Sura 3

1 Halu mafarisayo izina dyiwe Nikodemo, yalumwe wo mubajumbe bibalaza dya bayahudi. 2 Uyu muntu yagiye kwa Yesu mwijoro alamubwira, "mwalimu tulazi yuko ulimwalimu yavuye kumana, kubela nta muntu yashobola kukola ibimenyecho nkiyo vyose imana itali kumwe nawe. 3 Yesu alamwishula, "nikweli, nikweli, Umuntu ntashubola kwingila mubwami bwi mana atavuche ubwa kabili. 4 Nikodemo alavuga, "Umuntu yoshobolakute kuvuka alumuzehe?ntashobola kwingira munda ya nyina bwa kabili avuke, mbe yeshobola? 5 Yesu alishula, "Ni kweli, ni kweli umuntu atavuche kumazi no kuli mutima, ntashobola kwingila mubwami bwi Mana. 6 Chavuche kumubili numubili, nicha vuche kuli mutima numutima. 7 Ntutangale ubela na kubwiye, ni lazima kuvyagwa bwa kabili. 8 Ubuyaha buhuha butwala hohose hobushaka ni sauti yabwo ulayumva, aliko ntimumenya yobuva niyo buja. Niko bimeze ihali ya kila wavyawe na mutima. 9 Nikodemu alishula, kukuvuga, "Ibibintu vyoshoboka kute?" 10 Yesu alishula, "Wewe ulumwalimu wa Bisraeli, ntaniko umenya ibi bintu? 11 Mkweli ni kweli ndakubwila kidya chotumenya tulakishuhudia kidya chotwabonye. Aliko ntimwemela ubushuhuda bwachu. 12 Nimba ndababwila ibintu vyaha kuli yisi ntimwele, muloshobola kute kwemela nimababwila ibintu vyo mwijuru? 13 Kubela nta wuliye hejuru yavuye mwijuru atali udya yululuche umwana wu muntu. 14 Nkakudya Musa yamaniche inzoka mubugalagwa, kutyo nyene umwana wumuntu nilazima amanikwe. 15 Kugila bose abazomwizera balonke ubuzima buta hela. 16 Kubela uku Imana yakunze bali mwisi nicho chatumye itanga umwana wayo wulunege, kugila umtu wewese amwizera ntazofpe ahubwo abe nubuzima buta hela. 17 Kubela Imana ntiyatumye umwana wayo kwisi kugila achieulu banza isi, ahubwo bo mwisi bakile muli wene. 18 Umwizera wene ntazo chiligwa ulubanza kubela ntalizera izina dyumva na wulunge wi Mana. 19 Ikinicho kituma ulubanza, yuko umucho waje mwisi aliko abana babantu bakunda umwijima kusuvya umucho kubela ibikogwa vyabo vyali bibi. 20 Kila muntu akola bibi yanka umucho kandi ntaza kumucha kugila ibikogwa vyiwe ntibishigwe habona. 21 Aliko udya akola vyaukweli aza mumucho kugila ibikogwa vyiwe bibonekane yuko biseluche vyakolewe kumana. 22 Hanyuma yibi, Yesu nabanafunzi biwe bagiye mukihugu cha Yudea. Hiyo yamaze yumwanya hamwe nabo ababatiza. 23 Uwo mwaya Yohana kandi yalimwo alabatiza hiyo Ainea hofi na Salim kubela halamazi menshi hadya. Abantu balaza kuliwe aka babatiza. 24 Kubela Yohana ntiyali bwatabwe mwifungilo. 25 Hanyuma haba kuhalila abanafunzi ba Yohana nu Muyahudi kuvyi misi mikulu yo kwihumanula. 26 Bagenda kwa Yohana bala mubwila, "Mwalimu udya mvali kumwe hakudya yumwanga Yorodani, udya yashuhudie ihabari bziwe, laba alabatiza bose bagenda bamukulikila. " 27 Yohana alishula umuntu ntashoboka kwa kila ikintu chochose ataluko akihawe kuva mwijuru. 28 Mwebwe nyene mulashuhudia nalavuze yuko, "Jewe sindi Klisto ahubwo na vuze, natumwe imbele yiwe. 29 Udya afishe umwenga numukwe, Umugenzi wumukwe, ahagalala no kumwumviliza alanezegwa gwange gusohoye. 30 Ashakigwa kukuzwa nange nshakigwa kuba muto. 31 Wuva hejuru ali hejuru yavyose. Udya wo mwisi ava kwisi kandi avuga ibintu vyomwisi. Udya ava mwijuru ali hejuru ya vyose. 32 Wene ashuhudia bidya vyoyabonye no kuvyumva, aliko ntawemela ubushuhuda bwiwe. 33 Udya yameye ubushuhuda bwiwe yemeje yuko Imana alukuli. 34 Kubela wene uwatumweni Mana aganila amajambo yi Mana kubela ntatanga mutima kukipimo. 35 Daha akunda umwana yalamuhaye ibintu vyose mumaboko yiwe. 36 Wizera umwana alafishe ubuziman butahela, aliko kudya atubaha umwana ntazobubona ubuzima, auhubwo ishavu dyimana lilafatanye hejuru yiwe.