Sura 15

1 Jewe ndichamwa icho chukuli daha wanje numuli myii wivyamwa. 2 Bulisha myi hagati yiwe alidyo litavyala ivyamwa, na alikola ne buli shamyi ilita tavyala ivyamwa acha likulaho kigila yuko lishobole kuvyala kusumba. 3 Mwebwe bikwiye mwamaze kuba beza bo kubela vyabatumye alivyo ndamaze kubabwila. 4 Mwichale hagati yanje, nanje hagati yanyu, nkiko ishanyi litashobola kuvyala dyonka nyene bitali nkuko kubela umuzabibu, ibile ngeye namwe mutihaye hagati yanje. 5 Jeme ndichamwe, mwebwe mulamashamyi uguma hagayanje na jewe hagati yiwe, umuntu yuno alavyala ivyamwa vyishi, nokubela hatali jewe ntumushobola kukola jambo dyodyose. 6 None umuntu wewese ntalosigala hagati yanje alota gwa nkisha nukuma abantu balegenya ama shamyi nukutagwa kumulilo nukusha. 7 None nimwe gume hagati yanje no nkamajambo yanje biguma hagati yiwe, nimusenge dyodyose mshaka namwe mulokolegwa. 8 Kubela lino daha wanje yakujinjwe kubela muvyala ivyamwa vyishi na yuko nabigishwa biwe. 9 Nka daha wanje nikunduya nkunze jewe, nanje kandi ndabakunze mwebwe nimuguwe mulukundo gwanje. 10 None muchamufata ivyavuzwe vyanje, mulabwe mulukundo gwanje nkiko nali nafashe ivyakuzwe na daha wanje nukuguma mulukundo gwiwe. 11 Ndavuze amajambo ayo iwanyu kugila yuko umunezelo gwanje bibe hagati yanyu na kugila yuko umunezelo gwanyu bikolake nkiko bikwiye. 12 Lino nidyo itegeko dyanje, yuko mukundane mwebwe kulimwebwe nkiko ndalinda bakunze mwebwe. 13 Ntamuntu afishe ulukundo lukulu kusumba luno yuko atange ubulavywi bwiwe nkikubela mugenzi wiwe. 14 Mwebwe muliba nywanibanje namba mulokola bidya vyonda batuma. 15 Sindabita intumwa, no kubela intumwa ntimenya kidya akola umwami wiwe. Ndaha, magaye mwebwe banywani, no kubela ndabamenye sheje ibintu vyose alivyo ndumvishije kuva kwa daha. 16 Ntimwa ntola jewe aliko jewe ndalaba chaguye mwebwe. Nukuba shila mugende muvyale ivyamwa ni chamwa chanyi kilonke kwichala ili liliko guti kugila yuko chochose musenga kwa daha kwizina dyanje alobaheleza. 17 Ibintu ivyo ndabatumye, yuko mukundane bulumuntu na mugenziwe. 18 Nkuko isiyosi ilobanka umenye yuko wanyaseje we bitala bekubanka mwebwe. 19 Namba mwobaye bomwisi, isi yoba kunze nkibi wabo; Aliko no kubela mwebwe mtali abisi nakubela nabatola nyije kuva kubisi, nkubela idyo abisi ilabanka. 20 Nimwibuke ijambo alidyo ndaba bwiye, intumwa sumukulu kubumba umwami wiwe. Hobacha bambona ya jewe baloba tesa namwe kandi nkiko bafashe ijambo dyanje bafashe dyanyu kandi. 21 Bala bakolela ibintu ivyo vyose no kubela izina dyanje nokubela ntimumenya yudya yantumye. 22 None yontoje nukubabwila ndababwila ntibali bakoze ichaha aliko yuko ntiba fishe ukwanka kwichaha chabo. 23 Unyanka jewe yase daha kandi. 24 Bitalabe ntalakole imilimo muli bene alibo ntayu liho yumwe aliwe yaikoze bobaye batafishe ichaha; none lelo bakoze vyose bibili babonye na banyase jewe na daha wanje. 25 Lino lilaba kugila yuko ijambo likwile alidyo dyandichwe nukubela itegeko dyiwe . Banya nka jewe atabitumye. 26 Kumwanya uhumuliza aze kuza, aliwe ndo tuma iwanyu kuva kwa daha yuno niwe mpwemu wukuli aliwe ava kuwa Daha aloshingila ikishinga ntahe. 27 Mwebwe kandi ,mulashingila ikishingatahe nokubela mwali hamwe nanje kuva kale.