Igiche 11

1 Ndiyumvila iyuko mwokwihanga na nanje mulibumwe ubujuju bwanje. Aliko neza muliha nganilana hamwe nanje. 2 Kubela ndapfise ibuba kubela mwege. Ni n'kuko pfise ibuba Kumana kubela mwege, kuva ndabemeleye kuba numugabo umnee windagano wo nabemeleye yuko. Nzomubazanila aliwe Kiristo n'kinkumi yisugi itunganye neza. 3 Aliko ndatinya ubungene kandi ndiyubara n'kuko, yamoka yamuhe eva kubela ububi bwayo, ibitekelezo vyanyu bishobora kuyovywa kuva mubwiza!, "Bwubugolorochi nukwera mli Kiristo. 4 Kubele kugelelanyo chelekana umuntu keneka yaje avuga ubutumwauyundi Yesu nuotwa babwiye. Aliko ulugelelo chuyundi twababwiye mwalamwakiliye kandi mcha mulihanganila noneho bilamaze. 5 Kubela ndibaza yuko yuko njewe nanje ndimulibamwe bitwa intumwa zimana nziza. 6 Aliko naho njewe ntishijwe kuvuga ubutu mwa bwijambo. Simeze uko mubwenge bwanje kubungene bwosi buli jamba twalikola guti kugila bulijemabo limenyekane kulimwege. 7 None nakoze ichaha kwichisha buguji njenee kugila mwege mushigwe hejuru? kubela nababwiye ubutumwa bwimana bwiza Mumwi degenduyo. Kubela lmana iwanyu. 8 Nalabache amasengeso ayandi nakili impfashanyo kuva iwabo kugilango shobole kubapfasha mwenge. 9 Mugihe honalihamnee namwe nalipfise ivyipfuzo nalihanganye sinagiza wongola nkuko bene wachu bavuye Makedoniya. Kulibuli kintu nalihanganye kandi nalihanganye kugila ngo abantu sinelaba gole kandi nzo shishukala kuvyilinda. 10 Niba ukuli Kiristo nkukwali mutima wanje, ntauzobuza kwirata muruhanele gwa Akaya. 11 Kubeliki nokubwiki? sindabakunde? lmana ilabizi ko ndabakuda. 12 Ali kidya chonkora, n'zokikora kandi zokikola kugila shobole. Kugila badya bipfuza kuba nkuko tumeze kuli kidya bizigiye. 13 Kubela badya alintumwa zububeshi nabokozi bin'chanya. Bihindula ibonyene kuba abakozi ba Kilisto. 14 Ibi n'tibitangajije kubela Sataani nawe alihinduru kubaba lmalaika yumucho. 15 Kandi ibi ntibitangajijije. Kubunini nkuko abakozi biwe kandi kwihindura. Ibo nkabokozi bakilalanuche. Aliko bizoba nkuko ibi kogwa vyabo bimeze. 16 Ndavu kandi nihabcho umuntu bwo wesi azokwibaza iyuko njewe ndikijuju. Aliko nimwabikora ndasaba mu zonyakili, njewe nkujuu kugila ngo! ndeze kwishilahejuru nagato. 17 Bulicho mvuga kivanye nokwiyemela na kwibona ni kuchiligwa umbanza Nimana, aliko mvugishwa nkumujuju. 18 Kubwo abantu bashi bishira hejuru kubwo umubili bakirata. 19 Mwihanganile ibipfu munezeregwe kuko mwibeleye, abanyabagenge. 20 Kubela mwihanganiye lanye na bantu nkuko yabagize abaja no nkuko yaba chiye kabili akabagira amachakubili, hagati yanyu - kugila kugila mgilililane akamalo yishije, hejuru abakuse ushimumaso. 21 Mbivuganye isoni bisa naho tuecho twabigizae mwintege n'ke. 22 Be? ibo na Bayahudi? Nanje nuko. Be? ibo Nabizulaeli? Na nje nuko ibo nuruvyalo Giwa Abrahamu? Nanje nuko. 23 Be? ibo nabakozi Bakiristo? (mvuga nkumusazi.) Njenee ndabaruta. Nabaye mumilimo igoye chane, kule chane n'kaho nali kuba kifungo, nkubitwa chane bilenze ikichilo, niyemeje chane kubabazwa chabule kuppa. 24 Kuva ku Bayahudi nakiliye inchulo gatanu, bingana nokukubitwa mulongwine, ukuyemwo limwe. 25 Ubugila gatatu nakubiswe. Inkoni ubugila limwe natewe amabuye. Atatu nalokoche kupfila mubwato. Nabukolesheje ijoro dyose, numutaga bulamenye muluzi hagati muntamanzure. 26 Nabaye mungendo keshi umwanya kuyundi, nachiye muhihe nahati, nyishijwe munzuzi nachiye ahatinyishije mubambuzi hatinyishije imva mubantu baje, ahatinyishije mubisagala, ahutunyishijie homubugalagwe, ahatinyishije mruzi, ahatinyishije imva kwa bene wachu batonya bavugosha ububeshi. 27 Nabaye numulimo ukomeye mumi beleho ikomeye, amajoro meshi sinantyama, igihe cho kusonza nokunyotegwa igihe kinini nalisonzeshe, ibihe vyishi nichwa nimbeho, nambayeubusa. 28 Kandi ntakindi nitwalala lika kileche kuvuga, nokwiyumi vila bulimusi hejuru yanje ntirwalaliche amasengelo. 29 Ninde adakomela? Nanje simbe udakome ye? ninde ashoboye kugigwisha uyundi muchaha - nanje sinshe imbele. 30 Niba kwiye kwilata, nzo kwilata kubichiye kubwo intege zanje. 31 Imana yu Mwami Yesu, niyose ishimwe, ibihe bidashira iranzi kontabesha. 32 Haliya Domesiki, kumugwa mukuru umwami areta, yaliyo achugeleye ikisagara Domesiki kugula ngo bappate. 33 Aliko bachiye banchisha, mukadilisha kuruzitiro ndolokoka ndabacha munvywanya yintoke, dabava mumaboko.