Sura 19

1 Naze Apolo ari korinto, Paulo acha mumpande zoharuguru kushika mumiji wa Efeso na asanga abigishwa bamwe hiyo. 2 Paulo arababwira, "Mbega, mwarakiriye mwemu yera ahomwizera?" Baramubwira, "oya ntitushobora ni kwumva ivyerekeye mwemu yera." 3 Paulo yavuze, "Rero mwebwe mwabatijwe kute?" Baravuga, "Murubatizo gwa Yohana. 4 None Paulo arabishula,"Yohana yabatza kurubatizo gwo kwihana. Abwira badya bantu yuko bagombegwa kumwizera yudya yalikuza hanyu yiwe rero Yesu. 5 Abantu bumvishije iyo nkuru barabatizwa mwizina dyu mwami Yesu. 6 Na Paulo abusize kwibiganza vyiwe hejuru yabo, mwemu yera araza hejuru yabo batangura kuvugishwa kundimi ni kuvuga ibizoba. 7 Abo bose bari abagabo bagera chumi na babili. 8 Paulo agendda mwisinagogi avugishwa kubushobozi ikihe cha mezi atatu na yarongora abantu nganilo zo kukwega abantu muvyelekeye amajambo yelekeye ivyu Bwami bwimana. 9 Aliko Abayuda bandi bari bakomantaje imitima na batubaha babanje kuvuga mabi yerekeye inzila ya Klisto imbele yishengero rero Paulo arekana nabo na ashira ruhande abizera kure yabo. Nawe atangura kuvuga buri musi munzuya Tirano. 10 Yamaze imyaka zibili none, rero bose bali baba muri Asiya barumvishe ijambo dyu mwami, bose asayuda naba yunani. 11 Imana yali ikora ibikogwa bikomeye kumaboko ya Paulo. 12 Ngo nabagwayi barakijijwe ni mwemu mbi zabavuyemwo, mukihe hobatora ibitambara ninya mbazo zivuye kumubili gwa Paulo. 13 Aliko haliho abayuda basenda imwemu zihumanye bi nyerelezi bachira murako kache bakoresha izina dya Yesu kukubela vyabasha bene nyene Babwira badya balibafishe imwemu zihumanye bavuga, "Mvuze mwizina dya Yesu mumuve mwo yumwe Paulo avuga." 14 Abakoze ivyo bali abana mushaju bu mulielezi mukuru wikiyuda skewa. 15 Imwemu zihumanye zirabishura, Yesu ndamuzi, na Paulo ndamuzi, Aliko mwebwe ni bande?" 16 Wa mwemu ihumanye yali muri wab muntu agurukira muri babasenda imwemu zihumanye arabachinda ubushobozi ni kubakubita. Ni hobikura buva muridya nzu bambaye ubusa nikukomeleka. 17 Ili jambo limenyekana kuli bose abayuda na bayunani, abalibaba Efeso. Babanubwoba chane, nizina dyumwami nirushiriza kuhabwa. 18 Kandi benshi mubizera baza kwihana na bemeza ibikogwa bibi bakoze. 19 Benshi balibakora ivyu bupfumu bakoranya ibitabo vyabo barabiturira imbele ya buri muntu. Bhaharura ikichiro chivyo bintu basanga ni ntetezi feza elufu hamusini. 20 Uko niko ijambo dyu mwami dyagwiliye chane rigira ububasha. 21 Paulo amaze kukora ibikogwa bwiwe hiyo Efeso, mwemu amweleka kugenda Iyerusalemu kuchira Makedonia na akaya aravuga, " Hanyuma mazekuba hiyo ngombegwa kuyibona rumi kandi." 22 Paulo abatumwa Makedonia abigishwa biwe babili, Timoteyo na Erasto, abali bamufashije.Aliko wene asigara Asiya kumwanya. 23 Muricho kihe havyuka imivurugano itari mike hiyo Efeso kubwiyo nzira. 24 Sonara yumwe dyi demetiriyo yachura ibishushanyo vyifuza ni mana Diana, yazanye ivyashara vyishi kubafundi. Nukwo akoranya abafundi bakazi hiyo ni kuvuga, bubahwa muramenya yuko muribi vyashara twinziza amahera menshi. 25 Alabegelaya ababo hamwe na bandi balibafise idya kazi, alavunga webwe bagababo mulazi yuko ubutajili bwachu buva mwaka kazi. 26 Murabona ni kumva yuko, twebwe gusa turaha Efeso, ni kwegera Asiya yose, uyu Paulo yoheje ni kuhindura abantu benshi. Avuga yuko ntabigigwa Mana vyakozwe na maboko. 27 Natwe gusa ivyashara vyachu bigiye kukrngegwa ntibikenewe kandi aliko kandi ni kanisa dyi mana umugore aliwe mukuru Diana arasho bora kutwagwa kuba atachoyokora kandi yalikushobora kubura nubukuru bwiwe, wene wo Asiya ni si basenga. 28 Bumvishe ibi, buzuwe ni shavu ni kusemerera bavuza, "Diana wa Efeso nu hambaye." 29 Umuji wose wuzura umuvurugano na bantu biruka hamwe muri yanzu yi bikino bafata ingenzi zigenziwe na Paulo, Gayo na Asitariko abavuge imakedonia. 30 Paulo yashaka kwinzira mwishengero dya bantu, aliko abigishwa baramutesha. 31 Kandi bamwe mubakuru bo mumikowa ya Asiya abari abagenzi biwe bamutwarira ubutumwa ni nguvu bamwinginga ntiyinjira mu kibuga chibikino. 32 Bamwe mubantu bali bavuga iki kintu na bandi ijambo lidya, kubela ishengero dya bantu dyari dyavurungukiwe bensi babo ntibashoboye kumenya ni kuki baje hamwe. 33 Abayuda bazana iskanda hanze yishengero dya bantu ni kumushira hejuru imbele yabantu iskanda yerekana ikimenyecho nukuboko kwiwe yiregura kubantu. 34 Aliko bamaze kumumenya yuko wene ari umuyuda bose barasemerera nijwi hamwe kumwanya wa masaha abil, Diana nu mukuru wa Efeso." 35 Hanyuma umwandichi yuko wuwo miji amaze kuhoza ishengero, yavuze, at bagaboba Efeso ninde atazi yuko uyu mujiwa Efeso aliwo ubika ingoro ya Diyana umukuru na yidya shusho uko yakoroche iva mwijuru? 36 None katawoshobora kuhakana mukwiye kuhora ntimukore ichochose mwihuta. 37 Kubela mwahamagaye abantu ngaha kubuchamanza abali abashuma bi ngoro kandi sabantu bo kurogotwa kumana yachu yu mugore. 38 None rero, nimba Demetriyo bafundi bali kumwe nabo barafishe ibirego kumuntu wewese, ubuchamaza buruguruye ni vyegera biliho na bazamwe imbele yubulanuzi. 39 Aliko nimba wewe urondera ikintu chochose chelekeye amajambo yandi yazomarigwa mu chicharo chemejwe. 40 Aliko kweli turi mungorane zo kwagirizwa ivyelekeye imivurugano muriyimisi. Nta chotuma iyi mivurugano na nituroshobora kuvyelezea. 41 Amaze kuvuga ayo arekura ikoraniro.