Sura 3

1 None kandi yalinjia yagati yikanisa na mudya hali umuntu afishe ukuboko kwa nyunyuche. 2 Haliho abantu bal bameze bamu kulikilana kuba hofu kuleba niko lamukiza kumusi wisabato kugila yuko batwale ulubanza. 3 Yesu yalababwiye umuntu afishe ukuboko kwa nyunyuche dyuka uhagalala hagati a bantu beshiabo. Non alabwila abantu, 4 "None bilakwiye kukola vyukola vyiza umusi wisabato chankwe kukola iita fisha ukuli kubona ubula vywi chankwe kwicha?" Aliko basigaye banumye. 5 Alabalekwishavu alababala kukokubela yukukomela kwiitima yao nala mubwila yudya muntu, "Golola ukuboko kwawe Alaugolola na Yesu alamukiza ukuboko kwiwe. 6 Abafalisayo bagenda na kandi balakola inganlo na hamwe na mahelode hanyuma yiwe kugila bamwiche. 7 None Yesu hamwe na bigishwa biwe balagiye munyanza na ubumati bunini bwa bantu bwala bakulikila kuva Igalilaya na uyahudi. 8 Nukuva Yerusalemu nukuva idumaya ni mbele yayolodani numubanyi wa Tilo na sinochi, ubumati bunini amaze kumva bulumuntu alichene bakoze baje iwiwe. 9 Na yalaba bwiye abigishwa biwe kutegula ubwato butoyi nonkubela wene nokubela yokwegelana kugila yuko ntibaze bakamwegelana kugila yuko ntibaze baka mwegela. 10 No kubela bakijije beshi kugila bulumuntu yalifishe nukubabala yalifishe nukushaka yokugelako kugila amukoleko. 11 Hohose mpemu mubi bamaze kumubona balaguye hasi imbele yiwe nukulila nabala vuze wewe ulumwana wimana. 12 Yalabamulishije kubahamiliza ntibakole amenyekane. 13 Yalagiye hejulu yumusozi alabahamagala boye shache balagenda iwiwe. 14 Alachagula chumina babili(Yabishe intumwa) kugila yuko babe hamwe na wene ashobole kubatua kuvuga ubutumwa. 15 Nukuba nubushobola yokukulaho impemubii. 16 Alabatolana chumi na babili Simoni yamuhaye izidyo mwa Petro. 17 Yakobo Umwana womwa Zebedao na Yohana mugenziwe Yakobo, yahawe izina dya Bonegesi aboni abana ba ngurumo. 18 No Andelea, Filipo, Batolomayo, Matayo, Tomaso, Yakobo umwana wa Alfayo Thadayo Simoni Ankana nayo. 19 Na Yuda Iskariote aliwe yamwase. 20 None yalagiye muhila numugwi gwa bantu baza hamwe kandi, kandi ntiba shobole kudya kandi nimikate. 21 Ulugo gwiwe balibu mvishije inkulu nkizu balagiye kumufata none balavuze yagululuchwe nubwege. 22 Abandichi hobaza kuva Yerusalemu balavuze, "Yapazwe na Beelzebuli "nu" mugazwa wimpwemu bii akula impemu bii. 23 Yesu yala bahamagaye kwiwe nukuvuganabo kungelelavyo, "Nkukuntu nyabaki umasi yoshobola kumukula ho umwasi? 24 Hali ubwami bugabanyije gobanyije bwene nyene, ubwami ubwo ntibu shobola kuhagalala. 25 Nkiko izuigaba nyishi yene nyene inzu iyo itashobola kuhagalala. Nkiko izuigaba nyishi yene nyene inzu iyo itashobola kuhagalala. 26 Nku mwasi aludyuka nkiko bitaye nyene wenyene nukubigabanya ntashobola kuhagalala na aloba meze ashiche impela yiwe. 27 Aliko ntayuliho kandi numwe ashobola kwinjila hagati inzu yumuntu afishe iguvu nikwiba ibintu vyiwe atakumwugala winkomezi chambele no kandi kwegela nya ibilimo muhila. 28 Ukuli ndababwila ivyaha vyose vyabana babantu bilo hali gwa hamwe nukuvuga nabi alibo bavuga. 29 Aliko wewese ulomuganabi mpwemu Yyela ntalohaligwa nyene afishe ivyaha vyimisi yose. 30 Yesu yalavuze lino nokubela bali bavuga abishe mpwemu mubi. 31 Kandi nyin wiwe na mugezi wiwe balaje bahagalola hanze. Batuma umuntu kumuhamagala. 32 Na bantu beshi balibichaye hofi nawe balamubwila, "Nyina wiwe numugenzi wiwe bali hanze nobala kulondela wewe. 33 Alababwila niche nyina wiwe nabagenzi biwe? 34 Alabalevye habali bichaye bahagali kiwe nukuvuga "Leba aba ni maha wanje na bagenzi banje. 35 Wewese akola vyishaka Imana umuntu numugenziwa nje a mushikanje na yina wiwe.