Sura 6

1 Hanyuma yivyo Yesu agenda hakudya yi kiyaga chi Galilaya, kandi chitwa Tiberia. 2 Ishengero dyishi riramukurikira kuko ribonye ikimenyecho akora kubagwaye. 3 Yesu aduga umusozi yicharanayo nabigishwa biwe. 4 (Kandi Ipasaka, imisi mikuru ya Abayuda yali hafi) 5 Yesu yumamuye amaso, abona ishengero dhishi riza kuriwe abaza Filipo, "Tugenda hehe kugura imikate kugira aba bashobore kudya? 6 Aliko Yesu yavuze aya kuri Filipo kukumugeza kuko wene yarazi ichoazokora) 7 Filipo aramwishura, "Ni mikate yakachiro ki denariyo amajana abili ntiyobakwira naho umuntu wese yohabwa katoya." 8 Andereya, yumwe mubigishwa biwe mwenewabo na Simoni Petro aramubwira. 9 Yesu, "Hari umuhungu yumwe ngaha arafishe imikate zitanu ni samaki zibili aliko izi zimaze iki mubantu bingaho?" 10 Yesu arababwira, "Ati bicharike abantu hasi." (Kandi aho hantu hari ivyachi vyishi) Nukwa abagabo bagera ibihumbi bitanu barichara hasi. 11 Hanyuma Yesu atora ya mikate itanu arayihe zagira arabagabira badya baribichaye, ku nyene abagabira samaki rikakudya bashaka. 12 Abantu bamaze kuhaya, ababwira abigishwa biwe, "Nimwegeranye ibimanyagu vyasigaye ivyasigaye kugira ntihazimire ichochose. 13 Barabitororokanya buzuza ibisimbo chumiria bibili vyibimanyu bitanu vyaya mikate yisayiri- ibimanyu vyasigawe na badya bariye. 14 Hanyuma abantu babonye icho kinyecho yakoze baravuga, "Kweli uyu niwe muvugishwa yaje mwisi." 15 Yesu amenye yuko bagira baze kumufata kugira bamugire umwami wabo, asubira kumusozi ari wenyene gusa. 16 Hageze kumugoroba abigishwa biwe bamanuka kukiyaga. 17 Burira mubwata bajabuka baja hakudya yikiyaga baja kapelenaumu. (Umwiza wali wamaze kuza Yesu ntiyari bwaze iwabo.) 18 Muruwo mwanya umuyaga mwinshi urahuhuta ikiyaga kiguma chononekara. 19 Kundi abigishwa biwe bari bamaze kusoza nkastadiyo mirongibiri na zitanu chanke mirongitatu, babona Yesu aliko agendela hejuru yi kiyaga yegereye ubwato, baratinya. 20 Aliko arababwi, "Ni jewe! Ntimutinye." 21 Kandi bakunze kumushira mubwato buno nyene ubwato bucha bushika imusozi aho baja. 22 Kumusi ukurikira ishengero dyari rihagaze hakudya yikiyaga bubona yoko atabundi bwato ataribudya Yesu nabigishwa biwe batariburire aliko abigishwa biwe nibo bali bijanye. 23 (Mugabo haramato ajabuga ava Tiberiya hafi ya hantu bariye imikate ihezagiwe nu mwami Yesu. 24 Nuko idyo shengero rimaze kumenya katali Yesu chanke abigishwa biwe nabo ariko, bene nyene burira muri ya mato bagenda kaperinaumu bamurondera Yesu. 25 Bamubonye hakudya yikiyaga bara mubaza "Bati mwigisha waje ino dyari?" 26 Yesu arabishura, arababwira izere izere murondera jewe, sikubela mwabonye ibimenyecho ni kubela mwariye imikate ni kuhaga. 27 Ntimokorere ivyokudya biyoka, aliko mukorere ivyokudya bihoraho ibihe bitashira bidya umwana wu muntu azobaha, kuko Imana daha yasizeho imenyecho hejuru yiwe." 28 Baramubwira, "Tugire tute ngo tukore ibikogwa vyi Mana?" 29 Yesu arishura, "Ikinicho kikogwa chi Mana ngo mumwizere wene woyatumye." 30 Nuko baramubwira, "Nibimenyecho ivyahe azokora ngo tushobora kubibona ni kukwizera? Uzokora iki? 31 Basogokuruza bacu burira manu mubugaragwa, nkuko vyandichwe, "Yabayahe imikate kuva mwijuru kugira badye." 32 Hanyuma Yesu arabishura, "izere, izere si Musa yabahaye umukate kuva mwijuru , daha niwe abaha umukate wubukweli kuva mwijuru. 34 Kuko umukate wimana arumanuka uva mwijuru ugaha abari mwisi ubugingo. 33 Baramubwira, "Mwami turonkere imisi yose uyu mukate." 