Sura 28

1 Hanyuma kumu goloba umusi wisabato, izubalitibiye kugenda umusi wambele windi Maliamu Magdalena na Maliamu uyundi balaje kulaba imva. 2 Raba hali ukunyi ganyiga kunini kubela Malaika wumwami yaluluche nokuli temba gaza lidya buye hanyuma aladyi chalako. 3 Ishusho yiwe yali nkubumeme, nimhuzu ziwe zali zela nkinyange. 4 Baba linzi baluzuwe nubwoba nubwoba baba nkabapvu. 5 Wamalaika alabasobanulila wadya bagole avuga, "Ntimutinye kubela mumulondela Yesu yababajwe. 6 Nta uliho hano, yazuche nkuko yababwiye ingo mulebe ahantu umwami yadya mywe. 7 Genda mwihuta mubabwile abanye shuli biwe, yazuche kuva muba mvuye, laba ya baye alagenda Galilaya. Hiyo niho muzo mubona. Raba jewe ndaba bwiye." 8 Baba gole balavuye hadya mumva bihuta bafise ubwoba numunezelo munini kandi baliluka kubabwila abanyeshule biwe. 9 Raba Yesu alahula nabo nokuvuga, "Indamucho babagole balaje nokufata amagulu yiwe hanyuma bala musenga. 10 Hanyuma Yesu alababwila, "Ntimutinye, nimugende mubabwile abagenzi banje batangulie Galilaya. Hiyo bazombona. 11 Mugihe badya bagole balimwo balagenda laba bamwe mubalinzi bali mumuji nokubabwila abakulu babahelezi amajambo yose yaliyala baye. 12 Nabo abahelezi bamaza kuhula nabazehe no kulivuga ijambo idyo hamwe nabo, balatanze amahela meshi kuli badya basoda. 13 No kubabwila, mubabwile abandi yuko abanye shule ba Yesu balaje mwijolo nokwiba umubili wa Yesu mugihe twege twa dyamywe. 14 Nimba iyinkulu izomushikila n liwali, twegetuzo, muhenda no kuba kulilaho mwege ubwoba bwose. 15 Kulivyo baba soda balaya tola ya mahela nokuya kola nkuko ba bwiwe. Iyinkulu yalakwiye chane kuba yahudi na bibaye gutwo nhaka uyu musi. 16 Aliko zantumwa chumi numwe balagiye Galilaya, kumusozi umwe waliwa beleche. 17 Nabo bamubonye balamusenze. Aliko bamwemulibo balagize amakenga. 18 Yesu alaza iwabo alababwila avuga nahawe amategeko yose mwisi no mwijulu. 19 None nimugende mubakole abisi bose kuba abanyeshule babatizwe mwizina dyadaha, numwana numutima wela. 20 Mubigishe kubaha amajambo yose nabategeche, Raba jewe ndikumwe namwe igihe chose nhaka inyuma yisi.