Sura 9

1 Yesu ajamubwato alambwa asoholamumuji aho yaholaba. 2 Laba bamuzanila umuntu yamungaye bamuteluye kwingodolo amanze kubona ukwinzela kwabo. Yesu alababwila uwa mumunga mwanange ubenumunezelo ivyaha vyawe ulabihaliwe. 3 Laba bamwe muba nyubwenge bamatengeko balavunga na bene kuli bene kuli bene ati uyu alaongoswe. 4 Yesu alamenya ivyiwumvilo vyabo alavunga nikubeliki mwiyumvila ivyipfunzo mumitima yanyu. 5 None nicholoshe kuvunga ivyaha vyawe bila haliwe chankwe kuvunga hanguluka ungendee? 6 Mungabo kungilango mumenye umwana wimuntu alafise ubushobozi bwonguhalila ivyaha yavunzi ivyo kwa kidya kimunga hanguluka twala ingalolo dyawe ungende muhila iwawe. 7 Niho udyamuntu ya hanguluka alangenda muhila iwe. 8 Abantu habonye ivyo balatangangwa lihimbanza Imana yabahaye ubushobozi ubwo bwa bantu. 9 Yesu ahachiye kuva aho yaboniye umuntu yitwa matayo nawe yaliyichaye ahantu hali abatoza voli nawe alababwila nimukwilikile jewe nawe alahanguluka alamukwilikila. 10 Na Yesu achichaye kungilango adye ivyo kudya imbele munzu balanza abatonza koli beshi na bantu babi badya hamwe ivyokudya hamwa na Yesu na bingishwa biwe. 11 Aho amafalisayo babibonye ivyo balababwila abingishwa no kubeliki umwingisha wanyu alimwo adya ivyokudya hamwe nabatonza koli na bantu babi? 12 Yesu avyumvishe ivyo nawe yalavunze: Abantu bakomeye nenza ntibashaka kuja kwa mungaga aliko badya bangwaye. 13 Bikwiye mungende mwinge ichaliho ndakunda ikingongwe kandi sizabihu. kukubela yuko sabangololochi kwihakana mungabo kiubanyavyaha. 14 Niho abingishwa baye hana balaza iwiwe balavunga nukubeliki twenge abafalisayo tufunga mungaba abingishwa bawe batafunga. 15 Yesu alababwila none abahelekizi bumungenyi balashobola kubabala. Mumwanya umugeni aba alikumwe nabo? Mungabo imisi ziza haliho umukwe alotwangwa kuva iwabo niho balofunga. 16 Ntamuntu ashobola kushilaho kushilaho ikilemo kishasha kumumpunzu yakela mungabo ikilemo kichakitobola kuva kumpunzu ingata buka kusumbaho chane. 17 Na ushobola umuntu ngutalika umuvinyu muchombo chumuvinyi wakela ni haba balongila ichombo ilotabuka umuvinyu ulooseseka ni chombo kilokononekala hanyuma yaho ushiloho umuvinyi mushasha ni chombo ngishasha kandi vyose bilocha bibaneza. 18 Mumwanya Yesu aho yalimwo ababila amajambo ayo labahanza umukulu wa mukanisa alamupfukamila imbele yiwe nawe alavunga ati inkumiyange ilapfuye ubunyene mungabo ingo nawe umushileko ukuboko kwawe hejulu yiwe nawe alobaho kandi. 19 Niho Yesu yahanguluka no kumukwilikila na bingishwa biwe kandi. 20 Laba umugolengole yalingwaye ava amulaso kumwanya wimyaka. Kumi na mbili alanza hofi ya Yesu alamukolako luhande yingifungo chimpunzu yiwe. 21 Aliyumvila yuko naho nokolako impunzu yiwe nange ndolonka kukila. 22 Yesu alahidukila alamuleba alamubwila nkumi niwihe umutima ukwinzela kwawe kulangukijije umwanya uwu uwu umungole alonka kukila umwanya uwo. 23 Yesu amaze kusohola muhila kuwo mukulu nawe yalababonye abantu balela imamba na bantu beshi balimwo batela indulu. 24 Nawe alavunga ni muve hano kubela yuko inkumi itulapfe aliko yadyamye mungabo bene balamuseche no kumushinya ngulizwa. 25 Na badya bantu bamanze kusohongwa nawe alinjila munzu amufata ukuboko nudya mukobwa alahanguluka. 26 Ikulu izo zikwilangila kubela imiji yose. 27 Niho Yesu aliko alangenda kuva haliya abangabo babili bimyi balamukwilikila bangumye kundunza ijwi bavunga tulasenze ikingongwe mwana wa Daudi." 28 Mumwanya Yesu ahoyasohola haliya munzu zidya mpunyi zilazaiwe Yesu alababwila mulafesiki kungilango shobole kukola nabo balamubwila engo mwami. 29 Niho Yesu akola mumaso yabo alavunga bibe ngutwo iwanyu ukuko ukwinzela kwanyu kumenze. 30 Na maso yabo alahumuka niho Yesu alabihanikililiza no kubabwila ni mulabe umuntu wewese ntamenye kubela ijambo ili. 31 Mungabo abantu babili balangenda bavunga amajambo ayo impandezose zumuji udya. 32 Niho badya bangabo babili aho balimwo balagenda bonka. Laba umuntu umwe nyamulangi yali yasaze ni daimoni bala munzana kwa Yesu. 33 Idaimoni zimuvuyemwo udya muntu wikilangi amaza kuvunga. Kandi isengelo lilatamalingula balavunga atimubisilaheli ntibilabe. 34 Aliko abafalisayo balimwo bavunga kubakulu badaimoni alibilukana abadaimoni Yesu alungenda mumiji yose ni mumihana yabo nawe. 35 Akomeza yingisha kubela mumasinagogi ahubili injili yubwami no kukiza abangwayi bwamokoyose nubumunga bwamoko yose. 36 Mumwanya alavye isengilo nawe bimuleta ikingongwe kukubela yuko bangowe balapfuye imitima balibameze nkitama zitafise umulangizi. 37 Nawe alababwila abingishwa biwe yuko ivyimbulo ni vyishi mungabo ababikola ni bake. 38 Nuko ni mwishime ni musabe umwami wivyimbulo kungilango yuko ubwile abimbunzi kubela ivyimbulo vyabo.