Sura 3

1 Kwi misi zidya za Yohana ubatiza yaje avuga ubutumwa nyika ya Yuda achavuga. 2 Ni mwihane na kbela ubwa mibwijulu bwegeleje. 3 No kubela yuno niwe yavunzwe numu vugishwa Isaya avuga, "Ijwi dyumuntalila kuva mubugala gwa, "Nimushile neza inzila yumwami, nimugolole hahita wene. 4 None Yohana yalambaye amoya ndigole numusipiwi kisato mumatako yime. Ivyo kudya vyiwe vyali inzige nubuki bwomwiboli. 5 None Yerusalemu, yuda yose naha ntu hose ahakikizwe umwonga wa Yordani balagenda iwiwe. 6 Baliho balimo bala batiza nawe kumwonga Yordani ino bihana idhaha vyabo. 7 Aluko amaze kubabona beshi baba Falisayo na basadukayo baje iwiwe kubatizwa, alababwila, "Mwebwe uluvyalo gwizoka kwisumu ninde aliwe yobahanya kwiluka isha vuligiye kuza? 8 Nimuvyale ivyamwa bikwiye kwihana. 9 No ntimwilumvile nukuvugana mulimwe bwe,Tulafishe abulahamu alinke daha wachu, kubela ndababwila yemwe ima ila shobola kumubwila ibulahimu abana nukugila kuva kumabuye ayo. 10 Bila kwiye ishoka yamaze kusigwa ko kumiza yibiti none kubela buli kiti bita vyala ivyamwe vyiza bilatemwa nukushigwa kumulilo. 11 Ndababatiza kumazi no kubela ukwihana, none wene aza hanyuma yanje numukulu, kusumba jewe nanje sinkwiye nikuheka ibilato vyiwe, wene alobabatiza kwa mpwemu yela nukumulilo. 12 Nulutala gwiwe limumaboko giwe koza chane uluwanda gwiwe nukwe gelanya ingano yiwe mububiko aliko ntalotulila ibikumbi ku mulilo aligo gutashobola kuzima. 13 Maze Yesu alaza kuva Galilaya kugela kumwonga wa Yordani kubatizwa na Yohana. 14 Aliko Yohana yashaka kumubuza kuvuga, "Jewe ndashaka kubatizwa nawe, nawe ulaza iwanje? 15 Yesu alishula avuga lekula ube guti none no kubela ho bitukwioyi kukwiza ukwikose, "Bikwiye Yohana alamulekula. 16 Hanyuma yokuba abatizwe, ahonyene Yesu yalavuye mumazi, no reba ijulu liluguluka kwiwe, yalabonye mpwemu wimana yululuka kukigele hanyo chinkundye nukuhumula hejulu yiwe. 17 Leba injwi liva mwijulu livuga, Yuno numwana wonkunda uwo mbele chana wene.