Sura 5

1 Balaje maka uluhande lundi gwi habali, kubela umukowa wa Gelasi. 2 Ni ghafula umwanya Yesu amalava hanze yu bwato umutu wumutima mumbi yalaje kwiwe kuva mumakabuli. 3 Umuntu uyu yaba mumakabuli ntawashomboye kumubuza chane ntivyashoboche ni kuminyololo. 4 Yaliyafuzwe imwanya yidi ni mpingu ni minyololo yalainogoye iminyololo ni mpingu ziwe zalavunywe ntanumwe afishe inguvu zo kumuchinda. 5 Ijolo nu mutaga alimu makabuli ni mumisozi yalalize ni kwitema wene nyene kumambuye akaze. 6 Hoyamumbona Yesu kulele, yalilukiye kwiwe ni kunama imbele yiwe. 7 Yalalize kwisauti yikulu, "Mumwanya ndakukolele iki? Yesu umwana wimana ali hejulu chane ndakwiginga mana wewe nyene nunese. 8 Kukubela yaliyamubwiye muve mumuntu uyu wewe mtima mumbi. 9 Nawe alamumbajije, "Izina dyawe ninde?" Na wee alamwishula izina dyaje ni logioni kukumba kuva mbeshi. 10 Alamwiginga kadi na kadi ntabatwale hanze yu mukowa. 11 Mumwanya ikundi linini dyingulumbe dya mililigambuligwa hejulu yu musozi. 12 Nambo mwalamwigize mbavuga, "Tutume mwingumbe twilije mulizo. 13 Nuko alambalekula umtima mumbi mbalambavuyemwo mbjila mungulumbe ihumbi mbibili balazama munyanza. 14 Na mbadya balisha ingulumbe mbaliluche ni kutanga italifa ichamboneche mumji ni mwisi niho ambantu mbeshi bava ,bagenda kulemba ichatokeye. 15 Niho mbaje kwa Yesu na mbabona umuntu yapagawe ni pepo alifishe ijeshi yikae hasi kwabikwa afishe umbwenge mbukomeye nambo mbalatinye. 16 Badya mbambonye ichamboneche kumuntu ayaoagawe ni pepo mbalambabwiye ichotokeye kwiwe niku vyelekeye ingulumbe. 17 Nambo mbabajije kumwigiga mbagende mumukowa wambo. 18 Hoya malijila mubwato umuntu yaliyapagawe na mapepo yalamigize agende na wene. 19 Aliko ntiyamulekule, Aliko yalamubwiye genda muhila kwawe ni mubantu mbawe, na umbabwile yalakukoleye umwami ni lehema yahawe. 20 Nuko alagenda na ambanza kutangaza imbintu mbikulu vyo Yesu yakoze kwiwe kubela Dekapoli, na kila yumwe yalatangawe. 21 Ni mumwanya Yesu avuche kadi muluhande lundi mubwato umbumati mbunini bwalakosayiche ni kumuzunguka, hoyalihofi yi nyanza. 22 Na yumwe wa mbatwale wa Sinagogi yitwa yailo yalaje na amubonye yalanguye mumagulu yiwe. 23 Alamufata chane na chane avuga, "mukobwa wange mutoyi agomba kupfa ndakwginga ingo umushileko amamboko yawe ejulu yiwe kugila go alonkei afa ni kumbaho. 24 Nuko yalagiye na wene numbumati mbunini bwala mukwilikiye nambo mbala mwegela hofi mbalamuzunguka. 25 Halu mugolagole amalaso yiwe yalavuye imyaka chumi nimbili. 26 Na yalateseche bikwiye hasi yu mutabibu mbeshi na yalakolesheje kila kintu choyalifishe ntivyo ntivyakoze chochosi aliko hanyuma yaho yangumwe amba nihali imbi. 27 Yaluvishije ihabali kuvyelekeye Yesu. Nuko yalaje inyuma yiwe mumnya yamala tabula mubumati nawe yalafashe impuzu yiwe. 28 Kubela yavuze, "Konda yafatako impuzu ziwe gusa chankila. 29 Amufasheho ava amalaso yalakize ni kwiyuva umubili wiwe yuko wakize ni kuva mumateso yiwe. 30 Na ghafla Yesu alangudula muliwe wene nyene yuko inguvu za muvuyemwo na yalahidu kiye ino ni no mubumati bwa bantu ni kubaza ninde yafashe impuzu yaje? 31 Abanafunzi mbiwe mbalamubwiye ulambona umbumati umbu mbulakwegeleye ni kukuzunguka nawe ulavuga ninde yafasheko? 32 Aliko Yesu yalalevye ino nino kulemba uwakoze ibi. 33 Umugolagole alamenya ichatokeye kwiwe yalatinye ni kutetemela alaza ni kugwa hasi imbele yiwe ni kumubwila ubukwe li mbose. 34 Avuga iwewe mukobwa ichizelo chawe kikoze ambe mzima genda kuchizelo ukile kuva mumbugwayi mbawe. 35 Hoya malavuga hanyuma ya bantu balaje kuva kumutwale wi sinagogi mbavuga mkabwa wawe yapfuye kubela iki mugendelela kumugola mwalimu? 36 Aliko Yesu yuvishije chambavuze yala mubwiye umtwale wa Singogi ntutinye wizele gusa. 37 Ntiyalekule wewese kugenda na wene atali Petro na Yakobo na Yohana, mwena wambo na Yakobo. 38 Balaje muhila kumutwale wa Sinagogi nawe yamboye ivulungu ni kulila kwishi ni kumboleza. 39 Yijinye muzu, yalababwiye kubela iki kituma mtela idulu kukubela uko? Umwana ntalapfe ila yadyamwe. 40 Balamulevye aliko wene alaba kuyeho haze yala mutwaye sewiwe umwana na mama na badya mbali hamwe na bene yijiye yali umwana. 41 Yalautoye ukumboko kumwana na alamubwila talita kumi yuko avuga mukobwa mutonya ndakubwila vyuka. 42 Gafla umwana alavyuka ni kutabula (kukubela yalifishe imyaka chumi ni mbili) na ghafula balafashwe nikushagala kunini. 43 Yalambabwiye kunguvu ntauliho wewese ashakigwa kumenya ivyelekeye imbi na yalambabwiye mbamuhe yudya mukobwa ivyokudya.