Sura 25

1 Niho ubwami bwomwijuru buzo susanywa ni nkumi chumi batwaya matara yabo bachabagenda kumwakira umukwe. 2 Batanu muribo bari ibijuju na bandi batanu bara banya bwenge. 3 Inkumi zibijuju bamaza kutwara amatara yabo ha ntibatwaye mwo amavuta. 4 Ariko abakobwa bubwenge batwaye ivyombo bifishe amavuta hamwe namatara yabo. 5 Nuko mugihe umukwe atevye kushika bose bachiye basinzira bacha bara dyama. 6 Ariko mugihe achomwijoro hagati hariho induru nimurebe umukwe nimusohoke mumwakire. 7 Niho abo bakobwa bavyuka bose bacha amatara yabo. 8 Vyabijuju vyababwiye badya banya bwenge mutuheho kumavuta yanyu kubera amatara byachu arazimata. 9 Ariko badya banya bwenge babishuye nokuba bwira kubera nta kukuriye twebwe namwe kurivyo nimugunde kubaguza mugure aya bakwiye. 10 Mukihe bagiye hiyo kugura umukwe yachiye asohora nabadya bari biteguye bagiye na wene mubwo bukwe numudyango wa chiye wugagwa. 11 Hanyuma ababakoba bandi nabo barashiche bavuga mwami mwami twugururire. 12 Ariko yachiye abishura aravuga nukuri ndababwire jewe sindabamenya. 13 Nuko nimurabe kubera mtamenya umusi chanke isaha. 14 Nuko ninkumutu yashache kugenda kurugendo gwo mukihugu chakure yaha magaye abakozi biwe nokubaha ubutunzi bwiwe. 15 Umwe muribo yamuhaye itaranta zitanu uwundi yamuhaye itaranta zibiri nuyundi yamuhaye itaranta imwe kira umwe yakiye ikiche kuyana nubu shobozi bwiwe, niho udya muntu yacha asafiri agenda iya gomba. 16 Naninyoga wawundi yakira itaranta zitanu yachiye agenda kuzibicha no kuzigwiza zivya izindi taranta zitanu. 17 Nayudya yakiye itaranta zibiri yara zidandaje arouka izindi zibiri. 18 Ariko umukozi yakiye itaranta imwe yachiye genda yimvye ikinogo mwivu acha aranyugeze amahera yumwami wiwe. 19 Hanyu yayuda muremure, umwami wa batumwa abo yaragaruche nokukora ibiharuro nabo. 20 Yudya mukozi yakiye itaranta zitanu yaji nitaranta izindi zitanu, aravuga, mwami, wampaye itaranta zitanu raba naronse ifaida yizindi taranta zitanu. 21 Umwami wiwe ara mubwira, wihukayo, umukozi mwiza numwizigigwa! Ubaye umwizigigwa kukintu kitoyi. nzokuha kuganza heju yibintu vyishi niwinjire mumunezero wumwami wawe. 22 Umukozi yakiye itaranta zibiri yaje avuga, mwami, wampaye itaranta zibiri, Raba, ndakuhaye inyunyu yitaranta izindi zibiri. 23 Mwami wiwe yara mubwiye wihukayo umukozi mwiza numwizigigwa! Ubaye umwizigigwa kubintu bike nzokuha kuganza hejuru yibintu vyishi, niwinjire mumunezero wumwami wawe. 24 Hanyuma umukozi yakiye itaranta imwe yaraje aravuga, Mwami ndazi yuko wewe urumuntu akaze usoroma ahantu hutateye, kandi usarura ahantu hutafushe. 25 Jewe naratinye ngena iwanje no kuyi nyegeza itaranta yawe mubivu Raba, uraifishe idya iriho. 26 Ariko umwami wiwe arishura aravuga, wewe umukozi mubi numunebwe, waramenya yuko iboroma ahantu ntateye no kusiroma ahantu ho ntafushe. 27 None washakigwa kubaha amahera yanje abantu bibanki, nomugihe cho kugaruka noyakiye idya hera yanje hamwe ninyunyu. 28 None nimumwake iyo taranta mumuhe udya mikozi afishe itaranta chumi. 29 Kiramuntu afishe azokwonyerezwa chane - nomukwonyerezwa chane. Ariko kurudya wese atafishe nikintu, ni kidya asishe azokwakwa. 30 Nimumute hanze mumwijima uwo mkozi ata kwiye ariho hazoba amarira no kuhekenya amenyo. 31 Mugihe umwana wumuntu ahazozira mwubiza bwiwe, nabamaraka bose haniwe nawe, niho azokichara hejuru yintebe ywe yubwiza. 32 Amahanga yose azokwegerana imbere ziwe, nawe azobatandu kanya abantu nkuko umuragizi atandukanya intama nimpene. 33 Azobashira intania mkuboko kwiwe kwubudyo ariko impene azozishira mukuboko kwubumafu. 34 Niho umwami azobabwira badya bari mkuboko kwiwe kwubudyo nimuze mwebwe mwa hezagiwe nadaha wanje, muragwe ubwami bwo mwateguriwe kubwanyu kuva kushigwaho intango yisi. 35 Kubera narifishe inzara mwara mpaye ivyo kudya, narumushichi mara nkaribishije. 36 Nariguga, kandi mwara nyambiche impuzu, naru mugwai mura mbika narifunzwe mraza kundeba. 37 Niho abukuri bajomwishara nokumubwira, mwami ni dyari twa kubonye ukishe inzana, nokukurishachanke nufishe inyota nokukuha amazi? 38 Ni dyari wari umushichi naturakukaribisha? Chanke uriguse natura kwambika impuzu? 39 Nidyari twakubonye urumugwayi chanke uri mukifungo turaza kukuraba? 40 Numwami azobishura nokubabwira, nukuri ndababwira, icho mwakoze ngaha kurumwe muri bene wachu batoyi, mwabikoreye jewe. 41 Niho azoba bwira abo bari mkoboko kwubumafu, nimuke iwanje, mwavumwe, nimugende mumuriro udahera wateguri wekubwa shetani, nabamaraika biwe. 42 Kubera narifishe inzara ariko ntimwa mpaye ivyokurya narifishe inyota ariko nimwa mpaye amazi. 43 Naru mushichi ariko nitimwa nkaribishije ndigusa aririko ntimwa mpaye ivyambaga. Narumugwai ndimukifungo, ariko ntimwandavye. 44 Niho bene bazo mwishura nokuvuga mwami, ni dyari twa kubonye ufishe inzara chanke ufishe inyota, chanke uru mushichi, chanke urigusa chanke urumugwai chanke uri mukifungo ntitukufashe? 45 Niho yabishura nokuvuga nukuri nda babwira kirya chomutakoze kurumwe womuraba bato, ntimwa koreye jewe. 46 Aba bazogendab mugihano kitashira ahubwo abukuri mubugindo budashira.