Sura 10

1 Yesu ahamagala abanafunzi biwe kumi na mbili nokubaha amategeko hejuliya madaimoni babi no kuzibinga nokukinza vyose igwala ni amokoyose yingwala. 2 Amazina yizo ntumwa kumi na mbili ni bano uwambele ni Simoni aliwe kandi yitwa Petro na mwene wabo deleya. Yokobo umwana wa Zebedayo na Yohana mwenewabo. 3 Filipo nna batolomayo na Tomasi, matayo, umutezakoli, Yakobo, umwana alufayo na Tadeo. 4 Simoni umukananayo na Yuda asikalioti yamungula Yesu. 5 Abachumi na babili Yesu alabatuma nawe yalabelekeze alababwila ntimungende ahantu baba abomwisi kandi ntimulokwinjile mumiji ya Samalia. 6 Hanyuma yaho mungende kiintama zazimiye ni munzu yaisilaheli. 7 Kandi nimwangenda muhubili muvunga ubwami bwijulu ulengeleje. 8 Mubakize abangwai muzule abapfuye mukize abanya mibabalo nabangwaye imbeimbe imwilukane amadaimoni mwahawe ngusa tanga ngusa. 9 Ntimutekele izahabu au amahela aushaba mumifuko yanyu. 10 Ntimutwale umukobwa kubelan mulungendo ngwanyu chankwe impuzu zo kuhindula ibilato chankwe ikozi kukubela yuko umukonzi alakwiye ivyo kudya vyiwe. 11 Umuji wowose chankwe ibijiji mulo kwinjilamwo mulodele ukwiye mwika aho mpaka homulovilaho. 12 Nimwinjila kukubela inzu mulo yilamuche. 13 Nihuba inzu ikwiye amaholo yanyu alosingale aho mugabo nihoba inzu itakwiliye amaholo yanyu angende hamwa namwe. 14 Kwa badya batabakiye mwenge chankwe kuvilinza amajambo yanyu mumwanya muvuye kwiyo nz, chankwe kuvilinza amajambo yanyu mumwanya muvuye kwiyonzu chankwe kuomuhana uwo nimwihanangule intumuko yomulige vyanyu ahantu aha. 15 Kweli ndababwiye biloba bikwiliye chane mumiji ya Sodomu na Gomola kumusi wongu chilingwa ulubanza kusumba uwomuji uwo. 16 Laba ndabatumye nkitama hangati yamabingila nuko mgile ubwenge nkinzoka kandi abitonzi nkinuma. 17 Mwilinde abantu balo batwala mumabalaza balo bakubitila mumasinagogi. 18 Kandi mulozanu imbele yabakuluy bubwami kukubela jewe niko umbushuhuda iwabo kukubela abomwisi. 19 Mukihe balobanka ntimungile ubwoba ukunu mwovunga chankwe ukomwobabila kukubela yuko ikintu wmovunga mulohabwa kumwanya uwo. 20 Kukubela yuko simwenge mulavunga mungabo umutima wababa wanyu alovunga mulimwenge. 21 Umungenzi alohangulukila umungenzi kumwicha nase kumwana wiwe abana balohangulukila hejulu yabaveyi babo kubi kumbulinza ulupfu. 22 Namwe mulokwa nkwa na bulumuntu kukubela Yizina dyange. Mungabo umuntu wewe alokwihangana mpaka mumpeluka alokinzwa. 23 Mukihe balobabanza kukubela umuji ungu ngukwilikila. Kwakweli ndobabwila ntimuloba mwalangiye mumizi yose yaisilaheli halaba umwana wa Adamu atalangaluka. 24 Umwingishwa si mukulu. Kusumba umwingisha wiwechankwe. Umukonzi ali hejulu yumwami wiwe. 25 Bilakwiye kubingishwa yuko abe nkumwingisha wiwe numukozi mwami wiwe namba balamwise mwami winzu belizabuli ni kulibike nyabaki hejulu balobanka abali munzu yawe. 26 Uko lele ntimubatinye bbene kukubela yuko batafise ijambo aliko litalaboneka aliko ntadyi nyengeje aliko litaloboneka. 27 Buli kinu ndababwila mumwijima mukivunge habona nicho muva nenza mumatwa yanyu mukivunge muli hejulu yinzu. 28 Nimutinye badya aliko bicha umubili nmungabo ntibafise ubushobozi bwa kwicha umutima hanyuma yaho mutinye udya ashobola nkwicha umubili numutima haliya mukuzimu. 29 None kasuku babili ntibanguzwa kwisenti ntoyi? Kwivyo ndaushobola kungwa hasi atabimenya baba wabo kubimenya. 30 Mungabo nibihalulo vyumushachi wanyu ulahalungwa. 31 Ntimungile ubwaba kukubela yuko mulafise akamulo chane kusumba ngasuku beshi. 32 Ngotwa basi bulumuntu umwe ulonyemela imbele yabantu nange kandi ndomwemela imbele ya baba wange alimwinjulu. 33 Mungabo uloyanka imbele yabantu nangendo muhakana imbele yababa wange alimwinjulu. 34 Ntimwiyumvile yuko ndaje kunzana amaholo mwisi sindaje kunzana amaholo mungabo ikipanga. 35 Kukubela yuko ndanzanye umuntu agwane na baba wiwe na yankumi hampavu yamana wiwe numukanzana hejulu yanabukwe wiwe. 36 Umusi wumuntu baha badya bomuhiliwe. 37 Wene akunda baba au Mama chane kusumba jewe uyontakwiliye na wene akunda umusole chankwe ukumi chane kusumba jewe uwo ntakwiye. 38 Wene atunda kuheka umusalaba no kukwilikila jewe ndakwiliye. 39 Wene alokwilikila ubunzima alobutakanza mungabo wene ulotakanza ubunzima bwiwe kukubela jewe alolonka. 40 Ulo bahamangala alobaampamangaye jewe na wene ulo mpamangala jewe ulamuhamangaye wene yantu mye wene. 41 Na wene ulo muhamangala umuvungishwa kukubela yuko alumumvungishwa alokwakila ingelo yumumvungishwa na wene ulohamangala ukuli kukubela yuko alumuntu wukulu alokwakila iongelo yumuntu yukuli. 42 Udya wese alonguha umwe mubatoyi bano naho choba nikikombe chamaji yo kunywa yimbeho. Kukubela yuko wene numwingishwa ukuli ndababwila wene ntashobola kubula kunzila yoyose ingelo yiwe.