Sura 26

1 Aho nyene Yesu amaze kuvuga amajambo yose ayo, yalababwije abigishwa biwe, 2 "Mulamenya yuko munyuma yimisi ibili halobaho umusi mukulu ya Pasaka, numwa wumuntu alotangwa abambwe." 3 Hanyuma yabakulu wabahelezi naba zehe babantu balahuye hamwe kubela hakulu wumuhelezi mukulu, aliwe yitwa kayafa. 4 Bali hamwe bala panze kuntu bomufata Yesu kubinyegejwe nuku mwichu. 5 Kubela bavuze, "Ntikolegwe kubela umusi mukulu, kuko ntize ikazuka ivalugu muli mwabadya bantu." 6 Aho Yesu alahantu Bethania kubela inzu ya Simoni mukoma, 7 Hiyali mwo aligolola kumeza, umugole umwe yalaje uwiwe yikoleye umukebe wa alabasta yalimwo amafuta byafishe kichiro kinini, yalizeye hejulu umutwe wiwe. 8 Aliko abigishwa biwe bamaze kubona ijambo lino balashavuye nukuvuga, niki chatumye kushavula kuti. 9 Yana yoshoboye kuguzwa kukichilo kinini nukulonka umukene. 10 Aliko Yesu alimwo alamenya lino yala babwije, "Kubeliki mumugola umugole yuno? Kubela yakoze kintu chiza uwanje. 11 Umukene mufishe imisi yose, aliko ntimulobaha mwa nawene milele. 12 Kubela ahoyasesa amavuta ayo hejulu yumubili wanje, alakoze kutwo kubela yukuzikwa kwanje. 13 None lelo ndababalila, ahantu ubutumwa buno hubulovugwa kubela isiyose ikikogwa chiyakozeyuno mugole aho alogama alavugwa kubela yichi bucho." 14 Niho umwe mwabadwa chumi nababili, aliwe yitwa Yuda Iskariote, yalagiye mubakulu babahelezi. 15 Nukuvuga, "Mulompeleza iki numubaguza?" Balamupimila Yuda ibipande milongo itatu vya mahela. 16 Kuva umusi uwo yalalondeye inzira yuku muguza. 17 Aho kumusi wambele wimikate atasize mwo umwambilo, abigishwa biwe balamu gendela Yesu nukuvuga, "Nihehe tukulondelele udye ivyokudya vya Pasaka?" 18 Alababwira, "Numugenda mujini kumuntu fulani na mumubwile umwigisha avuze, amasaha yange yasotoye ndoyisohoza ipasaka hamwe nabigishwa biwe kubela inzu yawe." 19 Abigishwa bakoze ntuko Yesu yabwabwiye, balalondeye ivyokudya vyipasaka. 20 Imaze kusohora kumugoloba, yalichaye kudya ivyo kudya hamwe nabadya bigishwa chumi na babili. 21 Balimwo baladya ivyokudya, yalavuze, aliko ndababwira yuko umwe mulimwebwe alonguza." 22 Balababaye chane, kilamuntu yalamanjije kubaza, "None nubushobozi sijewe, mwami?" 23 Alabishula, "Yudya adimba kukuboko kwiwe hamwe nanje kubela ibakuli niwe alonguza. 24 Umwana wumuntu alogenda, ntuko bamwandikie. Aliko yemewe umuntu alonguza umwana wumatu! Yashoboye vyiza kumuntu uyo ntuko atovuche." 25 Yuda yoshoboye kumuguza yalavuze, "None! Ni jewe Rabi?" Yesu alamubwira, "Uvuze ijambo lino wewe nyene." 26 Balimwo baladya ivyo kudya, Yesu yalautoye umukate, alawuhezagira, nukuwumira. Alabaha abigishwa biwe alavuga, "Numutole, mudye. Wuno nu mubili wanje." 27 Alotola ikikombe nukushima, nukubaha nukuvuga, "Nimunywe mwese kubela kino. 28 Kubela lino namalaso yisezelano dyanje, izakuseseka kubela beshi kukigongwe chichaha. 