Igiche 2

1 Nkuko mwali mwauye mubichumuro vyi vyaha vyanyu. 2 Vyali ng'uko mbele mwagenda mubihe vyo mwisi. Mwagenda mukulikila umutware na kategeko ya badaimoni. Iyi niyo mpemu yudya akola akazi mubana bogachumula. 3 Twebwe twesi aho mbele twali mulabo batizeye. Twakola mungene yokwisefuza ibibi mumibili yachu. Twa kola ibichwe ni bmili mubitekelezo vyachu. Twali muli kamela ng'abana bishavu ng'abandi 4 Aliko lmana ninyembabazi kubela yulukundo runini yadukunze twebwe. 5 Mugihe abafu mubichumuro vyachu, yatu,zanye hamwe mumiberehoo mishasha ya Kristo no kubwo ubuntu bwi mana mwarakijijijwe. 6 lmana yalatuza nye hamwe no kutugila twichale hamwemwijulu muli Kristo Yesu. 7 Yakoze gucho kugila bngo mubihe biza ashobole kutweleka ubukungu bunini bu buntu bwiwe. Yatweleche twebwe Lino kunzira yubwiza buli muli Kristo Yesu. 8 Kububtu mwarakijije kunzira yo kwizera nibi nivyvuye kuli twebwe. Ni mhano yi mana. Ni 9 biva mubikogwa, mubivamoni habehoumuntu wesi wokwiyemela. 10 Kubela twebwe tuli umulimo wi mana, twalemw muli Kristo Yesu dukole ibikogwa vyiza. Ni ibikogwa vyimana yategeche kuva kela kubwachu, kugila tugende mulevyo. 11 ati hanyuma nimwibuke kuva kela mwali abantu babanyamahanga mumubili mwitwa, "Komusiramuwe." Mwaki'dya chitwa gusiramugwa kumubili bikogwa na maboko ya bana babantu. 12 Mulicho gihe mwali mwahizwe kuluhande na . Mwalabagenyi kubantuba Israeli, mwali abagenyi kisezelano dyi man. Ni mwali mufise ivyizelo vyigine kiza, mwali mudafise lmana muliiyi isi. 13 Aliko ubu muli Kristo Yesu mwebwe kela mwali kule ni mana, mwazanywe hafiyi mana kubwo ishagama dya Kristo Yesu. 14 Kubela wewe niwe amaholo yachu. Yokoze babili kuba umwe kumubili wiwe yalatibuye ulusika gulutandukanyo ugwali gwadutandukanye, ubwo bwansi. 15 Ati yaranyeho amategeko kugila ngo aleme umuntu mushasha muliwe. Acha akola amahoro. 16 Yakoze guti kugila abahuze abantu bimande zibili kuba umuntu umwe kwi mana guchina kumusalaba. Guchira kumu'salaba yarishe ubwansi. 17 Yesu yalaje avuga amahoro muli mwege mwali kule ya mahoro kubali bali hati. 18 Kubela kunzira ya Yesu twebwe twesi babili dufise umwanya kudya mhemu Umwe kwinjira kwa data Bhabha. 19 Aliko lero, mwebwe abantu babanyamahanga ni muli abasafiri na abagenyi kandi mwebwe. Lero mulabasangwa hamwe na bashizwe kuluhande kubwi Mana na batumwa munzu yi Mana. 20 Mubachwe hejuru yu musingi wintumwa na bahanuzi. Kristo Yesu wewe nyene yali buye rinini dyokuruhande. 21 Muliwe mwege namwe mubachwe nawe mungene yokubaho lmana no muli mhemu. 22 Muriwe mwebwe namwe mwubakwa hamwe kugira mbe ubwichalo bwi lmana yichara muribwo kwa bwi Impemu yiwe.