Sura 14

1 Ntulekule umutima wawe kuba kubela ingolane wizela Imana nange nimunyizele kandi. 2 Kubela muhila mwababa halinzu nyishi za kubamo yo hataba ndudyo ndali kuabwila kubela kandi ndalikunge kubalondelela hanyuma kubela mwenge. 3 Kandi kangiye kubatengulila ahanu kandi ndoza kuba jana iwange. Kungilango ahondi kandi namwe mubeho. 4 Mulamenya inzila ichamo. 5 Tomesa alamubwila Yesu mwami ntitumenya ahanu ungenda none twoshobola kumenya inzila? 6 Yesu alamubwila jewe nije ndinzila yukulimbuzima ntaushobola kumenya kwa baba wange kandi atachiye kwange. 7 Iyo muba mwala menya jewe mwalikumumenya na baba wange kandi kuhela ubu nokungendela mulamuzi kandi muba mwamuboye wene. 8 Filipo alamubwila Yesu mwami tweleke baba na ngunto biloba bimaze. 9 Yesu alamubwila jewe na banye namwe imisi imyishi nubu ntimulamenye jewe. Filipo udyawese yambonye jewe yabonye nababa nukubeliki uvunga tweleke baba? 10 Numunzela yuko jewe kandi muliwe baba na baba ali muli jewe hanyuma yaho ni baba aba muli jewe akola ibikongwa vyiwe. 11 Nimwemele jewe yuko ndimuliwe baba alimulinjewe chabule mupfe kwemela jewe kubela yuko akanzi kange kora. 12 Kweli kweli ndababwila wene yemela jewe ibikongwa nkola alokala ibikongwa nawe alokola kandi ibikongwa bibishumba kubela ndangiye kwababa. 13 Kandi chomulosaba kubela mwizina dyange ndokora kungilango baba kungilango ashimwe numwana. 14 Nimba nimwasaba ikinu chochose kubela izina dyange icho ndongikola. 15 Nimwakunda mulofata amabwiliza yange. 16 Ndosenga baba nawe alobaha umufasha uwundi kungilango ashobole kuba hamwe namwe ibihe vyose. 17 Niwe mpwemu yukulu. Isi ntiyoshobola kumwakila wene. Kubela yuko itamubona chankwe ntimumumenya wene mwenge mulamumenya wene kubela yuko yikala hamwe namwe kandi aloba mulimwenge. 18 Sindobasinga mwenge mwenka ndongaluka iwanyu. 19 Hasingaye umwanya mutoi isi ntiloba ikimbona. Kandi mungabo mwenge mulambona kukubela mbana namwe namwe mulobaho kandi. 20 Kubela umusi uwo mulomenya yuko jewe yuko ndimulibaba kandi mwenge mulijewe kandi jewe ndimulimwenge. 21 Udya wese afata amabwiliza yange no kujakola niwe umwe ankunda jewe nudya akunda jewe alakundwa na baba wange ndamukunda ndo kwiyelekana jewe nyene iwiwe. 22 Yunda (siyo isikaliota) alamubwila Yesu mwami nikiki kilaba yuko ulokwiyelekana wewe nyene iwachu kundi sikwisi. 23 Yesu alamusubiza alamubwila ni hangila unkunda azo fata ijambo dyange baba wange alamukunda kandi tuloza kwiwe kandi tulokola ukubana natwe hamwe nawe. 24 Udya wese atankunda jewe. Ntafata amajambo yange ijajambo mwimva sidyange baliko nidya baba aliko yantumve jewe. 25 Ivyo ndabibabwiye amajambo aya iwanyu mumwanya mbanye mulumwenge. 26 Aliko muhoze umutima mwelanda aliwe baba yatumve kwinzina dyange alobingisha ibintu vyose kadi alobangila mwibuke vyose ndavunze iwanyu. 27 Amaholo ndayubaha amaholon yange mwenge sindabaha nkuko bo mwisi batanga ntimubabale mumitima yanyu kuba na mahangaiko yokutinya. 28 Mwaluvishije bidya ndababiye ndangiye jewe mungabo zobangalukako niba mwoba mukunda jewe muba mufise umunezelo kukubela yuko ndangiye kwa baba kukubela yuko baba nimukulu kusumba jewe. 29 Nuko none nameze kubabwila bitalasohole kungilango yuko mumwanya bilaba mushobole kwemela. 30 Sino vungana namwe amajambo meshi kubela umwami wisi iyi alaje wene ntafise inguvu hejulu yange. 31 Mungabo mumenyeyuko isi ilonke kumenya yuko ndamukunda aba ndakola chobaba antuma jewe nkuko yampaye amabwiliza hanguluka uveho ahanu aha.