Igiche 9

1 Kuvyelekeye gushikamila abizeye ninyiza chane gewe ndabandikile. 2 Ndazi neza ukwituala kwanyu, koshimiye kubantu ba Makedonia, nababwiye ngo akaya yaliyishize neza kuzimana umukozi na Yesu mumwaka wose ibikogua vyiwe vyatumwe abandi balonka umwete wogukola. 3 None habatumwa banginzi banje kugilavyo kwibona kwanyu hejuvu yanyu nhguphe ubusa nagilango mwitepule nkuko navuza ngomube. 4 Ataluko umuntu wa Makedonia aje hamwe namwe apasanga nhmulilunganya mwolouke isoni sinompa chochosi chelekeye mwebwe kuko ubujasivi chane bulimwepwe. 5 Ubwo nabonye alivyiza kubasaba inze inanyu gukola imipango mwiza kubela izawadi zomwali mwavuze gutanga. 6 Yumkilo niki ngo umuntu yaleye bike azokwimbula bike na bulumuntu atelepila ashala kulonka imipisha azosalula imipisha. 7 Nabumuntu atanga nkuko fiyumviye mumutima kandi nalanpe kumubabalo chabula lazima kubala lmana ilankunda utanga kumunezelo. 8 lmana ilashobola kongeleza imigisha kubwanyu kupilango bulakanya, kubikopwa vyose, kupilango mulonke vyose, vyomwiphuza. kupilango mwongelezwa kunjiza vyomukola. 9 Mkuko vyanditse ngo yalatagapije: "Amelonko yiwe nokubuvana. mubutindi. Haki yiwe iliho ileka dyose." 10 Udya atanga imbuto kumutelegizi numugata ngobube ibidyo, azotanga nokongeleza imbuto zanyu azokangeleza vyomytela, mmmwimbulo yukuli kwanyu. 11 Muzokunga hazuwa kwabulingene kugilango mube bokugila neza iyo bizozana amashimwe kumana guchila kulimwebwe. 12 Sikugila ngogukola u milimo yomukole ngoikola kubizeye gusa, aliko ilongelea amashimwe kumana kubikopwa vyanyu mwakoze. 13 Kubela gupimwa kuhuyu nokwemejwa kubipogwa vyanyu, mulashimisha lmana kukubaha no kwemela kwanyu kubwa Yesu Kristo kandi mulaheza lmana kukugila nza kwingabile yanyu nokwabulumwe. 14 Balapombu balesenga kubwanyu bakola gucho kubela ubunu nimnya chane ilihejun yanyu. 15 Ameshimwe abe kumana kubikogwa vyiwe bitagila kobivugwa!