Igiche 5

1 Nukolelo mube abantu bogu kulikila lmana, nka abana bakunda. 2 Mgihe hagati yulukundo, nkuko Kristo yandukunze twebe, alitanga wenyene kubela twebe turesi wenyene yali igitambo chabaye akamalo keza kunezeleza, lmana. 3 Ivyaha nu umwanda wowosi hagati kwifyuza kubi ntibikogwe hagati yanyu; nkuko bishakkigwa kubizeye. 4 Nibichumulo nibivugwe majambo mabi nu kutizela, no kugayana, bitali vyiza chane kiletse habeho ukushima. 5 Mlashobola kuba nu ukuli yuko hali iuyaha nu umwanda nudya yitanga nusenga ibishushanyo mubwami bwa Kristo ni lmana. 6 Umutitu wesi ntakubeshe kumajambo yubusa kubela aya majambo yo gushavula kwi lmana, ilaje hejulu abana bizeye. 7 None nufashanye nabo. 8 Kuko ubwambelo mwebe mwali umwijima, aliko ubu mli umucho kubwu umwami none nimgende nka abana buumucho. 9 Kuko lnyamwa vyu umcho bilanganiza ubwaza bwosi bwu ukuli. 10 Mlige kipya choshimisha umwami. 11 Nti habeho ugufashanya hagati yu umlimo inu mwijima utafite inyamwa hanyuma yaho mzishile ahabona. 12 Kuko ibikogwa nabo mwibaga bilaeye isoni chane kubivuga. 13 Ibintu uyosi, binyeguluwe nu umcho biba ahagalagala. 14 Kuko kimaze kumegulugwa kiba umucho. None nukuvuga ati, vyaka weho udyamwe uhaguluke kuva mbibafyuye Kristo, abe umcho hejulu yawe. 15 None mube abanyabevege ukuntu mgenda, ntimube nka abantu bafafite ubumenyi kiletse abaite ubumenyi. 16 Mgwanile umoanya wiyi mibagwa ni yu bubi. 17 Ntimube abajuju hanyuma nyuma yaho mumenye niki utukundo gwu umwami. 18 Ntimubolegwe, kuzoga yobatwala kukola nabi, hanyuma yaho mwuzuzwe ni hanyuma yaho mwuzuzwe ni lmpemu Yela. 19 Mganile na bula umwenya wanyu mwi zaburi, mlimbe indilimbo zi mpemu mmitima Kumwami. 20 Mgihe mtanga ishimwe kumajambo yosi kwi zina dya Kristo Yesu umwami wachu kumana dawe. 21 Mwitange mwenyene bula umtitu ku mgenzi wewe kuchubahi cha Kristo. 22 23 24 Abagole mwitange kubagabo bamyu, nkuko Umwami. Kuko umgabo nu umutwe wu mgole nkuko Kristo ali umutwe wu ulusengelo, umlolkozi wu umubili. Aliko nkuko ulusengelo luli hasi ya Kristo, none abagole bakwiliye kukola gucho kubangabo babo, bula ijambo. 25 Abagabo mukunde abagole banyu, nkuko Kristo yakunze ulusengelo acha alifanga wenyene kubwiwe. 26 Yakoze gucho kugila lihazagigwe, alauyoza amazi kwi ijambo. 27 Yakoze gucho kugila ngo' gwashohole kushikana uhisengengelo luhezagiwe, hataliho ububi ni ikintu gisa miuyo kiletse lihezagigwe litafite ububi. 28 Kwi yo nzila abagabo basha kigwa kubakunda abagole babo nki imili yabo, udya akunda umgole wiwe yikunda wenyene. 29 Nta numwenya yanka umubili wiwe kiletse yaho laugabulila no kuukunda nkuko Kristo nawe yakunze ulusengelo. 30 Nuko twebe tusangiye umubili wiwe. 31 "Kubwa lelo umgabo, azoleka sewiwe na nyina wiwe nawe azofatikanya nu mugole wiwe, abo babili bazoba umubili umwenya. 32 Uwu wali walanyegejwa aliko vuga Kristo nu ulusengelo. 33 Aliko bula umwenya akunde umgole wiwe umugole amwubahe umugambo.