Sura 21

1 Aho hantu twali tuli twarasiganye nubene, nuko tulagenda munyanza tulashobora limwe kwali mwe kumuji wa kosi hanyuma yeje yaho tulashobora kumusi wa rolo na kuvayo hiyo tulasohola kumusi a patara. 2 Tumaze kulonka imeli yambuka kugenda fainike twaluliye tulagenda. 3 Tumaze kusohola imbele yikisi wa cha kipro, tulaleka uluhande gukuboko kubu mofu, kuragenda turasohora Siria tulashilaho inanga kubela umuji wa tira kubela yu ko hiyo niho imeli yalimwo balayi pakululila imizigo yiyo meli. 4 Hanyuma yuku bobona abigishwa tulikala hiyo imisi indwi,Abigishwa abo bala mubwila Paulo kuchila kumpwemu kuko wene ntahonyole Yelusalemu. 5 Ahotumaze kumala imisi zidya twebwe tulagenda tulagenda twege. Bose hamwe nabagole babo nabana babo, bala tuhele keje kubela inzila zachu kugela yitwa vuye hanze yumiyi Hanyuma tula kubita amavi hakudya tulasenga twose zelona kila umwu mwe. 6 Tulalila imeli hiyo nabene balagaluka muhira uwabo kandi. 7 Tumaze kumela ulugendo gwachu kuva Tiro, tulasohora Tolemai hadya twala balamukije abagenzi, nukwichara nabene kumusi umwe. 8 Ejo yaho twalagiye tulagenda Kaisaria. Twebwe twinjira muhila kwa Filipo, Kuwavuga ubutumwa bwikukiza, aliwe yalumwe mwabadya indwi, natwe tulichara hamwe na wene. 9 Umuntu uyo yalifishe aba kobwa bane batali mugwe kubela balalechwe. 10 Hanyuma yukwichala hiyo kumisi itahalugwa, akiluluka kuva uyaudi, umusenzi umwe bamwita agabo. 11 Wene yalaje uwachu alatora umusipi wa Paulo. Kuwo yalihambiye amagulu na maboko yiwe wene nyene nukuvuga, "Impwemu yela alavuga guti abayaludi na Yelusalemu bolomufunga umuntu agila umusipi ugo nawene bolomuheleza kumaboko mubantu wa banya mahonga. 12 Tumaze kumva ibintu ivyo twebwe na bantu bali babaye ahantu hadya twali mwitesheje paulo ntiyulile kugenda Yelusalemu. 13 Niho Paulo yishuye, "mulakora ibiki mulalila nu kumvu na umutima wanje? Kubela jewe ndalindiye, siku fungwa gusa, aliko jewe kupfa hiyo Yelusalemu kubela izina dyu mwami Yesu. 14 Kubela Paulo ntiyashaka bomuhendeshe twalaleche nu kuvuga, "Basi ubwiza bwu mwami bukoleke." 15 Hanyu,a yumusi ugo twalatoye imifuko yachu tululila Yelusalemu. 16 Hanyuma yabigishwa kuva kaisalia hamwe bala kwilika lunye natwe balamuzana umuntu umwenya yitwa mnasoni, umuntu wa Kpro umwigisha wakela kubela yuko twichaye na wene. 17 Tumaze kusohola Yelusalemu abagenzi balatwakiye kumunezelo. 18 Hanyuma yaho Paulo yalagiye hamwe natwe mwa yakobo na baheze bose bali hamwe bose. 19 Hanyuma yukubala mucha, yalabahaye intumwa yi yimwe hanyu ma yindi yamajambo kubela Imana aliyo yakoze mulibamwe bamanya mahanga kuchila kwikazi yiwe. 20 Ahonyene bamaze kumva ayo, balalilimbila Imana nukumubwira wabonye, mugenzi haliho ibihumbi bingahe bizeye mulibamwe baba yahudi, benebose balatishe yuko bofata itegeko. 21 Babwiwe kubela wewe, kuko uligisha abayahudi badyo babaho kubanya mahanga bala lekana na Musa nuko ulababwila ntibataliligwe abana babo, na ntibabi kwili likane vyachiyeho vyakela. 