Igiche 6

1 Abana mwubahe abavyweyi banyu Mumwami, kuko alibwo bugololotsi. 2 "Wubahe so na nyoko icho chanchchuee" (Chageze chamble kilimo iseze lano), 3 "Kugilango uronke amahoro urambile kwisi." 4 Namwe base ntimukababaze abana mtatuma bagira ishavu, aliko mubarere mubahana muhanura, huko nuko Umwami wachu ashaka. 5 Abaja mube abubaha kuli ba sobuja bayu hano mwisi kukubaha nokwichisha bugufi kandi mtinya mumitima yanyu. Mubakolelebichiye mumitima yanyu mwubahe nkuko mwubaha Kiristo. 6 Kubaha kwanyu ntikube kuli bashobuja banyu hadya balimo balaleba. Kugila ngo! bantyo hegwe aliko mwubahe nkuko abaja ba Kristo. Mukole Ivyipfuzo vyimana biba vuye mumitima yanyu: Mkole mwiyu mwa mumitima yanyu yose. Kuko mkolela imana sabantu, 7 mubakorere mushi shikara n'kabakorere shebuja mukuru ntimube n'kabako lela abantu. 8 Mshakigwa kumenya yuko buli kiko gwa akola umuntu azokwakila, ingolo lerano yimpela kuva Kumwami mana abe umuja changwe umtu yidegemywa. 9 Namnee bashebuja mukole bacho kandi kubaja banyu. Ntimubatiyishe muzi yuko iwe uliwe shebuja wabosi nudya womwijuru. Kuko iwe ntappise kulobanura. 10 Hanyuma yaho nda pfuliza imbalaga ziva Kumwami wachu no mubushobozi bwimbalaga ziva kuliva kuliwe. 11 Mwambare ibigwanishwe vyose vyimana kugira ngo, Mushobore kuhagarula mudachizuee nubuguzi bwa bagwanizi satani. 12 Kubela ingwano yachu sikubwo ishagama ni nyama. Aliko nihejuru yubwami nubutwale bwinywuka mibi yubutwale bwomwisi yumwijima yasatani, mumpa nde ni mpande zo mwijuru no mwisi. 13 Kubwivyo, mwambale ibigwanisho vyose Vyimana, kugila ngo mushobole kudachi ndwa kumusi mubi. Kandi mwaheza vyose muhagalare, mushika me. 14 Nuko muhagalale. mushikama mkole muke nyeje umwambolo ukuli mwambaye ukugololola mugatundu kanyu. 15 Mkole bacho mwambaye utumwa muma guru yanyu kubwiliza ijambo dyumwizelo. 16 Mubihe vyo mtwaliranila imitwalo mwambaye inkinzo yumwi zero aliyo izo bashoza guhagalika imwampi yumu gwanizi wachu satani. 17 Kandi hamwe nivyo vyose mwambere inlazo yokwizera niyo muzosoboza, kuzimisha imyampi ya wamubi yose yakaumurililo. 18 Musegere mli mpemu ibile - vyose mwilebela. Mube mwilebela. Buligihe mwihanganila vyose musenga kubera abera bizeye bosi. 19 Musenge kubera njewe nanje kugla na kile ubutumwa nunguruye akanywa kenje. Musengele kugila ndamenyesha kubutwali ubutwamwa bwibanga bwijambo dyimana. 20 Kubela ijambo drina nanje nagizwe intumwa. "Naboheshejwe iminyororo, kugila hagatiyabo mvugana nabo kubutwali nkuko. 21 22 Aliko namwe kandi mumejiye amajambo yanye nubungene mbandanya, Tikiko mwenewachu nkunda mukozi wimina wizegwe Kubwimana alabamenye hejuru yayo buli muntu. Namutumvyeko iwanyu kubela iyongemelo kuila ngo mumenye, amajembo yachu natw yongere abaremeshe, mumitima yanyu. 23 Amahoro abe mulimwege, bene wachu hamwe - nurukundo namahoro ava kamana Data no Kumwami Yesu Kiristo. 24 Ubuntu bwimana bube hame namwe bubane nabakunda Umwami wachu Yesu Kiristo kurukundo lidya lidapfa.