Sura 8
1
Muriyo misi, hali kandi ishengero linini na ntibali bafishe ivyokudya. Yesu arabahamagara abigihswa biwe arababwila.
2
"Ndagirira ikigongwe ili shengero bagumye kumwe nanje muriyi misi itatu na ntibafishe ivyokudya.
3
Ndababinga munzi ni nzara. Na bamwe muribo bavuye kule chane."
4
Abigishwa biwe baramwishura, "Twokula hehe imikate yokuhaza ababantu kohano ali mukalinga?
5
Arababaza, "mfishe ibiche bingahe vyi mikate?" Bavuga, "mushanju."
6
Abarira ishengero dyichale hasi. Atora imikate mushanju, ashamira Imana ni kuyimanyagura. Arabaha abigishwa biwe bayishile imbele yiwe, nabo bayishira imbele yishengero.
7
Kandi baribafishe isamaki ntontono zikeya bamaze kushima abwira abigishwa biwe babagabire kutikandi.
8
Barariye barahaga na baregeranya ibiche vyari bisigaye, ibikapa binini mushanju.
9
Balibegereye abantu ibihumbi bine na yalabareche baragenda.
10
Muriwo mwanya binjira mubwato nabigisha biwe bagenda ahegereye Darmanuta.
11
Kandi Abafarisayo barasohoka batangura kuharira nawe. Bashaka abahe ikimenyecho kuva mwijuru, kukumugeza.
12
Aliyumvira chane mumutima wiwe aravuga, "Kubela iki ururuvyaro rulondera ikimenyecho? Ndababwira mbwebwe kweli, ntakimenyecho kizohabwa kururu ruvyaro."
13
Hanyuma arabareka yinjira mubwato kandi avaho agenda yelekela murundi ruhande.
14
Muricho kihe abigishwa baribagiwe kutwala imikate ntibalibafishe imikate kulenga ikiche kimwe chali mubwato.
15
Yarabihanije avuga, "Mube maso na mwilinde umwambilo wabafarisayo numwambiro wa Herode.
16
Abigishwa baravugana bene kuribene, "Nikubela tutafishe imikate.
17
Yesu amenye ili na rababwira, "Ni kuki muvugana ivyelekeye kutavugana kutaba ni mikate/ Ni muramenya oya? Ntimumenya? Imitima yanyu yabaye itakamantaye?
18
Murafishe amaso ntimubona? Murafishe amatwi ntimwumva? Nti mwibuka?
19
Honagabanya imikate zitanu kubantu ibihumbi bitanu mwatwaye ibikapu bingahe vyalivyuzuye ibiche vyimikate?" Baramwishura, "chumi na bibili."
20
Na "Aho nagabanya imikate mushanju kubantu ibihumbi bine, mwatwaye ibikapu bingahe?"
21
Baravuga, "Mushanju arababwira, "Oya ntimuramenya?"
22
Baraza Betisaida Abantu abo bazanye kwa Yesu umuntu atabona bamwinginga Yesu amukoreko.
23
Yesu afata nukuboko yidya mpumyi, alitwara mukijiji, achira amate mumaso yayo agorora amaboko yiwe, aramubaza, "Urabina ichochose?"
24
Araramura amaso aravuga, "Ndabona abantu baboneka na nkibiti bigendagenda."
25
Niho yagorota kandi amaboko yiwe hejuru ya maso yiwe, udya muntu afundurula amaso yiwe arabona kandi, na arabona buri kintu neza.
26
Yesu aramureka agende muhira na aramubwira, "Ntiwinjire mujini."
27
Yesu yavuyeho nabigishwa biwe agenda mubijijivya Kaisariya ya Filipi. Bali munzira yalababajije abigishwa, "Abantu bavuge jewe ndinde?"
28
Baramwishura baravuga, "Yohana abatiza abaridi baravuga, "Eliya na bandi "Umwe mubavugishwa."
29
Arababaza, "Aliko mwebwe muvuga jewe ndinde?" Petro aramubwira, "Wewe ni Klisto."
30
Yesu arabahana ntibwire umuntu uwowese ivyelekeye wene.
31
Atangura kubigisha yuko umwana wa Adamu alingombwa azobabazwa mubudyo bwishi, na azokwankwa mubashingantahe na baherezi bakuru nabandichi na nabera na kumusi ugira katatu azozuka.
32
Avuga idyo jambo atanyegeze niho yatwala Petro iruhande abanza kumwamira.
33
Aliko Yesu arahindukira arabaraba abigihswa biwe na aramwamira petro ni kuvuga, "Chinyuma yanje shetani! Ntubabaye ivyi Mana, ariko ivyabantu."
34
Hanyuma ahamagara ishengero nabigishwa biwe hamwe ni kubabwila, "Nimba hali umuntu ashaka kunkwirikira yihakane wene nyene, atore umusalaba wiwe na ankulikile.
35
Kuko uwowese ashaka kukiza ubuzima bwiwe azoyazimiza na uwowese azozimiza ubuzima bwiwe kubela jewe ni kubela injili, azoyakiza.
36
Bimumarila iki umuntu kuronka isi yose, hanyuma kuronka kwakwa ubugingo bwiwe?
37
Umuntu yoshobora kutanga iki mukishingo chubugingo bwiwe?
38
Uwo wese ambonera isoni na majambo yanje kururu luvyaro gwa basambanyi nu ruvyaro gwabanyavyaha, umwana wu muntu azo mubonera isoni niyaza mubwami bwase wiwe hamwe na bamarayika bera.