22 Tushobola kukoliki aliko balumva kubela wewe waje. 23 Aliko kola kidya twebwe vyutu kubwira nyene tulafishe abantu bane kubela bashizeho chubushaka. 24 Nutole abantu abo wiyoze wewe nyene hamwe nabo, nukubalahila inguvu zabo, kugira bashobole kumwa kumenya imitwe yabo. Aliko balumuntu umwe ashobole kumenya kubela ibintu babwiwe kubela wewe ni bubeshi balo kwigu kuko wewe nyene ula kwilikila itekeko. 25 Aliko kubupelelezi kubanyama hanga kuko kubela bakoze abanya shengelo twalandiche nukutonga bikenewe yuko balashaka kwihakana ni bintu vyatanzwe kulilutale kubigigwa mana, numalaso kuvana na kidya cha nizwe nukubitinya nu bushakanyi." 26 Niho Paulo gala batwaye abahungu, ni kumusi wa kabili aliyoza wene nyene hamwe nabo alingila mwikanisa kutangaza umwanya wi siku yukwiyoza kugenda kwishikanwa yatanzwe kubulu muntu umwe. 27 Imisi iyo indwi zimaze kwegela zilimwo zilahela bamwe babayandi kuva Asia balamubona Paulo mwi Kanisa n gikolane balashavula nu kumugololela ulunoko. 28 Balimwo balabologa, "Abantu ba Israeli nuda fashe yuno ni wudya muntu abigisha abantu bulahantu amajambo kuko nikinyulane na bantu bitegeko, na hantu hano aliko yala bazanye abayunani kubela ikanisa nuku havuma ahantu aho helanda." 29 Kubela hanyuma yaho bali bamubonye Trofimo muefeso alihamwe nabo mjino nabo baliyimviye kubela Paulo yalamuzanye mwikanisa. 30 Muji wose gwali gulimwo ingolane, nabantu baliluka hamwe nuku mutata Paulo bala musohokana hanze yikanisa ni midyango Ilahava ilugagwa. 31 Bashaka yuko kumwicha amajambo gala musoholako umukulu wabosilikale balinda Yelusalemu yose yali yuzuye imidalambonyi. 32 Hanyuma yaho alabatwara abasilikale numukulu alikuka ngahagoti hanyuma yaho abantu bamaze kumubona mukulu wabasilikali baba komando, balaleka kumuku bita Paulo. 33 Hanyuma mukulu wikambi yala mwegeye nu kumutata Paulo, alavuga kuti abohwe ni minyororo zibili alamubaza wene ninde na wakoze ibiki. 34 Hanyuma yabantu beshi balimwo balabologa ibintu ivyo nabandi nabasilikale kubela umusilikale ntiyashoboye kubabwila ikintu chose kubela yuko yukubologa achalavuga kuti Paulo baminzize hagati yulugo. 35 Hanyuma amaze kusohola kungazi bachiye bamutwala numusilikale kubela yukubaloga mubantu beshi. 36 Kubela abantu bamwe babantu bala mukwilikiye bagumwe babandanya kubologa, "Numumuvoneho yuno! 37 Paulo balimwo balamuzana hagati yulugo yala mubwiye umukulu winkambi Nashobola kukubwila ikintu? "Wamukulu winkambi alavuga none ulavuga ikiyunani?" 38 None, wewe ntulumumisiri kubela wa mbele yalatwaye kwicha nu kutwala abonya gihugu ibihumbi bine mubugalagwa?" 39 Paulo alavuga jewe yahudi kuva kumyi wa Tarso yakilika jewe numwenyeji wumuji gukwiye ndabashaka mundekule mvugane na bantu." 40 Ahonyene umukulu amaze ku mulekula Paulo alahaguluka halingazi na alatanga ikimenyesho kubantu kumaboko yiwe ahonyene hamze kumela bose banumye chane, alavuga nabene kwa kiebrania Alavuga.