Sura 27

1 Umwanya womukitondo hogwagela abakulu bose baba kuhani na batama babantu waliye injama hanyuma ya Yesu balonke kumwicha. 2 Balamwugaye, bala mulongola, nukumugeza kwa liwali Pilato. 3 None umwenmya Yuda, aliwe yabaye yamugujije, yabonye yuko Yesu yamaze kuchilugwa ulubanza, yalababaye nukusubizwa ibimanyu selathini vya maheloa kumukulu waba kuha ni nabatama. 4 No alavuga, "Nakoze ichaha kuguza amalaso yatafishe nulubanza. "Aliko balishula, "Bitushaka ibiki twebwe? Yalebe gano menyene. 5 Bamaze yalabiteleye hasi bidya bimanyu vyamahela hadya mwikanisa, nukugenda ukwiwe nukuyicha wenyene. 6 Abakulu baba kuhani yalabitwaye bidya bimanyu vyamahela nukuvuga, "Ntibikwiye kushilaho amaheloa lino mubu bikilo, kubela naka chilo kamala." 7 Balaganiye balihamwe namahela galakoleshwe kugula ishambe dyumubuvyi dyo kuzika mwabageni. 8 Kubela lino dyali limeze dyitwa, "Ishamba dyamalaso, "Kugela vyumusi nyene. 9 Bamaze lelo lidya jambo dyali dya vuzwe numuvugishwa Yelemia dyala shiche, livuga, "Balahamagawe ibimanyu thelathini vyamahera, akachiloka vuzwe na bantu bomuli isilaeli no kubela wene. 10 Nabakolesheje kwishamba dyumubuvywi, nkuko umwami yali yabelekeje. 11 None Yesu yala hagaze imbele yumuhwali, naliwali alamubaza, none, wewe ulumwami wabayahudi? Yesu alishula, wewe wavuga gutwo." 12 Aliko kumwanya hayatwaligwa ulubanza nabakuluna batama, ntiyishuye dyodyose. 13 Bimaze Pilato yalamubwiye, "Ntulumve ulubanza gose hanyuma yawe?" 14 Aliko ntiya mwishuye kugera nijambo limwe, kandi liwali yaluzume nukumalamala. 15 None nkikubela imisi mikulu vyali nkiko vyama yumu liwali kumwu gulula umubohwa umwe yatolanywe nabantu beshi. 16 Umwanya ugo balibafunze abananilanye izina dyiwe Baraba. 17 Uko lelo kumwanya balibe gelanye hamwe. Pilato yalababajije, "Ninde mushaka kugulula, nokubela mwebwe?" Baraba chankwe Yesu yitwa umukiza? 18 No kubela yamenya yuko bamaze no kubela yu gwanko. 19 Kumwanya hoyali yichaye kuntembe yulubanza, umugole wiwe yalamulugikiye ijambo dyo kuvuga, "Ntukole ijambo dyodyose kumuntu yudya atafishe nibimwa giliza. Kweli nababanjwe chane kugela uyumusi mukurota no kubela wene. 20 Niho abakulu bama kuhani nabatama balabahenza henze ikitelane balasengeye Baraba na Yesu apfe. 21 Liwali yalababa zije, "Nuwahe kulibadya babili mulashaka jewe ndamulekulile iwanyu. "Bavuze Baraba." 22 Pilato alamubwila, "Ndamukole iki Yesu yitwe umukiza?" Bose balavuga, mumubambe. 23 Nawe alavuga, "Kube liki? Nikosa nyabaki yakoze, Aliko baloagumishije kuvuga kujwidyo hejulu chane mumibaza. 24 Kandi kumwanya Pilato hoyabonye atashoboye kukola chochose, aliko hanyuma yiwe imichindo zali zitanguye, yala ywaye amazi alanaba amaboko yiwe, mbele zabantu beshi nukuvuga, "Jewe sifishe chondiya giliza hejulu yamalaso yumuntu yuno atafishe cho yiyagilize. Mulembe yano mwebwe nyene. 25 Abantu bose balavuga, "Amalaso giwe gaba hejulu yachu na bana bachu. 26 Bimaze bala mwugulila Baraba iwabo aliko yaramukubishe ninkoni Yesu nukumushicha iwabo kugenda kubabwa. 27 Maze abasikali na bali wali balamutwala Yesu kugera Praitoria numugwi munini dya ,aasikari bose balegerano. 28 Baramukula impuzu ziwe nukumwambika inkanzu yirangi itukura. 29 Maze bacha bala kora ikichibo chamahwa nukushira hejulu yumutwe gwiwe, nabala mushiriyeho umwanzi mukuboko kwiwe kubudyo balakunjije mavinuku fukama imbele ziwe nukumubwila amajambo yokumu gaya, bavuga, " 30 No balamuvuye amate nchwante, no balatweye umwanzi nukumu kubita mumutwe. 31 Kumwanya hobali balimo bala mugaya bata mukuyeya nkanzo nukumwa mbika impuzu ziwe bamweka kugenda kumubamba. 32 Bamaze kuva hanze, balamubonye umuntu kuva kilene krenezina dyiwe Simioni, aliwe yamugobe reje kugenda nawe bkugila alonke kuheka umusala gwiwe. 