Igiche 7

1 Bakunzi banje, kubela dufise izi sezano, twiyoze twebwe nyene kwa bula kimwe kidukola kuba bumwanda kumibili yachu no mumitima. Kandi tutunge ubweranda kugutinya lmana. 2 Ni mtegule akanya hubwachu! Niduchumulira umuntu uwali wewesi. Nitubabazo umuntu uwali wewesi. Nidukola ikinu kukungukila umuntu uwali wewesi. 3 Nvuga lino si kubwo kubidododmbera,. Namaze kuvuga kubela mli twebwe, mlitwege gufa hamwe no kubaha hamwe. 4 Mfite ubushobozi bunini muli mwege, kandi ndiyemela kubwanyu. Nuzuye uguhulizwa. Nuzuye umunezero no mumibaba yachu yosi. 5 Twaraje Makedonia, imbili yachu niya lifite uguhumeka. Hanyuma yaho twarose inambara zingene zose kugutegwa inambara imande zohanze ni imande zomunzu. 6 Aliko lmana, ihumuliza abafuye imitima, yaladuhumulije mukuza kwa Tito. 7 Ni hali mukuza kwiwe gusa ati ni mana yaladuhulije. Ibi vyoguhumulizwa Tito yabivanye kuli mwege. Wewe yatubwiwe urukundo runini gomufise, umubabaro wanyu, nkuko mwali mufise amakinga kubwanje. Nuko nagize umunezero ulengeye. 8 Kubela ugwandiko gwanje gwabashizemo umubabaro, njewe nibimbabaza. Aliko nababajwe nigihe nabona ulu gwandiko gwabagize mwege kuba na maganya. Aliko mwali mufise amaganya kukanya gato. 9 Ubu file umunezero, si kubela mwali mufite umunezero, wanyu wabinjije mukwihana. Mwafashwe nu mubabaro munini, nuko mwalababajwe si kubindafite akamaro kubwachu. 10 Kubela umubabaro munini uzana kwihana, usbobora kuhagarika agakiza atakwiyumvira umubabaro wi vyisi. Nu bundi, bizana ulufu. 11 Ni mulebe uyu mubabaro munini wavyaye ikimu nyabaki kinini muli mwege. Ni kungene nyabaki icho kinu chali kinini muli mwebwe kigaragaza yuko mtatimufise igichumuro. Kungene nyabaki ububale uko bwali bunini, ugutinya kwanyu, ukwifuza kwanyu, ingoga yanyu, ugushaka ko kubona ukuli ng'uko gukoreka? kuli bula kinu mwakurilaranye mwebwe nyene yuko atachononekaye. 12 Naho nabandikiye mwenge, sinandiche kubwo wachumuye, si kubwo muntu yababajwe ni vyaha, nandiche kugila ngo uluhagalaro gwimitima yanyu kubwachu ikogwe kumenyekana kwanyu imbele ya maso yi mana. 13 Kubela yibi tulahumulizwa. Ni nyingera yoguhumulizwa kwachu twebwe, kandi tulanezelegwa, Nibilengeye kubwo umunezero wa Tito, kubela umutima wiwe wanezelejwe namwe mwesi. 14 Kubela yuko nalilase kwiwe kubwanyu, sinalifise isoni. Igitandukanya, nkuko buli jambo twavuze iwanyu dyali dyukuli, ukwilata kwanyu kweganye na Tito kwalagaraye kuba ukuli. 15 Ulukundo gwiwe kubwanyu ni runini rulenze, nkuko yibuka kubaha kwanyu mwesi nkuko mwamwakiye kugutinyano gutengungwa. 16 Ndihima kubula ububasha buzuye muli mwege.