Sura 18

1 Hanyuma yayo majambo, Paulo yavuye Atene agenda ikorinto. 2 Hiyo alieleza umuyuda yitwa Akwila umuntu o mubwoko bwa ponto, wenu nu mugore wiwe yitwa prisila baje kuva hiyo itanka, kubera klaudiya yategeche Abayuda bose bave iroma Paulo aza iwabo. 3 Paulo abaho nikukora ikazi nabo kuko wene akora ikazi kususa nakiwabo bene bali abakora amahema. 4 Paulo avugana nabo mwisengero muri musi wisabato yarabinginze abayuda hamwe nabagiriki. 5 Aliko sila na Timoteyo baje kuva imakedoniya, Paulo agobegwa ni mwemu kubashuhudia abayu dako Yesu ari Klisto. 6 Mukihe Abayuda hobamuhakana ni kumwigenzako, rero Paulo akunkumura impuzu yiwe imbele yabo, na arababwira, Amaraso yanyu nabe hejuru yimitwe zanyu mwebwe nyene Jewe nda kichumuro mfishe kuva ubu ni kwendelea ndagiliye aba nyamahanga. 7 Kutyo avaho hadya agenda kunzu ya Tito yusto, umuntu asenga Imana. Inzu yiwe ili hofi yikanisa. 8 Kirispo umukuru wi kanisa hamwe na bantu bo muhira kwiwe bizera umwami abantu benshi bi korinto bumwumvishije Paulo avuga barizera ni kubatizwa. 9 Umwami abwira Paulo mwijoro munzira yukwelekwa, "Ntutiye aliko vuga ntuze unume. 10 Kuko jewe ndikumwe nawe na ntanumwe azokwigera yigeza kukigirila nabi kubela nabantu benshi mumiji uyu." 11 Paulo yikara hiyo ikihe chumwaka na mezi mukaga yigisha ijambo dyimana muribo. 12 Aliko Gariyo abaye umutwale wa Akaya abayuda bahagaze hamwe batahuza na Paulo bamutwa imbele yintebe yurubanza. 13 Bavuga, uyumuntu ahenda henda abantu kusenga Imana binyuranye ni vyagezwe. 14 Mukihe Paulo yalimwo ashaka kuvuga, Gariyo abwila abayuda, mwebwe abayuda, yohaba alikichumuro chanke ubwononyi, vyalikuba bikwiye kubakorela. 15 Aliko kubela ari ibibazo vyelekeye amajambo yivya mazina ni vyagezwe vyanyu rero ni muche urubanza mwebwe. Jewe sinifuza kuba umuchamanza ku vyelekeye ivyo." 16 Gariyo abirukana kuva imbele yi ntebe yurubanza. 17 Kutyo bafata Sosthene, umukuru wisinagogi, bamukubita imbele yi ntebe yu rubanza.Aliko Gariyo ntiyi twaraliche ichobakoze. 18 Paulo yikaye hadya ikihe kilekile yasize benewabo ni kugenda kubwato siriya hamwe na Prisila na Akwila atarava kwi bandari yamwoye umushachi gwiwe kuko yaliyaralahiye yuko yari mwisezerano. 19 Bashiche muri Efeso, Paulo yasize Prisila na Akwila hadya aliko wene nyene yinjira mwisinagogi ni kuharila nabayahudi. 20 Paulo bamubwiye yikale nabo ikihe kilekile aranka. 21 Aliko ava iwabo, arababwira, "Nzogaruka kandi iwanyu kubushake bwi mana. Hanyuma yaho agenda ni meli ava Efeso. 22 Paulo yururuche kaisaria yurila agenda kuramucha ikanisa dya Yerusalemu, hanyuma yururuka amanuka kwikanisa dya Antiyokiya. 23 Amaze kwichara hadya ikihe, Paulo avayo kuchira mukihugu chi Garatia na Frigiya na arabalemesha abigishwa bose. 24 Umuyuda yumwe yitwa Apolo, umwavukiye hiyo Alexandriya yaje Efeso yali umuntu wubwenge mu kuvuga na umushobozi mu vyandichwe. 25 Apollo yaliyelechwe mu nyigisho zu mwami nkukwo yali mumwete mu mwemu yavuga ni kwigisha uko bikwiye ivyelekeye Yesu, aligo yamenya gusa ulubatizo gwa Yohana. 26 Apolo atangura kuvuga nubushobozi kwi sinagogi. Aliko Prisila na Akwila bamwumvishe bakoze ubugenzi nawe na bamuganirira vyi nzira zimana nku bikwiye. 27 Yifuje kuvayo agenda akaya benewabo bara muemesheje mumutima ni kuba ndikira ibaruha abigishwa bali Akaya kugira baronke kumwakira. Ashiche, kubuntu babafashije cha badya bizeye. 28 Kubushobozi bwiwe nubwenge, Apolo achinda abayuda imbele yabo yelekana kuchira kuvyandichwe yuko Yesu aliwe Klisto.