Igiche 10

1 Njewe Paulo njenyene nabasanye chiye bugufi kubwa Kristo. Njewechiye bugufi mwaka kunya imbele yanyu laliko ndiyemeje kuli mwebe niho ndi kule yanyu. 2 Ndababone mwembe mgile ndiku mwe namuve sishakigwa kuba na amani no kwiyemela njewe nyene. Aliko ntekeleza nkoshakigwa kuba na amani yo kwanka badya bagila, ngo tubayesho kubwuyu umubili. 3 Niho tugenda kubwu umubili ntitugwana ulugamba kubwuyu umubili. 4 Kuko Ibigwanisho inyofukolesha kugwana sunyu umubili. Kugwana myuma yaho zifile amani yi lmana yo gutibula ulugo, zikulaho ibiuugwa kubesha. Myuma yaho zifite amani yi lmana yo gutibula ulugo, zikulaho ibiuugwa kubesha. 5 Kandi tukulaho bula igifite amategeko kuluta ubushobozi bwi lmana ndutuma bua ibitekekelezo kumwela Kristo. 6 Tuzolofika ukwitegula no kulamula bula igendo itizehe mwuwanya tuzeye mukuli. 7 Nimulebe kidya kigalagala imbele yanyu nimba wewesi wewe aliwa Kristo yiyibutse wenyene nkuko ameze ni wa Kristo, niko twebe tuhieze guchu. 8 Niho nokwibona kubela amategeko yachu, yu Mwami yatanze kubeka twebe kutubaka twebe zo si kubonona sibona isoni. 9 Sishaka lino libonekane mengo ndabakanga mwebe kubarua zanje. 10 Kuko mli mwebe aabantu bahavuga, "Ibarua ziwe zilakaze zifite amani aliko mumubili wenyene atalutege, amajambo yiwe ntakwili kunvizawa." 11 Nuko abantu nkabo bamenye kuko kidya tuvuga,mwibaruwa tuli kule ni kimy na bidya twokola mugihe tulihadya. 12 Ntitugenda kule chane nku kwitunganya twebe changwa kugelelanya twebe na badya biuuga bonka. Aliko balimenya bonyene bula umwenya, kwata bwenge 13 Twebe, ntabwo, nituzokwibona kulenga itegeko kiletse yaho tuzokola gucho mwitegeko yi lmana yatuteguliye twebe, amategeko agela kule nka yanyu ameze. 14 Kuko, nituyongeleho twebe tubagezeho mwebe, twali abambele gusohola kule nka wanyu kubela ijambo dya Kristo. 15 Ntitwibonye kulenga amategeko kubela imilimo vabandi umwanya waho twize ya kumwizeto wanyu ukula kuko igihugu chashu chi imilimo kizokwagugwa chane kandi ni mumategeko yenejwe. 16 Tulizela kwili kugila tushobole kuvuga ubutumwa kugeza mubihugu kuluta mwebe. Ntitwokwibona kubela umlimo ukogwa mbindi bihugu. 17 Aliko wewesi uwibona yibone ukubwu Mwami." 18 Kuko su dya yikomeza wenyene alakomezwa. Kiletse nudya Umwami amukomeza.