29 Aliko ndababwira, sindonywa kandi ivyama vyu muzabibu wuno, kugela umusi wudya hindoba nimwo nanywa kishasha hamwe namwe kubela ubwami bwa daha wanje." 30 Bamaze kumala kulilimba ululilimbo bavuye balagiye mumusozi wamizeituni. 31 Hanyuma Yesu alowambia, "Mwijolo mwebwe mwese mulo chitara kubela jewe kubela vyandichwe ndomukubita umukozi wintama wibiku bala towanyika. 32 Aliko hanyuma yukuzuka kuli jewe ndibatangulila kugenda Galilaya. 33 Aliko Petro yalamubwiye, "Naho baza kukwanka kubela ibintu vyuza kulonka, jewe sinda kwanka. 34 Yesu ala mwishula nukuli ndakubwira, mwilijoro hatalabika isake italabika, ulampakana katatu." 35 Petro alamubwira, "Naho jewe ndoshaka kupfu nawe sinda kwihakana." Nabigishwa abandi bose balavuga kutwo nyene. 36 Hanyuma Yesu yalagiye na bene ahantu hitwa Gethsemane na kubabwira abigishwa biwe, "Nimwichare hano ahondimwo ndagenda hiyo nukusenga." 37 Alamutwara Petro na bona babili bumwa Zebedayo nuku tangura kubabazwa nu kunamba. 38 Hanyuma alababwira umutima wange ulababajwe chane nyene, kushaka yuko ndopfa. Aliko hano mulale mulasenga hamwe nanje. 39 Alagenda imbele katonyi, alagwa yunamye, nukusenga. Alavuga, "Daha wanje nnamba bishoboka, ikikombe kino kindengane. Ntibibe ntuko jewe nshaka, aliko ntuko kushaka wewe." 40 Alabagira abigishura nukubasanga badyamye bahuniye nukumubwira Petro, "Kubeliki muka kesheje hamwe nanje mwisaha imwe? 41 Nimukeshe nukusenga kugira ntimwinjile mumagelagezwa umutima ulafishe ichubahilo, aliko umubili ufishe integenke. 42 Alagenda wenka chakabiri alasenga, alavuga, "Daha wanje ntuko ijambo lino ntilishobola kukwepeka na ningombwa ndakinywe ikikombe kino, ubwiza bwawe bushike. 43 Alagaluka kandi nukubasanga badyamye bahuniye, kubela amaso yabo galigalemewe. 44 Hanyuma alabasiga kandi alagenda wenka. Alasenga bagira katatu alavuga amajambo yadya nyene. 45 Hanyuma Yesu yalabagiriye abigishwa biwe nukubabwira, "Kandi mula dyamye nyene nukwiluhucha? Numulabe isaha ilimwo ilasohora, numwana wumuntu alaguzwa mukuboko mwabadya bafishe ichaha. 46 Numuvyuke, tugende. Raba yudya azakunguza alimwo alegeleza. 47 Aho nyene alimwo alavuga, yuda umwe mwabadya chumi nababili, alasohora nabantu beshi balasohoye hamwe nawe liza kuva kumukulu kumuhelezi nabazehe babantu. Balaje nibipanga ningombo. 48 Kandi umuntu yashache kukuguza Yesu yaliya bahaje ikimenyecho alavuga, "Yudya windosomagura, ni wene mumufate. 49 Aho nyene yalaje mwa Yesu nukuvuga, "Ndakulamukije mwigisha!" Acha lamusomagura. 50 Yesu alamubwira, "Mugezi likole lidya kubela dyakuzanye. "Niho baza nuku mweleka ukuboko Yesu, nukumufata. 51 Raba umuntu umwe yali kumwe na Yesu, yalagoloye ukuboko kwiwe, alavanayo ikipanga chiwe, nukumukubita umukozi wumuhelezi mukulu, nukumukeba ugutwi kwiwe. 