35 Yesu arababwira, "Jewe nije mukate wubugingo, wene kwanje ntazoronka inzara nawe unyizera ntazokumva inyota na rimwe. 36 Aliko narababwiye yuko, mbwombonye muraheza ntimizera. 37 Bose bo Daha ampa baroza kwanje sinomuhindira hanze na katoya. 38 Kuko nakuwe mwijuru, sikubera kukora ivyoni gombera nazanywe kukora ivyo uwantumye agomba. 39 Na ahaya niyo agomba uwatumye, ngo sinzota kaze numwe muribadya yampaye, ariko ngonze ndabazure kumusi wiherezo. 40 Kuko aya ariyo Daha agomba, ngo wewese araba umwana ni kumwizera aronke nubugingo butashira, nanje nzomukurikira kumusi wiherezo. 41 Hanyuma abayuda baramwidodo mbera kuko yavuze, "Jewe numukate wamanuche uva mwijuru." 42 Wavuga, "uyu si Yesu umwana wa Yusuphu, wose wiwe na nyina wiwe tumenya? Bibaye gute ubu kuvuga, "Nimanuche mva mwijuru. 43 Yesu arishura arababwira, "Ntimwidodombe muri mwebwe nyene. 44 Nta muntu aza kwanje atakwezwe na Daha wanje yantunye , nanje yuntumye, nzomukurikira kumusi herezo. 45 Kuko vyandichwe mubavugishwa, "Bazokwigishwa ni Mana. Buri wumvishije ni yiyigishe kuva kwa Daha, aja kwanje. 46 Si kugira ngohari uwabonye Daha, atari uwavuye ku Mana uwo niwe yabonye Daha. 47 Izere izere wene uwizera afishe ubugingo butahera. 48 Jewe ndu mukate wubugingo. 49 Basokuruza banyu barira manu mubugaragwa na barapfa. 50 Uyu niwo mukate umanuka uva mwijuru, kugira umuntu andye ntapfe. 51 Jewe ndu mukate ubaho wamanuchu kuva mwijuru. Nihagira udya kuru uyu mukate azobaho ibihe bitashira. Umukate nzotanga numubili wanje kukubela ubugingo bwisi." 52 Abayuda barashavura bene kuri bene na batangura kuharira bavuga, "Bati uyu muntu shobora gute kutuha umubili wewe twudye?" 53 Hanyuma Yesu arababwira, "Mwizere mwizere, mutariye umubili wu mwana wumuntu ni kunywa amaraso yiwe, nimuzogira ubugingo muri mwebwe." 54 Uwo wese adya umubili wanje ni kunywa amaraso yanje afishe ubugingo butashira, nanje nzomukurikira kumusi wiherezo. 55 Kuko umubili wanje avyokudya vyubukweli, na maraso yanje nivyo kunywa vyubukweli. 56 Uwo adya umubiri wanje ni kunywa amaraso yanje yikara muri jewe nanje muriwe. 57 Nkuko Daha wubugingo yantumye, niko mbaho kukubera Daha, nawe kandi abaho kubera jewe. 58 Uyu niwo mukate wamanuche kuva mwijuru, sinka kudya basokuru badya bakapfa wene adya uyu mutima azobaho ibihe bitashira. 59 Yesu yavuze ayo mwisinagogi hoyarimo arigisha hiyo kaperinaumu. 60 Niho benshi mubigishwa biwe bumvishije aya baravuga bat idyo jambo riragoye ninde yoshobora kudyakira? 61 Yesu kubela yarazi yuko abigishwa biwe bari bidodombera ivyo, arababaza mbega ivyo barabachitaye? 62 None bizomera bite nimwabona umwana wumuntu amanuche kuva iyo yahora ubwa mbele? 63 Ni mwemu niwe atanga ubugingo umubiri ntacho umaze ikintu chochose, majambo navuze iwanyu ni mwemu nubuzima. 64 Aliko hali abantu muri mwebwe batizera, kubera Yesu yamenye kuva ubwambele yadya atashobora kwizera na yudya azomugura. 65 Arababwira ni kubela nababwiye yuko nta muntu ashobora kuza kwanje aliko yahawe na Daha." 66 Hanyuma yayo abigishwa biwe benshi basubira inyuma nibasubiye kujana nawe kandi. 67 Yesu abwira bamwe chumi na babili, "Mbega namwe muragomba kwigira? 68 Simioni petro aramwishura, "Mwami tugende kwande kandi wewe ufishe amajambo yubugingo butashira. 69 Na twizera ni kumenya yuko wewe uri uwera wi Mana." 70 Yesu arababwira, "Mbega jewe sinabatoye mwebwe, na umwe muri mwebwe ni umugwa nizi. 71 Yariko avuga yuda umwa wa Simioni Iskariote kuko ariwe yagira yumwe murichumi na babili, yagira amugure Yesu.