Sura 11

1 Hanyuma yaho Yesu amaze kubeleka abigishwa biwe chamina babili yachiye agenda kwigisha nukuvuga ubutumwa kubela imiji yabo. 2 Nayohona alimwibohelo amaze kumva alihejulu yibikogwa vya Klisto yalatumyeintumwa kuchira kubigishwa biwe. 3 Nukumubaza wewe nuyudya aloza chankwe haliho uyundi tulashaka yuko kumwiyelekako?" 4 Yesu alabishula nukuvuga kuli bene, "Nimugende mumubwile Yohana ingene yuko mubibona na yadya mwumva. 5 Abantu batabona balalonka kubona ibimuga balagenda, banyunyuwe balaba sengela, abantu batumva mulokumva chane, abantu bapfuye mulozuka kulonka ubukemezi na bantu balondegwa balobavugiliza ubutumwa bwiza. 6 Kandi yaheza giwe yadya atabona nichiyu mvilo chose hejulu yuwange. 7 Ikihe abantu abo bamaze kugenda, Yesu yatanguye kuvuga numubantu hejulu yayohana, "Ninde mwagiye kulaba kubela ubugalagwa nilenga lihungabana numuyaga. 8 Aliko nidyali mwagiye kulaba- umuntu yaliyambaye inyambalo nyiza? Nubushobozi, badya bambaye inyambalo nyiza balichara kubela inzu zabani. 9 Aliko mwalegiye kulaba ibiki numuvugishwa ege nababwira ni hejulu yumuvugishwa. 10 Yuno niwe yandi kiwe Raba ndatumye umuntu wiwanje imbele yamaso yawe, kuko alolondela inzira yawe nimbele yawe. 11 Jewe ndababwira nukuli muli bamwe bavuche nabagole ntanumwe alimwo mukulu kusumba Yohana mubatizaji aliko wulimwo mutonyi kubela ubwami bwomwijulu nimunini kubela wene. 12 Kuva imisi za Yohana mubatizi kugenda nubu, ubwami bwi mwijulu bulafishe inguvu, nabantu bafishe inguvu balatwara kunguvu. 13 Kubele abavugishwa namategeko, ikamekuwa belekwa kugela mwayo hana. 14 None kamamko vyakwiye yemeye yuno ni Eliya yudya aloza. 15 Alufishe amatwi yumva niyumvilize. 16 Ndakigelela nyeniki nibibihe bino? Nikigelelanyo nabana bacheza ahantu yumwisoko, badya bichaya ni bahamagara. 17 Nukuvuga, twalabavugilije umwomba kandi ntimwachejeje. Twalababajwe kandi ntimwalize. 18 Kubela Yohana alaje atani nukudya umukate chankwe kunywa vino, baba balavuga alafishe ipepo. 19 Umwana wumuntu yalaje adya nukunywa nukuvuga nulabe, numuntu adya kandi numubole gwa umukunzi batoza ikodi nibafishe ivyaha! Aliko ichubahilo izungusha kugikogwa chakola chiwe." 20 Yesu yala tanguye kukanda mila imiji mulibene yabo kukazi kiwe katinyiche vyala kozwe kubela bali batalichishe bugufi. 21 Yamwe mwembwe kolazini, wemwe mwebwe Bethsaida ntuko vyumukola bikulu vyalikikogwa Tiro na Sidoni yadyu gakozwe hano, bali kucha bichisha bugufu kela kukwa mbala amagunila nukwisiga iminyota. 22 Aliko biloba kwihangana kwa Tiro na Sidoni umusi yulubanza kusumba wewe. 23 Wewe, Karpernaumu mbega ulomenya hulotelugwa kugela mwijulu? Ntabo ulokululuchwa kugela hasi mukuzimu ntuko kwa Sodoma hakozwe ibintu bikulu namba vyalakozwe uwawe, habayeho kugela nuyumusi. 24 Aliko ndavuga uwawe kubela iloba naningoga kugihugu cha Sodoma kuhagalala kumusi yuku chibwa ulubanza kusumba wewe. 25 Kubela umwanya uwo Yesu yalavuze, "Ndakunezeleza wewe, daha mwami womwijulu ni kihugu, kubela wala banyegeje bino bintu badya bafishe ichubahilo nubwami nukugulula kwa badya badafishe ielimu ntabana batonyi. 26 Daha kubelan yuko yalakunezeleje kutwo amason yuwawe. 27 Ibintu vyose yalahawe kulijewe kuva kwa Daha, kandi ntanumwe amenya umwana aliko daha na ntanumwe amumenya daha aliko umwana, na umuntu wewese kubela umwana alafishe kuhamagagwa yuku mwugululila. 28 Nimuze uwange mwembwe mwese mulonka inyolane kandi mulilemeche umuzigo gulemeye nanje ndobaluhulila. 29 Nimwishile kuli jewe kandi mwige kuva kuli jewe kubela jewe numwitonzi nditonze kumtima kandi mulolonka kwiluhucha kumwanya wanyu. 30 Kubela ingata yanje iloloche kandi ilalemeye kuli jewe iloloshe.