kuko umugwi watangaje ninyigisho ziwe. 19 Kila gihe hageze kumugoloba balavuye mumiji. 20 Baliko balagenda mukitondo balabonye ikitichu mutini chumye mapka kumizi yacho. 21 Petro yalibutse alavuga, "Galuka! Raba, ikiti chu mutini chavumwe chumye. 22 Yesu yalabishuye, mube nukwizela kumana. 23 Mwende ndababwila yuko kila ubwila umusozi uyu, Genda witage wewe nyene munyanza, kandi ntakekelanya mumutima wawe aliko uwizela yuko icho yavuze kizobekana, uko niko imana izokola. 24 Kulivyondababwila kila kintumusaba nukubaza kukubela cho, mwizele yuko mwakiliye navyo bizoba vyi wanyu. 25 Aho mwahayuluka nukusaba, mukwiye kuhalila ichochose mufise kuli wewese kugilango daha wacchu ali mwijulu abahalile mwebwe kandi bamakosa yanyu shila kumutima uyu misitali. Aliko mutahaliye, kandi daha wachu alimwijulu ntazobahalila ivyaha nyanye. 26 Ikihe muhagaze muliko mulasaba mukwiye halila ichochose mufise kuli wewese kugilango Daha wache wo mwijulu abahalile mwebwe kandi ivyaha yanyu ntuli munkalatasi ziwe.) 27 Balaje Yerusalemu kandi, Yesu aliko alagenda mulusengelo, abahelezi bakulu, banditsi nabazehe balaje kuliwe. 28 Balamubwiye kumategeko nyabaki ukola aya majambo?" Ninde yaguhaye kuganza nokukola aya. 29 Yesu yalababwiye, "Nzobabaza ikibazo kimwe. Nimumbwile nanje nzobabwila kukuganza gute nkola aya majambo. 30 Mbe ulubatizo gwa Yohana gwavuye mwijulu chabule gwavuye kubantu? Balaganiliye mulibo no kuchindana no kuvuga "Nimba tuvuze gwavuye mwijulu alavuga, kukibasi mutamwemeye? 31 Balaganiliye mulibo no kuchindana no kuvuga nimba tuvuze gwavuye mwijulu alavuga kukibozi mutamwe meye. 32 Aliko tuvuze gwavuye kubantu babatimye abantu kuko bose bafatiliye yuko Yohana yali umuvugishwa. 33 Niho bishula Yesu no kuvuga, ntitumenya niho Yesu yababwila, kandi jewe ni kubushobozi nyabaki nkola aya majambo.