Igiche 8

1 Tubashakila mwebwe ngo mumenye, benewachu na bashiki bachu, ivyeleke ubuntu buri lmana bwo bwatanzwe kumashegero yaba Makedoniya. 2 Igihe chikigeragezo kinini chi mibabalo, ubwinshi bwu munezero wabo mukwiyonengera kwu butindi bwabo bwa vyaye ubutunzi bunini bwu bugwaneza. 3 Kuko ndahamya yuko batanze kungana nkuko bashoboye, no kulenza ukobali bashoboye. 4 Kubushake bwabo nyene kuku twinginga kwinshi, batadusavye kubwo kushannya nabo muluyu mulimo mubasenzi. 5 Ibi ntibibaye nkuko twavyibwilo, mumwanya wavyo, babanjije kwitango bonyene Kumwami. Hanyuma bacha bitanga bo nyene kubwachu kubwulukundo Gwimana. 6 Nuko twara mwingine Tito, kuko aliwe yaliyabanjije uyumulimo, gwazane mubutungane umulimo wu bwikwe kubwanyu. 7 Aliko mwebwemufise ubwinshi muli buli kuntu mukwi zera, mukuvuga, mubwenge no mulukundo gwa nyu kubwachu.Nuko mwame namwe muli mubwinshi kandi no muluyu mulimo wubug waneza. 8 Mvuzi ibualiko sinkitegeko. Mumwanya wavyo, mvuze ibi kugilango ngere ulukundo gwanyu mwalimu sanganywe kukulugelelanya nubushake bwabantu benshi. 9 Kuko mulazi ubuntu bwu Mwami wachu Yesu Kirisito. Naho yoba yalumutunzi, kubwanyu yabaye umutindi. Kugilango mubutindi bwiwe mushobole kuba abatunzi. 10 Muhibi ndabaha impanulo ishobola kubafasha. Umwaka umwe uchiyeho, ntimwabanjije gusa kukola umulimo aliko mwalipfujije kuwukola. 11 Nuko lelo nimuwatunganye nkuko mwalimufise ubu shake bwo kuwu kola, hanyuma, mbe, mwali gushobola kandi kulizana mubutugane, kugana nkuko mubishoboye. 12 Kuku kufise ubushake bwo kukohuyu mulimo, ni jambo dyiza kandi lilemeleka. ningombwa lihagayale hijulu ya kidya kintu bulumuntu afise, siku kintu umuntu atafise. 13 Kuko uyu mulimo atulukugila ngo abandi bashobole kulonka mitende na mwe ngo mushobole kulemegwa mumwanya wavyo, habemwo ubulinganile. 14 Bamwe mulimwebwe bubu uzobafasha muchoba keneye. Ibinukugila kandi ngubwinshi bwabo busho bole kubafasha mubukene bwanyu, kandi ngo habe mwabulinganile. 15 Ibi ni nkovyandichwe, ngo vyinshi ntanikintu nakimwe yalifise cha sigayengo nuwalifise duke ngo ntabukene yalifise bwo bwose." 16 Aliko ishimwe lmana, yabasize mumutima wa Tito wamutima nyene wumwete wo kwitaho ivyo mfise kubwanyu. 17 Kuko sukugila gusa ngo yakiliye amasengesho yachu, ahubo gusa yageze umwete kubusa nayo masegesho. Kuko yaje iwanyu kugushaka kwiwe nyene. 18 Twamutumye hamwe na wa mwene wachu ashimwa mumashengero amwe. Kubwa mulimo wiwe mu kuvuga ubutumwa. 19 Sibi gusa, aliko kandi yatolanijwe na mashangero gufata ulugendo hamwe natwe mugutwala mulibi mwe vyuyu mulimo wubugwaneza. Ibi ni kubwabwiza bwu Mwami wenyene no kubushake bwachu bwogufasha. 20 Twanka ivyobaho ngo uwawiliwe wese akwiye kwiton'ganya kukwifatanya natwe no kuvyelekeye ubugwaneza twikolela. 21 Dutola kwilondela gukola ichobo ichi chubahiro, simbele zu Mwami, gusa aliko kandi ni mbele za bantu. 22 Kandi tubalungikanye nu wundi mwenewachu twala mugeze kenshi, kandi twamubonye afise akanyamuneza kubwi milimo mywinshi. Kegeza nubu afise ukubanguka kulenze kubwo ubutwari afise muli mwebwe. 23 Ku nkulu za Tito, wewe nuwwodufasha nu mkozi wimilimo mugenzi wanje kubwanyu. 24 Nko kwa bene wachu, balungi kwa na mashengero. Nabichubahiro kuli Kirisito. Nuko, mubeleke ulukundo gwanyu, kandi welekane mumasengero impamvu yukwilata kwachu kubwanyu.