Sura 17

1 Bamaze kuhita mumiji ya Amfipoli na Apolonia balaje mpaka mumiji wa Thesalonike ahali ikanisa ya Bayahudi. 2 Nkiko Paulo amenyeleye, yagiye wabo amala amasiku atatu yisabato aganila na bene hejuru yivyandichwe. 3 Yalimwo abasobanulila vyandichwe ababwila yuko vyashakigwa Klisto kuteseka hanyuma akazuka kandi kuva kubapfuye. Yababwiye, "Uyu Yesu ndababwila amajamboyiwe niwe Klisto." 4 Bamwe mubayahudi balemeye baba hamwe na Paulo na Sila hamwe na bagiriki bubaha Imana, na bagole benshi bichubahilo numugwi munini wabantu. 5 Aliko bamwe mubayahudi batizera buzuye inzigo, bagiye mwisoko batola abantu bamwe babi, begelanya umugwi wa bantu hamwe nabo, batela uluhagalala mumuji bavama inzuya Jasoni, bashaka kufata Paulo na Sila kugila babazane imbele ya bantu. 6 Aliko bababuze, bafashe Jasoni nabandi bagenzi babatwala imbele yabatwazi bumuji balgwamo, "Ababagabo bahindiye isi basohoye nino kandi. 7 Ababagabo bakaribishijwe na Jasoni ntibumvila amategeko ya Kaisati, bavuga haliho uyundi mwami yitwa Yesu." 8 Umugwi wabatwazi bumuji bumvishe ago majambo bingiwe mwo iwasiwasi. 9 Bamazi kuwala amahela yumuzamana kwa Jasoni na bandi balabalekuye balagenda. 10 Muli dyojolo abagenzi batolocha Paulo na Sila baja Beroya. Bamaze kusohola haliya bachiye bagenda muvikanisa yabayahudi. 11 Badya bantu balabanya bwenge kusumba badya bantu bomuli Thesalonike, kubela balakiye ijambo kubwenge bwabo, baleba ivyandichwe kila lusiku kugila babone yuko bivugwa alivya ukweli. 12 Kulivyo benki muli bene bali zeye halimwo na bagole bichubahilo baba Giriki nabagabo benki. 13 Aliko abayahudi bi Thesalonike bamenye yuko Paulo atangaza ijambo dyimana hiyo Beroya, bagiye hiyo naho kosha kutanguza uluhagalala kabantu. 14 Kwani ngoga, abagenzi batwala Paulo kunzila yo munyanza aliko sila na Timotheo basigala hadya. 15 Badya bagenzi batwaye Paulo bagiye nawe mpaka Athene bamusize Paulo hiyo, yalabaningoga kobishoboka kokose. 16 Akiba lindiye hiyo Athene umutima wiwe gwalashavujwe muli wene kungene abonye umuji guzuye isanamu nyishi. 17 Kulivyo ahalila na bayahudi mwikanisa badya bubaha Imana na badya bose yabonana na bene kila lusiku mwisoko. 18 Bamwe mubanya bwenge bitwa waepikune na Wastoiko bahula na wene. Abandi balavuga niki avuga uyu achiga kuvuga? Abandi balavuga "bibonekana ahubiri ihabari yi Mana yingenyi," Kubela avuga ihabari ya Yesu no kuzuka. 19 Bala mufata Paulo bamutwala Areopago, bavuga "Twoshobola kumenya ayamigisha mashasha uvuga? 20 Kubela uzanye ibintu bishasha mumatwi yachu. Kulivyo tushaka kumenya ibi bintu bivuga iki? 21 Abantu bose ba Athene hamwe nabagenyi bali kwabo, bakolesha umwanya wabo kuganila no kumviliza ikintu kishasha. 22 Paulo ahagalala hagati yabantu bmuli Areopago alavuga "Mwabantu ba Athene, mbona yuko mulabantu bi dini kwa kila nzila. 23 Mukutembela kwange ndaba ibintu vyanyu Musenga ndabnye amajambo gandichwe kuli alutali yanyu gavuga "KUMANA ITAMENYEKANA." None lelo uyo musenga muta mumenya niwe ndabamenyesha mwebwe. 24 Imana yalemwe isi na kila kintu kili muliyo, kubela alumwami wijuru nisi, ntashobola kwikala mumahekalu gakozwe na maboko. 25 Kandi ntakolegwa kumaboko yabantu nkiko yoba ashaka ikintu kuli bene, kubela wene niwe aha abantu ubuzima no kuhema ni bintu vyose. 26 Kulutila kumuntu yumwe yakoze ibihugu vyose bili hejuru yisi ibashililaho ibihe ni mipaka yaho baba. 27 None bashikigwa kulonda Imana, niho alikukukaba kaba bayishokelo bayibone nubuhakika ntili kule ya kila nyumwe muli twebwe. 28 Kwiwe tubayeho, tulatambula no kuba nubuzima, nkiko umwandichi wanyu windilimbo yavuze tulu luvyalo gwiwe. 29 Nimba, twebwe luluvyalo gwi Mana, ntitushakigwa kwiyuvila yuko Imana alinki nzabahu au ishaba au amabale isanamu yabajijwe kubuhinga no kuvyiyumvilo vyabantu. 30 None lelo ikihe kidya chubufela Imana yigize nkiyita kibona aliko ubu itegeche abantu ba kila hantu bihane. 31 Ili ni kubela yasizeho ulu siku izobachila ulubanza gukuli isi kumuntu yachaguye. Imana yatanze ubuhakika bwuyo muntu kuli kila muntu hadyaho yamuzula kuva mubapfuye. 32 Abantu ba Athene bamaze kumva ihabari yo kuzugwa uwabapfu bamwe bala mushinyagulila Paulo mugani abandi bavuga Tulo kumviliza kandi kwihabari yili jambo." 33 Hanyuma yaho Paulo alabaleka. 34 Aliko abantu bamwe babaye na wene balizera, halimwo Dionisio Mwareopago, numugole yitwa Damari na badi hamwe na bene.