Sura 5

1 Yesu yabonye abantu benki, agenda kumwozi. Amaze kwikala hasi, abanafunzi biwe bala muvugela. 2 Afundulula umunwa gwiwe alabigisha, avuga. 3 "Hahiliwe abakene mumitima yabo, kuko ubwami bwo mwijuru ni bwabo. 4 Hahiliwe abatuntuye, kuko bazohabwa mpole. 5 Hahiliwe abitonda, kuko nibobazolagwa isi. 6 Hahiliwe abafishe inzala ni nyota yokugololoka, kuko ni bene bazohazwa. 7 Hahiliwe abaganyila kuko nibo bazoganyigwa. 8 Hahiliwe abafishe imitima myiza kuko ni bene bazobona Imana. 9 Hahiliwe ababangulanya, kuko ni bene balo kwitwa abana bi Mana. 10 Hahiliwe ababonegwa kubela kugololoka, kuko ubwami bwo mwijuru ali bwabo. 11 Hahiliwe mwebwe abantu bazobatuka no kubabonela au kuba vugaho ububi kububeshi baba mpoye. 12 Ni munezegwe no kusangila, kuko ingelo yanyu ni nyishi mwijuru. Kubela uku niko abantu baboneye abavugishwa babayeho tutalabeho. 13 Mwebwe mulu munyu wisi. Aliko umunyu uheze ubudyohe bwawo, goba gukidyoshwa niki? Ntacho guba gukimaze atali kutabwa hanze guka katwa na bantu. 14 Mwebwe mulumucho wisi. Umuji gubachwe hejuru kumusozi ntishugola kunyegezwa. 15 Abantu ntibacha itala ngo bashile hasi yikikapu, aliko balishila hakiluluche nadyo libonesheleza abali munzu bose. 16 Leka umucho wanyu ubonesheleze abantu kushichaho babona ibikogwa vyanyu vyiza bashimile so wanyu ali mwijuru. 17 Ntimwiyumwile ngo naje konona amategeko au amajambo yaba vugishwa. Sindaje konona aliko kushicha. 18 Ndababwile ukuli kushichaho ijuru nisi bilovaho ntakanukuta na kamwe chanke akazaba bilovaho kumategeko. 19 Uzolenga itegeko na limwe mulaya mategeko mato akigisha abandi kukola kutyo azo kwitwa muto mubwami bwo mwijuru. Aliko wewese akulikila amategeko no kuyigisha azokwitwa mukulu mubwami bwo mwijuru. 20 Aliko ndababwila kugololoka kwanyu ni kula luta kwabandichi na Bafarisayo, vyovyose bidya ntimulo kwingila mubwami bwo mwijuru. 21 Mwalumvishe kobakela babwiwe, "Ntiwiche" Wewese yicha aba ashikiwe no kuchindwa nulubanza. 22 Aliko ndababwila wewese yanka mwene wabo azoba ashikiwe no kuchindwa nulubanza. Nuwo wese abwila mwene wabo, Wewe ulumuntu atakwiliye! Azoba alimugolane yokuja mulubanza. Nawewe avuga, wewe wa kijuju! Azoba alimungolane yumulilo nwa Jehanamu. 23 Niwa twala isadaka yawe alutali ukibuka yuko halicho mufpa na mwene wanyu. 24 Siga isadaka imbele ya atulali, ufate inzila wumvikane kwanza na mwene wanyu, hanyuma uze utange isadaka yawe. 25 Umvikana nukushitaka ningoga, uli hamwe na wene munzila ugiye mahakamani, ahandiho ukushitaka ashobola kukusiga mumaboko ya hakimu, na hakimu akusinge muma boko yumwana jeshi nawe uzotabwa mukifungo. 26 Ndababwila ukuli ntyuzovaho nna kato utalishe ni senti ya mwisho yi hela wishuzwa. 27 Mwalumvishe kovyavuzwe, "Ntusambanye!" 28 Aliko ndababwila wewese alaba umugole kukumwifpuza aba amaze kusambana na wene mumutima wiwe. 29 Ijisho dyawe dyubudyo nidya tuma uchitala, lilandule ulitage kule nawe. Kubela ni mitende kiche kimwe kumubili gwawe chononekale kusumbaho hokonekala umubili wose non kutabwa Jehanamu. 30 Ukuboko kwawe kukudyo ni kwa kutuma uchitale, kukate male ukutage kule nawe. Kubela mitende iche kimwe kumubili gwawe chononekale kusumbaho hokononekala umubili wose no kutabwa Jehanamu. 31 Vyalavuzwe kandi wewese abinga umugole, na muhe ugwandiko go kutana. 32 Aliko jewe ndababwile, wewese aheba umugole wiwe ata muhoye ubusambanyi aba amusambanishije. Na wewese amwimula amaze kuhabwa ugwandiko go kutana aba asambanye. 33 Kandi mwalumvishe bakela babwiwe, ntimukalahile kububeshi ahubwo shicha kumwami indahilo zawe. 34 Aliko ndababwile ntimulahile na Kato, kwijuru kukubela ni kukitebe chimana. 35 No kwisi, kubela niho kushila ikitabe cho kukata amagulu yayo, no kuli Yerusalemu, kubela nu muji wu mwami mukulu. 36 Ntukalahile no kumutwe wawe, kubela ntusobola kukola numuchachi guwme gwila au gwilabula. 37 Ahubwo amajambo yanyu, Ego, ego, oya, oya' kubela agasumbaho gava kwawa mubi. 38 Mwalumvishe vyavuzwe ijisho kujisho ni dyinyo kudyinyo. 39 Aliko jewe ndababwile, ntimugwanye umuntu mubi Aliko umuntu akukubita itama dyubudyo muhindukileze nilindi kandi. 40 Nimba wewese yifpuza kukutwala mahakamani akwake ikanzu yawe, muhe ni joho kandi. 41 Na wewese akulazimisha kugenda na wene imaili yimwe genda na wene imaili zibili. 42 Ukusega wewese numuhe, ushaka kukugulana ntumwinyegeze. 43 Mwalumvishe vyalavuzwe, "Ukunde jirani wawe, wanke umwasi wawe." 44 Aliko ndababwile kunda abansi banyu, sengela abaha hama, 45 Kugila mube abana baso wo mwijuru. Kubela yakiliza izuba babi na beza , kandi agwishiliza imvula ababi na beza. 46 Nimwa kunda ababa kunda mwebwe, mulonka ingelo yimeze kuti? Nabatoza ikoli ntibakola kutyo? 47 Nimwalamucha bene wanyu kusa mulonki kusumba abandi? 48 Lelo mushakigwa kuba abakwiliye nkiko so wanyu wo mwijuru alukwiliye.