Sura 4

1 Hanyuma Yesu aduganwa na mwemu na mwemu yera mubugaragwa kugira ageragezwe na Shetani. 2 Amaze kwisonzesha imisi mirongine umutaga na majoro yumva inzara. 3 Umugeragezi araza ara mubwira, "Nimba wewe uri umwana wi Mana, bwira aya mabuye gabe imikate. 4 Aliko Yesu aramwishura aramubwira, "Vyandichwe, umuntu ntazobaho kumukate gusa, aliko kuli buri jambo liva mukanwa ki Mana." 5 Hanyuma shetani amutwara mumuji wera amuhagarika hejuru chane kumtu wi Kanisa. 6 Ni kumubwira, nimba wewe uri umwana wi Mana, Ikororere hasi, kuko vyandichwe, ngwazo, kuragiza abamalaika biwe baze bakuramire, mumaboko yabo, kugira ntuchitare amaguru yawe kwibuye." 7 Yesu aramubwira, "Kandi handichwe, ntukagerageze uhoraho Imana yawe. 8 Hanyuma shetani amutwala ahantu ho hejuru chane amweleka ubwami bwose bwisi nubwiza bwabo. 9 Aramubwira, "Nzokuha ibi bintu vyose niwampfu kamira ukasenga." 10 Hanyuma Yesu aramubwira, "Mvako shetani kuko vyandichwe, "Ngo ugombegwa kusenga umwami Imana yawe na uyikorere yoyonyene." 11 Hanyuma shetani aramuleka na reba abamalaika baraza baramukorera. 12 Yesu yumvishije yuko Yohana yafashwe aja Galilaya. 13 Ava Nazaleti agenda ni kuba Kaperinaumu, ili kungegwa yikiyaga cha Galilaya, kurugabano gwa Zabulonio na Naftali 14 Ibi vyabaye kushicha bidya vyavuzwe nu muvugishwa Isaya. 15 "Mumiyi wa Zabuloni nu muji wa Naftali ahelekeye kukiyaga hakudya ya Yordani, Galilaya na nabanyamahanga. 16 Abantu bichaye mumwiza babona umucho mukuru, na badya bari bichaye mu kihugu ni mukitutu chu rupfu, hejuru yabo umucha urasiye kuribo. 17 "Kuva icho kihe Yesu atangura kuvuga ubutumwa avuga, "Mwihane kuko ubwami bwi Mana buri hafi." 18 Aliko aragenda hofi yi kiyaga cha Galilaya, abona abavukana babili, Simoni uwariyitwa Petro na Andrea mukuruwe, baterera urusenga mukiyaga kuko bari abarovyi bi samaki. 19 Yesu arababwira, "Ni muze munkurikire, nzobagira abarovyi babantu." 20 Bacha bareka isenga buramukurikira. 21 Na Yesu ageze imbele yabo abona abavukana bandi babili, Yakobo umwana wa Zebedayo na Yohana mukuru we bari mubwato hamwe na Zebedayo se wabo, bariko barasana isenga zabo Arabahamagara. 22 Bacha bareka ubwato nase buramukurikira. 23 Yesu agenda genda Galilaya yose, yigisha mumasinagogi yabo, avuga ubutumwa bwiza bwi mwami, akiza buri ngwara nu bumuga murabo bantu. 24 Inkuru ziwe zikwira siriya yose, na bantu bazana kwiwe badya bose bari bagwaye, bali ni ngwara zitandukanye nu bubabare abari na madayimoni na bagwa nehekuma nibimuga arabakiza. 25 Ishengero rinini dya bantu rilamukukira kuva Galilaya na Dekapoli na Yerusalemu na uyuda ni kuva hakudya ya Yordani.