Igiche 3

1 Kubwibi jewe, Paulo, nduwo mukadukulu wa Yesu Kristo kubwanyu abanyamahanga. 2 Ndila yuko mwamushije hejulu yumulimo wubuntu bwi imana woyampaye kubwanyu. 3 Ndabandikiye bivanye nukwelekwa kwonelechwe jewe. Uku nukuli kunyegejwe kwo nanditse muli make muzindi baruha. 4 Ni wa soma ibiheleleye kulibi, uzoshobora kumenyo ubwenge bwauje nuku kuli kwinyegeje kuheleleye kuli Kirisito. 5 Kulundi luvyalo uku ntikwagizwe ngo kumenyekane kubana babantu. Mugobo ubu lelo kwa sizwe ahabona kubwa mpemu kubwi ntumwa batolanijwe na Bahanuzi. 6 Uku kuli kwinyegeje nukuvugango abantu babanya mahanga nabafashanya natwe ni ntumwa zigenzi zachu. Zumubili nabafashanya hamwe ni sezelano dya Kiristo Yesu bichiye mubutumwa. 7 Kubili nagizwe umukozi kubwa mashimwe nubuntu bwi lmana bwatanzwe kubwamashimwe mbuntu bwi lmana bwatanzwe kubwanje bichiye mugukola kwububasha bwiwe. 8 Imana yatanze akagashimwe kulijewe, aho jew ndumuntu muto kuli bose, Kulibamwe batolanijwe kubwanje. Kubwaka gashimwe nshakigwa kumenye sha abanyamahanga ubutumwa bufise ubutunzi butabonekana bwa Kirisito. 9 binshakigwa kumenyesha abantu bose hejuluyimpamvu yi lmana yimpisho. Iyi nimpumvu yimana ili mumpisho mumyaka myinshi ichiyeho, ni lmana yalemye ibintu vyose. 10 Ukukalukugila ngo, kuchila kulusengelo, abatwale nubu basha ngo mulibimwe vya majulu ngo balo nke kumenye impande nyinshi za bayeho zu bwenge bwimana. 11 Ivyo vyabayeho bichiye mu mpamvuzi bihe bidashira vyatunganye muli Kirisito umwami wa chu. 12 Kuko muli Kirisito tufise intwali nubushobozi bwo kwinjila kuntwali kubwo kwizera kwa chu kuliwe. 13 Nuko lelo ndabasaba ngo ntimuchike ututege kubwi mibabalo yanje kubwanyu. Ubu nubwiza kuli mwebwe. 14 Kwibwi yi mpamvu ndapfukamika amavi kwa Dawe. 15 Uwomuliwe bulababa munzuimwe mwijulu no hejulu yisi balise izina. 16 Ndasoba ngo ashobole kubahezira, bivuye mubutunzi bwu bwiza bwiwe, buvuye mubutunzi bwa bwiza bwiwe, abakomeze kububasha bichiye kulimpemu wiwe, alumwe alimulimwebwe. 17 Nsaba kugilango Kiristito abe mumitima yanyu bichiliye mukwizera. 18 Nsaba kugilango mube nigishitsi nitangulilo dyulukundo gwiwe. Mube mulukundo gwiwe kugilango mushubole kumenya, hamwe na bizela bose, ukuntu ubwaguke bwiwe, mubulebule bwiwe, nubulinganilebwiwe nulukundo gwa Kirisito ichalicho. 19 Nsaba ngo mumenye ubuntu bwalukundo gwa Kirisito, buruta ubumenyi mukole ibi ngo mwuzwe mbutunga ne bwose bwi lmana. 20 Nubu kuliwe ashobora kukola buli jambo bilenze vyasese ivyotusaba chanke wyo twiyumwita, bichiye mububasha bwiwe bukaba mulimo muliwe. 21 Kuliwe bube ubwiza mulisengelo no muli Kirisito Yesu no kumidyango yose ibihe nibihetashila. Amani.