52 Niho Yesu yamubwira, subizayo ikipanga chawe hadya huwa kivange, kubela bose batumia ibipanga balokwichwa nibipanga. 53 Mumenya yuko sindoshobola kumuhamagara daha wange, Nawe alantumila abasilikale bagela chumi na babili yamalaika? 54 Aliko lelo ntakundi nyene vyandichwe vyoshobola kushika, kuti niko vyomushaka kusohokola?" 55 Aho nyene Yesu ababwira mubantu, "None! mwaje nibipanga nibirungu kupfata ntumusuma balumusi ndichara mwikanisa ndigisha, kandi ntimwapfashe! 56 Aliko vyose bino vyakozwe kuko vyandichwe nabavugishwa bishike. Niho abigishwa biwe balamusiga nikwijulu kila. 57 Badya bamufashe Yesu yachiye amutwara kwa kayafa, umuhelezi mukulu, ahantu haba ndichi na bazehe balibigelanye hamwe. 58 Aliko Petro yalamukwilikiye inyuma kulele kugela kubela kukigo chu muhelezi mukulu yalinjie hagati nukwichara hamwe nabalinze alabekiza kuvamwo. 59 Ahonyene abakulu babahelezi nabichaye bose balimwo balalondela ivyemezo vyububeshi kuduza kwa Yesu, kugira boshobole kumwicha. 60 Aliko baliyeleche ivyemezo vyishi, aliko ntibalo se ikintu chochose. Aliko hanyu bivyemezo babili baliyeleche imbele. 61 Nukuvuga, "Umuntu yuno yavuze, "Ndoshobola kuhenula ikanisa dyimana nukuyu baka kandi kumisi itatu." 62 Umuhelezi mukulu yalahagaze nukumubaza, "Ntushobola kwishula? Bano balemeza kute hejulu yawe?" 63 Aliko Yesu yagumye yanumye umuhelezi mukula alamubwira, "Ntuko Imana ibayeho ndukubwiye utubwiore ntuko wewe uli Klisto umwana wimana." 64 Yesu alamwishula, "Wewe nyene wavuze ijambo idyo aliko ndakubwira vayo lelo nukugenda ulomubona umwana wabantu yichaye kukuboko kubudyo gufishe inguvu, kandi aho aloza kubela ibichu vyomwijulu. 65 Niho umu helezi mukulu yalamukuye impuzu ziwe nukuvuga, "Yachumu ye! None tushaka kandi ivyemezo iyiki? Nulaba vyashiche mwumvishije yakoze ichaha. 66 None! Mwijumviliki? Bala mwishuru ni kuvuga ashakigwa ulupfu." 67 Hama bamu chiyeko amate mumaso nukumu kubita ingumu, nukumu kubita amakofi kumaboko yabo, 68 Nukuvuga, "Nuwelekwe wewe Klisto. Ninde yakukubishe?" 69 Umusi uwo Petro yaliyichaye hanze kubela mubeshi, numukozi wumukobwa yalamugiriye nukuvuga, "Wewe muliwe wali hamwe na Yesu wumuligalilaya." 70 Aliko yalahakanye imbele yabo bose, alavuga, simenya ikintu chakamwo alavuga. 71 Amaze kugenda hanze yumudyango, umukozi uyundi wumukobwa yalamubonye nukubabwira badya baliho aho, "Umuntu uwo nyene yali hamwe na Yesu wa Nazareti. 72 Alihakana kandi kuchemezo, Jewewe sindamumenya umuntu uwo." 73 Umwanya muto hanyuma badya balibahagaze hafi, bala mugiliye nukuvuga na Petro, "Kubushoboziwe we kandi nimulumwe mwabadya, kubela yuko imvugo yawe ilelekana. 74 Niho yachiye kulahila na kwisiba, "Jewe sindamumenya umuntu uyo, "Munyuma yaho inkoko yisake ilabika. 75 Petro yalibuche amajambo yabwiwe na Yesu, "Htarabe inkoko yisake italabike ulompakana bugira katatu..