33 Hobagela ahantu hitwa Golgotha, bisobanula yuko, ahantu homagufa mutwe. 34 Balamuhaye isiki ivanga nyijwe ni nyongo anywe. Aliko amaze kubonza, ntiyashoboye kunywa. 35 Kumwanya hobali bamaze kumubamba, baragabanye impuzu ziwe kukutela ibimushaka. 36 Nobali chaye nukumureba. 37 Hejulu yumutwe gwiwe balazanye urubanza hejulu yiwe bisomeka, "Yuno ni Yesu umwa mwabayahudi. 38 Abachi babili balababwe hamwe na uwene, hamwe uluhande ugukudyo kwiwe ni yundi ukubafu. 39 Badya balimo bala hitabala mubwila amajambo yo kumugaya bazungagiza imitwe zabo. 40 Nukuvuga, "Wewe aliwe washaka konona ulusengelo nukudyubake kumisi itatu, wikizewe wenyene! Namba ulu mwana wimana, uluruka hasi nuve kumuselaba. 41 Nkakudya ingene idya idyanyene abakulu babakuhani bamuvuga neba gula, hamwe nabandichi na bandichi na batama, nukuvuga. 42 Yala kijije abandi, aliko ntashobola kwikiza wenyene. Wene numwami wabayahudi. Nayuluruka hasi kuva kumusalaba, nihotulomwizera. 43 Yalize ye Imana. Leki Mana imukize namba ishaka, no kubela yalavuze, jewe ndumwana wimana. 44 Nabadya balihamba vuyiwe bali banulindiye hamwe nawe kandi bala vuze amajambo yokumisimanga. 45 Nonekuva amasaha mukaga hali umwijima kwisi yosi kugela ama mwenda. 46 Hageze amasaha mwenda, Yesu alalila kunjwi linini, "Eloi, Eloi, Lamathabakithani? Bisobanula, "Manayanje manoyanje, none kowa mpevye?" 47 Uwo mwanya ugo mulibene babo bali bahagaze hadya balumvishije, bavuga, "Ahamagala Eliya." 48 Ahonyene umwe umwabo yaliluche kutwala isifonge nukwinjiza vyowanywa chashanka laye ayishila hejulu yikiti numukuha acha anywe. 49 Nabene balibasigaye balavuze, "Nimumurekewene wenka, nimuleke tunebe nka Eliya, aloza kumukiza. 50 Maze Yesu alarika kandi kwijwi linini no achalatanga umutima wiwe. 51 Leba ulukutago mwikanisa gwalamene che impande zibili kuva hejulu kugela hasi. Nisi icha ila jugumila na mahwe gala saduka ibihimba. 52 Ibinogo vyaluguluche, nimibili za belabeshi balimwo badyamye bahuniye baluguluriwe. 53 Bala vuye kuli zamva hanyuma yokuzuka kwiwe, bali njiye mumuji gwela no balaboneka na beshi. 54 None yudya muakida na badya alibo bali bamuleba Yesu balabonye kujugumila ni bintu vyalibili vyabaye, baluzuwe nukutinya chane nu kuvuga, "Ukuli yuno yali umwana wimana." 55 Aba golagolebeshi balimo balamukulikila Yesu kuva Galilaya kugila bamuhe bari hadya bareba kuvanka kule. 56 Muli mulibene bali Mariamu Magdalena, Mariamu nyina wiwe Yakobo na Joseph, na nyina wiwe Yakobo na Joseph, na nyina wiwe wabana azebe dayo. 57 Hageze kumugoloba, yalaje umuntu wumutunzi kuva Arimathayo, yitwa Yusufu, aliwe kandi yali umwigishwa wa Yesu. 58 Yala mugiliye Pilato nukusega umubili gwa Yesu. Bamaze Pilato yatumye alonke kuhabwa. 59 Yusufu yalatwaye umubili alaguhambila nimpuzu yisufi nziza. 60 Alagudya mika mulimva shasha yiwe yoyali ya chanza kulutare. Amaze ala zungusha ibuye linini lirugala umudyanko wimva na alagenda wenka. 61 Mariamu Magdalena na Mariamu yunchi bali hadya bichaye baleba kumva. 62 Umusi gwakulikiye aligo gwali umusi hanyuma yokwite gula, abakulu bamakuhani naba falisayo balegelanye hamwe kwa Pilato. 63 Bala mubwila, "Umwami tulibuka yuko umwanya gudya umubeshi hoyalikili akomeye yalavuze hahoye imisi itatu aluzuka kandi. 64 None lelo, tuma yuko imva iragigwe neza kugira imisi itata. Ahandilelo, abigishwa biwe boshola kuza kumwiba nukumu vuga kubantu, yazuche kuvamubapfuye, nububeshi bwimpela bulobabubi kusumba budya bwambele. 65 Pilato alamubwila, "Nimutwale abahagalikizi nimugende mukole ahantu hali amahoro nkiko mushobola. 66 Neno balagiye nukukola ikinogo kuba mahoro ibuye dyala kubishwa ichapa nukushilaho abanogezi.