Sura 5

1 Inyema yaho hali umusi mukulu wa bayahudi, Yesu yahuliye Yerusalemu. 2 Hiyo Yerusalemu hali ilembo dyi ntama dyali dyitwa nululimi gwi kiebrania Bethizatha, nazo dyali bifise amabalaza atamu. 3 Ikilahulo kinini chabagwaye halimwo impumyi abachumbagila, abanyunyutse bali badyamye mulayo mabalaza, "Balindiliye amazi yuko azikuluka" Mukuli ikihe Runaka malaika yalulutsekubwumwami acha azilula amazi. 4 Kulivyo udya aliwe yali uwambee yunjiye mumazi inyuma yamazi atalazi kuluka yagizwe muzima kuvana na kidyo chochose chali chamufashe mulicho kihe. 5 Umutwe umwe yaligwaye kikihe chi myaka milongitatu nine yali munzu yayo mabalaza. 6 Yesu abonye adyamye mwayo mabalaza amaze kumenya yuko adyamye aho kumwanya munini Yesu yalababwiye, "Mbe ushaka kuba muzima? 7 Wanugwayi alamwishula, "Mwami simfise ikintu, uwansize mukidengeli ikihe amazi yaliko alazaluka mukihe magelageza kwinjila uyundi muntu aliko alandaba. 8 Yesu alababwila, "Haguluka utwale igodo dyawe ugende." 9 Ubwonyene wamuntu agwaye acha alakila acha atwala ubulili bwiwe alagenda kuwomusi hali kumusi wisabato. 10 Kulivyo abayahudi balamubwila udya muntu yakijejwe, "Uyumusi mumusi wisabato, Ntibile kuliwe kwilemeka igodolo dyawe. 11 Alishula udya yankiyije niwe yambwiye, "Twala igodolo dyawe ugende. 12 Balambaza ninde yakubwiye, "Twala igodolo dyawe ugende?" 13 Naho udya yakijijwe atamumenye kuko yaliyamaze kugenda mwibanga kuko hali abantu beshi mulicho kiche. 14 Hanyuma yaho Yesu yamusanze udya muntu nulusengelo alambwila, "Laba wakize! "Ntuzosubile kukukola ichaha kandi ntuloze ufatwe ni jambo libi chane." 15 Wamuntu alagenda ataba menyesha Abayahudi yuko Yesu aliwe yankijije. 16 Kulivyo kukubela ayo majambo abayahudi bala mubabaje Yesu kukubela yakoze ayo majambo kumusi wisabato. 17 Yesu alababwila, "Daha wanje alakola akazi kugeza nubu nanje ndakola akazi. 18 Kukubela uko abayahudi babadanije kumukulikila kugila bamwiche sukubela gusa kulenga Isabato ahubwo kukumwita Imana sewiwe, yigila kuba nkimana. 19 Yesu alabishula nimwizele nimwizele umwana ntashobola kukola ichochosebuletse kidya alicho yabonye sewiwe akola kuko chochose sewiwe akola nicho numwa na akola. 20 Kuko Dala akunda umwana, kandi amweleke kila kintu chakola no kumweleka amajambo makuhu atalaya kugila ngomulenze kutangala. 21 Kuko nkakudya uko daha azula abapyuye no kubaha ubuzima, ni nkuko numa na amuha uwowese akunda. 22 Kuko Daha ahana uwowese, nukuvuga alamba umwana ulubanza gose. 23 Kugila ngo bose bamwubuke umwana nkakudya umwana yubaha sewiwe udya ntubaha umwana ntiyubaha se yamutumye. 24 Nimwizele, nimwizele udya yumva ijambo dyanje nukwemela udya yantumye alafise ubuzima budahela kandi ntazochibwa ulubanza inyuma yaho, achiye kuva mulupfu no kwinjila mubuzima. 25 Nimwemele, nimwemele ndababwila ikihe kilaje nubu haliho abapfuye bazokumva ijwi dyumwana wimana bose bazo kumva bazobaho. 26 Kuko nka kudya daha afise ubuzima muliwe nyene. 27 Niko yahaye umwana kuba mbuzi ma muliwe, na Daha yahaye umwana ubutwale kugilango ache ulubanza kuko numwana wa Adamu. 28 Ntinutangazwe nili, kuko ikihe aho abapfuye balumumva bazo kumva ijwi dyiwe. 29 Nabo bazoja hanze, kubakoze neza kukuzuka baja mubuzima, abakoze bibi kukuzuka bachibwa ulubanza. 30 Sinshobola kukola ikitu chochose kuva kuli jewe nyene. Nkuko mumva inko na halubanza mulubanza gwanje nugwukuli kuko sindondela ulukundo gwanje ahubwo nulukundo gudya yantumye. 31 Nimba nishuhudie jewe nyene, ubushuhuda bwanje ntibo baye bwukuli. 32 Haliho nyundi yishuhudia kukubela jewe kandi menya akuli kubushuhuda bwashuhudia mubwukuli. 33 Mwatumwe kwa Yohana, nawe yushuhudie ukuli. 34 Naho aluko ubushulu na kila ntibuva kumuntu ndavuga aya kugila mushobole kukizwa. 35 Yohana yali itala dyaka likaba libonesha Musa witeguye kulinezelegwa kumwanya muto umucho waho. 36 Ubushuhuda mfise ni bunini kusumba budya bwa Yohana kukazi zo daha yampaye kuzuzuza, izokazi nkola zemeza ko daha yantumye. 37 Daha yantumye wene nyene ashuhudia kukubela jewe. Ntimuligela mwamumva ijwe dyiwe chabule kubona indemo yiwe ikihe chochose. 38 Ntimufise ijambo dyiwe dyichaye muli mwebwe kuko n timumwemela wene yantumye. 39 Mwachaguye ivyandichwe mugila mulivyo halimwo ubuzima budahe kandi ivyo vyandichwe vyemeza inkulu zanje. 40 Ntimushaka kuza iwanje kugila mulonke ubuzima budahela. 41 Si nshaka kushimwa na bantu. 42 Aliko ndazi yumutafise ulukundo gwimana muli mwebwe nyene. 43 Na menye kwizina ddya Daha wanje ntimushobola kunyakila. Nkuyundi aje kwizina dyiwe mwomwakiliye. 44 Mbe mwoshobola kule kwemela mwebwe abo mwakiliye kushimwa kuvakwa kila umwe wanyu aliko ntimulondela kushimwa kuvuye kumana yikinege? 45 Ntimugile jewe ndobashitaka imbeleza daha ubashitaka mwebwe ni Musa ali mwebwe mwashize hukwizela kwanyu. 46 Nimba mwobaye mwemela Musa, mwokemwa ye nanje kukubela yanditse kuvyekeye inkulu zanje. 47 Nimba mutemela ivyanditse vyiwe muzoshobola kute kwemela amajambo yanje.