Sura 4

1 Kandi amanza kwingisha hambavu yinyanza kandi abantu beshi balengelana balamukikiza alinjika imbele mumutu bwi munyanza nokwi chala abeshi chane bali mpela nyanza habavu yinyanza. 2 Abingisha vyishi kumingani alavunga iwabo kunyingisho yiwe. 3 Nimwuviilize umubinyi yalangiye kubiba. 4 Akibiba zimwe zingwa uluhande ninyoni zilaza kuzindya. 5 Izindi zingwa kulutale aliko hatalibivu nyishi hanyuma ziluma kubela hataliho ibivu vyishi. 6 Munyabo izuba limaze kwaka ziluma kubela yuko zitafise imizi ziluma. 7 Imbuto zanguye hangati yamahwa aliko amahwa yalukunze ilazi mambisha aliko amahwa yalukunze ilazi mambisha aliko mkiza kandinki zama. 8 Izindi zingwa mwipfu dyaza zilanda neza zilavyala vyamwa mumwanya zikikula no kungwila zimweyi zinyala milongo itatu inzindi milongo italatu izindi ijana ngutwo. 9 Alavunga udya weze afise amatwi yupfa na yupfe. 10 Yesu hoyakwenke badya balihafi niwe badya kumi na babili balamubaza kubelaumuganzi. 11 Alavunga iwabo iwanyu mwalalose kunyengeza ubwami bwimana mungabo kwa badya balihaze bulikinuni mingani. 12 Kungila balebe nabo balebe mungab nkibabona mungabo bamaze kuva mungabo nkibuvya mungabo nkibimenya chanke sivyo bali kuhidukilani mana yalikubanganyila. 13 Alavunga iwabo none nkimumenya imigani iyi? Mulo shobola kumenya imingani mwishi? Umutenzi yalateye ijambo. 14 Bakei ni badya banguye luhande ninzila ahantu ijambo dyatewe. 15 Kandi bamaze kudyumvu mumwanya shetani alaza kulitwala ijambo dyatewe mulibo. 16 Bakei ni badya batewe hejulu kulutale nabo badyuvushe naningonga ijambo nanigonga baladyakila kumunezelo. 17 Kandi nkibafishe imizi yoyose mulibo mungabo nkibihangana mumwanya mutoi mungabo umubabalo nokwingola bimaze kunza kubela yijambo mumwanya nkuchitala. 18 Abandi ni badya batewe ubela amahwa baladyuka jambo. 19 Mungabo ukwingala kwisi ububeshi bwi tango no kwipfuza ibintu vyishi nkivyinjilamo bituma bibana ijambo bicha vyaka yuko livyala ivyamwa. 20 Hanyuma yaho haliho badya batewe mubivu vyiza baladyupfa ijambo no kudyakila kandi lilavyala ivyamwa bikei milongo itatu bikei milongo itala ndatu bikiy ijana limwe. 21 Yesu ababwila none nkuza itala imbele munzu no kusihil hasi yikikapu chanke hasi yubulili uzana munzu nokwishila hejulu yacho. 22 Kukubela yuko batafise chochose chinyengeje nacho nyene kilalomeyekana kandi ichangizwe ibanga kitazzo zahabona. 23 Aliko ufise amatwi yupfa nawe yupfe. 24 Alababwila ni mube hafi kwa kidya mupfa kubela ingelo mugelelamo niyo mulongelengwa no kulushaho iwanyu. 25 Kubela yuko wene afise alokwakila kulushaho na udya atafise kuva kwiwe bilotwangwa na bidya yalifise. 26 Alavunga ubwami bwimana bimeze nkumuntu yateye imbuto kubela ibivu. 27 Amaze kudyama mwinjolo no kuvyuka bukeye mungitondo na imbuto zilakula mungabo atamenya ukuntu bimenya. 28 Isinkitanga imbuto yenyene ubwambele amalema hanyuma amashungwi hanyuma imbuto zikomeye. 29 Mumwanya imbuto ilokula imaze kwela nkitwa umwanya kubela ivyamwa vyengeleje. 30 Alavunga tungelelanye ubwami bwimana ni kintu yabaki chankwe tukoleshe imingani nyabaki kubamenyesha. 31 Ni kimbuto ya haladani aliho nintoi chane kusumba imbuto zose zo mwisi. 32 Mumwanya iawe ilakula ikaba nini chane kusumba ibilimwa vyose bilimubusitani kandi ilakola amalemba bunini nao inyoni zo mwijulu balashobola kukolelaho ivyali vyabo kubela ingitutu. chiwe. 33 Kumingani myishi yalingishije alavunga ijambo iwabo kungende bashoboye kumunya. 34 No kuvunga hamwe atamingani mungabo mumwanya aho yalili wenka alababwila bulikinu chose abingishwa biwe. 35 Kubela umusi uwo umwanya wi mungaloba umwze kusohola alavunga iwabo tungende mumpande yakabili. 36 Ngutwo balaleka abantu balamutwala Yesu mumwanya uwo yaliyamaze kwinjila mubwato ubwato ubundi bwalikumwe nawe. 37 None umuyanga munini ngwikivumbuzi na mawimbi agalimo ngijili imbele mubwato bali bwamaze kuzula. 38 Mungabo Yesu wenyene yalidyamwe mumutwe winyuma yalihuriye balamuvyula balavunga ungomba tupfe. 39 Alavyuka alakankamila umuyanga alabwila uluzi habeho amaholo umuyanga ulaleka haliho ubutekelezo bunini. 40 Alavunga iwabo kubeliki mutinya? None nkimufise ukwizela 41 Halatewe ubwoba chane mulibo balavungana benekuli bene uyunide kandi kubela yuko numuyanga nuluzi bimwubaha.