Sura 16

1 Maze isabato iheze mariya magadarena na mariya nyina wa Yakobo, na Salome bagura mota neza, ngo baje kumusiga amavuta umubiri wa Yesu kukwitegurira kumuzika. 2 Mukitondo cha kale kumusi wa mbele wi wiki, bagenda kumva mukihe izuba dyagira rituruke. 3 Bvugana bene kuri bene, "Ninde aza kutembagaza ikibuye kubera twebwe kugira twinjire mumva? 4 Bamaze kuraba babona umuntu yamaze kutembagaza ikibuye chari kinini chane. 5 Binjira mumva na babona umusore yambaye imvune yera yichaye muruhande gwibudyo na barumigwa. 6 Arababwira, "Ntimutinye murondera Yesu, winazareti yabambwe yazuche! Ntawuri ngaha. Raba aho bali bamusize. 7 Genda, mubwire abigishwa biwe na Petro muti yabitangiye imbele kuja Garilaya. Hiyo muramubona, nkuko yari yabibabwiye." 8 Bavaho na biruka kuva kumva barajugumiye na barumigwa. Ntibavuga chochose kumuntu wewese kubera baratinye chane. 9 Mumutwenzi wu musi mbele wi wiki amaze kuzuka yiyereka ubwa mbele mariya magadena, uwo yakuyemwo amashinga mushanju. 10 Aragenda abibarira abo bari babana kumwe nawe, mukihe bari mumubabaro barira. 11 Bumvishe yuko ari muzima na yabonekanye nawe, aliko ntiba mwizeye. 12 Hanyuma yivyo yibonekeza muyindi nshusho abantu bandi babiri, aho barimwo baragenda mumusozi. 13 Baragenda babwira abigishwa bandi basigaya aliko ntibavyemera nabo. 14 Hanyuma Yesu yiyereka kuri bamwe chumi numwe bichara kumwe kumeza, abagaya kutizera kwabo nikwimitima yabo ikomantaye kubera batemeye badya bamubonye amaze kuzuka kuva mubapfuye. 15 Arababwira, "Nimugende mwisi yose muvuga ubutumwa kuvyaremwe vyose. 16 Uwo wese yizera nikubatizwa azokizwa, na yudya atizera azochirigwa urubanza. 17 Ibi bimenyecho bizokwama biboneka kuri bose bizera kwizina dyanje buzosenda abudayimoni bazovuga indimi nshasha. 18 Bazofata inzoka na maboko yabo naho bazonywa ikintu chochose chicha ntachokizo bagira bashira amaboko kubagwaye nabo bakire. 19 Hanyuma umwami amaze kuvuga nabo, aduzwa mwijuru avyagiye mukuboko kwibudyo kwi Mana. 20 Abigishwa bavaho bavuga ubutumwa kuri bose, mukihe umwami Yesu yakora akazi nabo ni kudyemeza ijambo kubitangaza nibimenyecho burikurikira nabo.