Sura 24

1 Yesu yavuye murusengero acharigira abigishwa biwe baramgiriye baramwereka inyubako zu rusenyero. 2 Ariko yarabishuye nokubabwira, "None ntimubibona ibivyose? Nukurio ndababwira ntabuye rizosigara hejuru yirindi mpaka bisambuwe. 3 Amaze kwichara kumusozi wa mizeituni. Abigishwa biwe bara mukuriye baravuga, mutubwire ibibintu bizoboneka dyari? Ni kintu nyabaki kizoba ikimenyecho chokuza kwawe nimpera yisi?" 4 Yesu yabishuye nokuba bwira, "Ni mube magabo ntihazogire azobahenda henda. 5 Kubera beshi kwizina dyanje bazovuga jewe ndi Klisto, kandi bazotakaza beshi. 6 Muzokwumva intambara nibihuha vyi ntambara nimurebe njtimuzohave muba nubwoba, kubera ibibintu ntibizoteba kushika ariko udya mwisho ntirabe. 7 Kubera ikihugu kizo haguruka kugenda kugwana ni kindi kihugu nubwami Hejuru yubwami Hazoba inzara na matetemeko yesi mubiche bitandukanye. 8 Ariko ibibintu vyose nitanguriro gusa dyu buchupu bwo kuvyara. 9 Niho bazo bazoba kuramwo kubwa mateso no kubicha. Muzo kwankwa mahapa yose kubera izina dyanje. 10 Niho beshi bazochitara no kuvugana nabi no kwankana ubwabo kubwabo. 11 Abavugishwa beshi bububeshi bazoboneka nokuhenda hendabeshi. 12 Kubera ububi bozogwira, urukundo gwa beshi ruzo hora. 13 Ariko uwuzo kwihapana kugeza impera azokizwa. 14 Iyi njiri yubwami izohubiriwa kwisi yose nkikishinga nttahe kubihugu vyose niho impera ya vyose bizoshika. 15 Nuko nimwamara kubona ugwanko nubwo none kare, bwavuzwe numuvugishwa Danieri buhagaze aho hejejwe! Uwusoma namenye! 16 Niho abari muri Yuda bazo kwirukara imisozi. 17 Nudya azoba hejuru kunzu ntazoshobora kwururuka hasi kutwara ikintu ichochose kuva imbere munzu yiwe. 18 Nudya are numurima ntazo garuka kutora impuzu yiwe. 19 Ariko hayowe badya bafishe abana nabadya bazoba bonsa mwicho gihe chiyo misi! 20 Nimusevye kugirango kuhupa kwanyu ntikuzobe mugihe chimbeho chanke mugihe chimisi yisabato. 21 Kubera hazoba nimibabaro minini itaribwa boneke kuva kuremwa kwisi kugeza ubu, kandi ntibizobaho kandi. 22 Nkuko kuriyo misi yozitagabanywe ntamuntu numwe yokijijwe aliko kubera kwa baloranyijwe mwiyo misi izogabanywa. 23 Nuko Nimba umuntu uwowese azobabwira nimurabe Klisto aringaha chanke Klisto ari hariya! Ntimuzokwizere ayo majambo. 24 Kubera abaklisto abububeshi nabavugishwa bu bubeshi bazoza nokwerekana ibimenyecho binini ni bitangaza kugiranyo batakaze yaba vyoshoboche nokuribadya batora nijwe. 25 Nimurebe ndabagabishije kurivyo bitara boneke. 26 Nuko nimba bazoba bwira, "Klisto Ari mubugaragwa: Ntimuzegende hiyo mubugaragwa chanke nimurebe ari mubagaragwa chanke, nimubere ari imbere munzu ntimwizere ayo majambo. 27 Nkuko kudya nkuba imurika kuva ibuseruka zuba nokumurika iburenyero zuba niko bizoba mukuza kwu mwana wuntu. 28 Hahoho umuvyimba urio niho ibisiga bihurira. 29 Ariko hanyuma yimibabaro minini yudya misi izuba rizobamwo umwijima ukwezi ntikuzobonesha umucho wawo inyenyeri zizo koroka zivuye hejuru ninyuvu zomwijuru zizohinda akashichi. 30 Niho ibimenyecho vyumwana na wumuntu aza ava mubichu vyo hejuru mukirere kunyuvu nubwiza bunini. 31 Azotuma abamalaika biwe kwijwirinini dyi tarumbeta nabo bazobegeranya hamwe abatora nijwe biwe kuva impande zine zisi kuva kumwisho umwe wijuru kugeza ku wundi. 32 Nimwiyigishe ichigwa kuvana nigiti kuva ishami iyori kuze no kumera amaremba muramenya yuko mchanda chegereje. 33 Nuko nimwabona ibibintu vyose, mkwiriye kumenya yuko ichanda chegereje na vyegereye hafi ni midyango. 34 Nukuri ndababwire ururuvyaro ntiruzochaho kugeza aho ibibintu vyose ntibizoba bya boneche. 35 Ijuru nisi bizochaho ariko amajambo yanje ntigarochaho. 36 Ariko kuvyerekee udyamusi nisaa ntamundu amenya naho yoba malaika wo mwijuru chanke umwana aliko data wenyene. 37 Nkuko vyaribimeze mumisi yanuhu niko bizoba mukuza kwumwana wumuntu. 38 Nuko muriyo misi umwuzure utarabeho. Abantu baradya nukunywa bimura kandi bimugwa kugeza kwudya musi nuhuyinjira mubwato. 39 Ntibamenya nikintu chochose kugeza umwuzure ubazako no kubatembana bose niko bizoba mkuza kwu mwana wumuntu. 40 Niho abantu babiri bazoba bari mumurima umwe azotwagwa nuyundi azosigwa inyuma. 41 Abagoragore babiri bazoba bariko barasya hamwe umwe azotwagwa numwe azosigara. 42 Nuko ni mube maso kubera ntimumenya mumusi nyabaki ahozazoza umwami wanyu. 43 Ariko mumenye yuko nimba umuntu mweninzu nisaha nyabaku. Aho musuma azirako niyo huniye ntiyorekuye inzuyiwe kutegwa. 44 Nuko rero mukwiriye kuba magabo kubera umwana wumuntu azoza mwisaa mtamenya. 45 None ninde arumwizigigwa, intumwa yubweye ariwe uwuganza wiwe yamuhaye ametegeko hejuru yabadya bari munzu yiwe, kugiranyo abahe ivyokudya mugihe kikwiriye? 46 Arahezagiwe uyo mukozi, wiwa na yiwe izo sanya akora kutyo mugihe ahazoza. 47 Nukuri ndababwira kuti uwuganza azo mushira ya kira kintu chiwe. 48 Ariko nnimba umukozi mubi avuze mumtima wiwe, uvuganza wanje yatevye. 49 Akatanyura kuba kubita abakozi biwe akatanyura kudya nukuboregwa ibiboreza. 50 Uwuganza wuwo mukozi azoza mumisi atamenya nomuma saa yatamenya. 51 Uwuganza wiwe azo mtemagura ibisatesate bibiri nukumusira muruhande kumwe hamwe na binzipo ahoniho hazoba amabogorogo no kudyanisha insya zamenyo.