Sura 20

1 Umugumuko gumaze kuhera, Paulo atumako abigishwa biwe arabahanura hanyuma araba sezera avaho agenda imakedonia. 2 Nawe amazekucha mwiyo mikowa yaza arabaha nura abizera yinjira iyunani. 3 Hanyuma wene amaze hadya ikihe chamezi atatu inama ziligwa kuliwe na bayahudi aho yalihafi kufata urugendo acha munzira yo munyanza aja shamu gutyo yagombewe kusubiria inyuma kuchira Imakedonia. 4 Abajana nawe kushika muri Asiya bari Sopatro, umwana na pirho kuva Berea Arisitariko sekundo bose kuva abizera babitesaronike Gayo wa Deribe Timoteyo Tikiko na Trofimo kuva muri Asiya. 5 Aliko aba bantu bamaze kugenda na buli batu lindiriye hariya Trao. 6 Kunzira yikiyaga kuva Filipi hanyuma yimisi zi mikate zitambiwe na mumisi zitanu tubashikira hiyo Trao. Twichaye hiyo imisi mushanju. 7 Ni kumusi wa mbele wi wiki hotwali twa koranije hamwe kumanyagura umukate Paulo avugana na bizera yaliko ategura kugenda bukeye bwaho kutyo aguma aravuga kugeza mukichugu. 8 Hari amatara menshi muchumba cho hejuru aho twari twakoraniye hamwe. 9 Kwi dirisha hari hichaye umusore izina dyiwe utiko uwari yalemelewe ni tiro dyishi naho Paulo yarushirije kutevya mumajambo umwanya muremure uyu musore yali dyamye akoroke rahasi avyuye munzu ya katatu yo hejuru na yatowe yapfuye. 10 Aliko Paulo aruru ruka hasi, arigorora wene nyene hejuru yiwe aramupfumbatira. Hanyuma aravuga, "Ntimuchike umutimu kuko uyu arakomeye." 11 Hanyuma yurira kaudi munzu yo hejuru amanyura umukate aradya Amaze kuyaga nabo ikihe kirekire kugeza mubucha aragenda. 12 Bazana wa musore akomeye ranezegwa chane. 13 Twebwe nyene twagiye imbele ya Paulo mubwato tuja aso aho twebwe twateguye kumutwara Paulo hiyo. Iki nicho wene yashaka kukora, kubera yateguye kugenda achiriye imisozi. 14 Atushikiriye hiyo Aso tumwuriza mubwato tugenda mitilene. 15 Hanyuma twebwe tuvayo hiyo na kumusi ugira kabili tushika muruhande gwa kabili gwi kisiwa cha kio. Umusi wa kwilikiye tusohora mukisiwa cha Sanno, na bukeye bwaho tushika mumuji wa Mileto. 16 Kubela Paulo yari yahisemtwo kugenda achiriye Efeso, kugira ntakoreshe umwanya wowose muri Asiya, kuko yari yihuta kushika Yelusalemu kukubela umusi mukuru wa pentekositi, iyo vyari kushoboka wene kukora kutyo. 17 Kuva Mileto atuma abantu kushika Efeso na ahamagara abazehe bikanisa. 18 Basohoye kwiwe arababwira mwebwe nyene murazi kuva kumusi wa mbele hona honyora ngaha Asiya nkuko nalimaze umwanya wose iwanyu. 19 Narakoreye umwami ni chishije bugufi na ndira ntegwa ni bigeragezo jewe kubwi nama za Bayahudi. 20 Murazi nkuko ntitatangiye kumenyesha iwanyu ikintu chochose chari kikwiye na nkuko jewe nabigishije imba nkubone na kandi kugenda inzu kunzu. 21 Murazi nkuko jewe nagunyu ndabahamura abayuda na bayunani hejuru yu kwihana kumana nu kwizera mumwami Yesu. 22 Na nubu murabe jewe ndamwubaha mwemu yera kuja Yerusalemu, simenye ayazomba kojewe hiyo. 23 Aliko kukubela mwemu yera ashuhudiya jewe muri buri umuji ni kuvuga yuko ingoyi ni vyago ni bindindiriye. 24 Aliko jewe siniyumvira yuko ubuzima bwanje ari kunzira yoyose ya kachiro kwanje kugira shobore kumara urugendo gwanje ni kikogwa na hawe kuva kumwami Yesu, kuishuhudia injili yubuntu bwi Mana. 25 Na nubu reba ndazi yuko bose muri badya bona giye kubwira ubutumwa bwu bwami ntimuzo mbona mumaso kandi. 26 None rero ndabashuhudia uyu musi, yuko sifishe ikichumuro kumaraso yu muntu wewese. 27 Kuku ntitangiye kubamenyesha ubushake bwose bwi Mana. 28 Mwirinde ubwanyu mwebwe nyene ni hejuru yubusho bwobwose mwemu yera yabasize mwebwe kuba abahagarikizi. Ni mwirinde kuragira ikoraniro dyu mwami, dyoyaguze amaraso yiwe wene nyene. 29 Ndazi yuko ninamara kuhava amabi nyirayi nkazi gazokwinjira iwanyu na gatababaye umukulu. 30 Ndazi yuko ni muri mwebwe nyene bamwe mubantu bazoza kuvuga amajambo aziniza kugira bakwege abigishwa baba kwirikire bene. 31 None rero mube maso mwibuke yuko kumya itatu sinashoboye kureka kubigisha buri munu wese ndira mwijoro ni kumutaga. 32 Na nubu jewe ndabaragije ku Mana ni kwijambo dyu buntu bwayo rishobora kububaka ni kubaha uburagwa hamwe nabo bose bejejwe kumana. 33 Sinifuje amahera izahabu chanke imyambaro. 34 Mulazi mwebwe nyene yuko yampaye aya maboko yanje yankenura nkenuye jewe na nkenuye na badya bali kumwe nanje. 35 Mubintu vyose nabahaye akarorero nkuko mugombegwa kubafasha atakomeye kukukora akazi, nkuko mugombegwa kwibuka amajambo yu mwami Yesu amajambo yo wene nyene yavuze, Kutanga kuluta kuhabwa." 36 Amaze kuvuga gutyo arapfuka kama arasenga hamwe nabo. 37 Bose baralira chane bagwa Paulo mwizosi bara mugumbira. 38 Baba bajwe chane chane ya vyose kubela kidya yali yababwiye ngo ntibazosubira kubona Amaso yiwe kandi Hanyuma bumuhereke za murikebuni.