Igiche 4

1 Nuko nkuli mukalukulu Kubwimana nimugende nkuko mwahamagaliwe nimana. 2 Mubehe kukwigeza buka witonze nukwihangana upole na uvumilivu mutwalilena kulukundo. 3 Nimukole umwete sushila hamwe ubumwe bwumutima mugifunga chaamahoro. 4 Hali unubili umwe namutima umwe nkuho mwahamagawe mukwizea koguhamagapwa kwanyu. 5 Na hetiho umwami umwe, umwizelo umwe, ukubalizwa kumwe. 6 Imana imwe nadawe umwe wabose, iwe ali hejuru ya vyose nomuli vyose nomunda ya vyose. 7 Nbulumwa wanyu alafisa ingabile kuvana na nigipimo chi ingabile cha Kristo. 8 Nikuko ugwandiko liwpwa: "Hoyaja hauru chane yalayoboye abali bashijzwe mubutumwa. alatanga ingabile kubantu. 9 Mbega ibi bisobanula ngwikii ngo yahuluye hejuru chane kandi ngo akanianuka hasi mumpande zisi?. 10 Uwo nyewe yululutse niwe muntu udya nyene yagulukije hejuru yijuru dyuse yagiza gucho kugila ngo ukubaho kwiwe kuzobe kubintu vyose. 11 Ngo lmana yatange ingabila nkaguti: "Inumwa, abahanuzi, abungele, abalimu. 12 Yagize gucho kubashoboza abizeye gukola ivyobatagekewe, kugilango bubake umubili we Kristo. 13 Akola gucho kugilango twese tusoshole kubumwe bwumwizero nokumenye kumwana wimana, akola gucho kupeza hotuzokomelela kabasohoye kulugeto lutunganye gwa Kristo. 14 Uko nigushaka kandi nttube nkabana bato nitutabwe iyo, kugilango nilutwage nabulungene yumuyaga wamipishwa, kunzigo za bantu, kubujanja bwububeshi bulenganye. 15 Uletse tuzoganila ukuli mulukundo nogukula chane munzira zose zomunzu aliwe mutwe Kristo. 16 Kristo yalefundikanye hamwe umubili wose wabizeye ngo ulafunganyijwa nobuli uluhande gumubili kugila ngo umubili wose ukule nokwi yubaka wanyene mulukundo. 17 Kuko ndawze guti, ndabisanye mumwami ngonimuzopenda kabantu balelo kolse bunge bagenda muziva zububi bwivyaha vyubwenge bwabo. 18 Baleshizwe humwijuma mubibazo vyabo balabizwe kuva mubuzima bwimana kubela kutagilaubwenge mundo yabo kubela ubugumu bwimilima yabo. 19 Nlibiyumvamwo gulelogwa, ngobalishije bonyene mukabi kibyaha bichafu mubuhunyi bwa bulingene. 20 Aliko uko siko mwize muvyeleke Kristo. 21 Ndamenya mwalamenye munyeleke we kandi ndagita ngo mwaligishije muliwe nkuko ukuli kuli muli Yesu. 22 Ningombwa mwikule ibikogwa nyose bigendana na kamelamela ya kela, ubuntu bwakela nubuntu bwakela kubela ukwiphuza kokubeshwa. 23 Nimwikula ubuntu bwanyu bwakela kugila mugigwa bushosha mumitima yubwenge bwanyu. 24 Nimiugila gucho mushobole kwambala ubuntu bushasha, buhugilana nimana bwalemwe mukuli nubweva bwukuli. 25 Kubwi shila kule ubuseshi. "Vuga ukuli bulumwe, namugenzi wiwe kubela rulaba hupilana bulu umwe kuli mugenzi we. 26 Mube nishavu, aliko ntimukole ivyaha ngoizuba."Ntililenge mupifise igavu dyanyu. 27 Ngonhimumule umwansi umwanya. 28 Ngo buliwiba ngo nakila kandi, ningombwa akole imilimo, akoleimilimo ifise akemalo kumaboko yiwe kugilango ashobole kumufasha yundi ashaka. 29 Amajambo mali nake mukanyu uletse amajambo ngngombwa ave mukenywa kanyu yemelewe kusheka, nokubah inyungu badya nayumviliza. 30 Kandi ntimutele intimba mpemu yera wimana nikuliwe mwashizwaho ikimenyelso kubela umunsi wokulokogwa. 31 Nivyiza mushile, ubulazi bwaose, ishavu , ubugwanyi, amejambo mbi, hamwe nabulakebi mube beza mwebwe kulimwebwe. 32 Mube nikigonywe, muganyilane mwebwe kulimwebwe nkuko nimana muli Kristo yabaganyiye mwebwe.