Sura 4

1 Yesu amaze kumenya yuko Abafarisayo bumvishe yuko Yesu afishe abigishwa no kubatiza kulusha Yohana. 2 (Aliko Yesu wene nyene siwe yabatiza ahubwo habatiza abanafunzi biwe.) 3 Yavuye yudeya agenda Galilaya. 4 Kubela vyalibikwiye kuhilila Samaria. 5 Asohola kumuji wa Samaria, witwa sikari hofi ni eneo Yakobo yahaye umwana wiwe Yusufu. 6 Kandi ngaho hali ilibadya Yakobo. Yesu yali yalushe kubela ulugendo yikala hofi nidyo liba hali mukihe chumutaga. 7 Umugole wu musamaria aza kuvoma amazi, na Yesu alamubwila, "Immpa amazi inywe." 8 Kubela abanafunzi biwe bali bagiye mumuji kugula ivyokudya. 9 Yudya mugole alamubwila, "Bigenze kute wewe umuyahudi, kunsemga jewe umugole ndu musamaria, ikintu cho kunywa?" Kubela abayahudi balanenana na Basamaria. 10 Yesu alamwishula, "Yuba wa lumenya ingabile yimana nudya akubwila. Mpamazi womuseze, yokuhaye amazi yubu zima. 11 Uyo mugole alishula, "Mwami nta ndobo yokuvomesha iliba nadyo nililelile. Uyalonkahe amazi yubuzima? 12 Mbewewe uli mukulu kusumba Daha Yakobo, yatuhaye ili liba na wene nyene na banab biwe nibitugwa vyiwe banywa amazi yili liba?" 13 Yesu alishula, "Wewese anywa aya mazi alalonka inyota kandi. 14 Aliko yudya azonywa mazi ndomuha ntazolonka inyota kandi. Ahubwo amazi ndomuuha galoba ubusota bwibuluka amazi ibihe bita hela. 15 Yudya mugole alamubwila, "Mwami, ndaya seze ayomazi kugila sindobe ninyota kandi sindogogwe kuzahano kuvoma amazi." 16 Yesu alamubwila, "Genda uhamagile umugabo wawe, hanyuma ugaluke." 17 Uyo mugole alamubwila, "Simfishe umugabo." Yesu alishula, "Uvuze neza, simfishe umugabo; 18 Kubela ufishe abagabo batanu nuyo yumwe ufishe ubusiwo kwawe. Kulili uvuze ubukweli!" 19 Uyo mugole alamubwila, "Mwami ndabona wewe ulumuvugishwa. 20 Badaha asengela mulugu musozi. Aliko mwebwe muvuga Yerusalemu niho hantu hashakigwa abantu kusengela. 21 Yesu alishula, "Wamugo9le nunyizere ikihe kilaje aho muta losenga Daha muliguno musozi au Yerusalemu. 22 Mwebwe abantu musenga cho muta menya aliko twebwe tusenga chotumenya, kubela akakiza kava kubayahudi." 23 Kulivyo, ikihe kilaje nubu kilasohoye, ikihe abasenga balosenga Daha muli mutima no mubukweli, kubeli Daha alonda abantu bameze kutyo babe biwe nabo bamusenge. 24 Imana numutima, nabadya bayisenga bashakigwa kuyisenga kumutima no mubukweli." 25 Uyo mugole alamubwila, "Ndamenya yuko mesiya alimwo alaza, (Yitwa Klisto) Uyo niyaza azotubwila vyose." 26 Yesu alamubwila, "Jewe uvugana nange ndiwe." 27 Mulugo mwanya yene abanafunzi biwe balagaluka. Nabobalatangala ni kubeliki yalimwo aganila numugole, aliko ntawagejeje kumubaza, "Ushaka iki?" au kubela iki uganila nawe?" 28 Kulidyo uyo mugole asiga ugweso gwiwe agenda mumuji abwila abantu. 29 Nimuze ulabe umuntu yambiye ibintu vyange vyose ndakoze, mbe bilashoka akaba aliwe Klisto?" 30 Bava mumuji baza kwiwe. 31 Mukihe chumutaga abanafunzi biwe balamusavye bavuga, "Mwali dya ivyokudya." 32 Aliko wene yababwiye, "Jewe ndafishe ivyokudya mutamenya mwebwe." 33 Abanafunzi balabazanye, ntawa muzaniye ikintu chochose kudya, "Mbe bazanye?" 34 Yesu alababwila, "Ivyokudya vyange ni kukiola ubushake bwiwe watumye kusohoza ikazi yiwe. 35 Mbe ntimuvuga hasigaye amezi atanu isoloma likagela? Nababwila nimulabe amashamba ingene gageze kusolomwa! 36 Usoloma yakila ingelo no kwegelanya amatunda kubela ubuzima buta hela, kugila ngo yudya atela nudya asoloma banezelegwe hamwe. 37 Kubela iyimvugo aliyukuli yumwe alatela uyundi alasoloma. 38 Nabatumye kusoloma chomutaluhiye abandi balakoze ikazi namwe mulingiye mumunezelo wikazi yabo. 39 Abasamaria benshi muluyo muji balamwizeye kubela itarifa yudya mugole yalimwo alashuhudia, "Uwambi bintu vyose ndakoze." 40 Abasamaria bamaze kuza balamusavye yikale hamwe na bene nawe yikala kwabo imisi zibili. 41 Benki chane balamwizeye kubela ijambo dyiwe. 42 Balamubwila yudya mugole, "Tulizeye sikuma jambo yawe kusa, kubela twebwe nyene twumvishe, ubu tulamenye yuko alukuli wene numukiza wisi." 43 Hanyuma yiyo misi ibili, yalanduluche atelaja Galilaya. 44 Kubela wene nyene yali yatangaje yuko umuvugishwa ntafishe ichubahilo mukihugu chiwe. 45 Hoyaza kuva Galilaya aba Galilaya balamukalibishije, bali babonye ibintu vyose yakoze Yerusalemu kumusi mukulu, kubela na bene kandi bali bahuzuliye kumusi mukulu. 46 Yalaje kandi kana ya Galilaya hiyo hoyahinduye amazi kuba idivai hali umukulu umwana wiwe yaligwaye hiyo kapernaumu. 47 Yumvishe yuko Yesu yavuye yudya agenda Galilaya yalagiye kwa Yesu alamusaba agolomoka amukize umwana wiwe, yalihofi kufpa. 48 Niho Yesu yamubwila, "Mwebwe mutabonye ikimenyecho nibitangaza ntimushobola kwizera. 49 Uyo mulongozi alavuga, "Mwami ululuka hasi umwana wange atalapfa." 50 Yesu alamubwila, "Genda umwana wawe ni muzima," Yudya muntu alizera ijambo dyoyavuze Yesu alagenda. 51 Agolomoche abakozi biwe balamusanganila balamubwila umwana wawe ni muzima. 52 Alababaza yalonse kamitende kuva dyali balamwishula, nyijoro mukihe chisaha mushanjo ihoma niho yakila." 53 Niho sewiwe yamenya yuko alimuli gudya mwanya Yesu yavuga, "Umwana wawe ni muzima." Wene numudyango wiwe bacha balizera. 54 Ikichali ikimenyecho cha kabili yakoze Yesu avuye yudeya shiche Galilaya.