Sura 13
1
Yesu alimwo alasoka mulusengelo umwe mubingisha biwe alamubaza "mwingisha laba amabuya aya yukutangagwa nizizu!"
2
Alamubwila ulabona aizizu izi zinini? Tabuye nalimwe lizasingenda lili kulindi litazobomungwa litozotabwa hasi."
3
Nawe yichaye hejulu yimisozi wimizeituni inyuma yulubengelo, Petero Yakobo Yohana na Anderea balamubaza biheleye.
4
"Tubwile ibibitu bizomba dyali? Ikimenyetso ilimenyetso kizoba ikihe ahozibuzozila bingila bishike.
5
Yesu abaza kubabwila mwilinde tihangire ubaheda mube nubwenge au azimize.
6
Beshi bazoza mwizina dyeje bavunga nijewe na balazimiza beshi.
7
Ni mwuva itabala ni kubesha vyitabala tumutiye aya kuko bitazobula kubaho aliko umusi wihelezo uzoba mtalaze naba.
8
Ihaga lizogwana nilindi ubwami botela ubudi. Isi izoyinga halumbizala ivyo nitango yovu hiduka.
9
Ni mube moso, bazobatwara mumaza mukubitwa na mushengelo ya masinagogi na mulahagoti kwa ibile ya balongozi nabomu kukumbela jewe mube ikiwenyetso chitahe.
10
Aliko ijambo dyimana lizovungwa mwisi hose.
11
Mibaba fata na kuboshikiliza tumutinye kuli kidya mulovunga murowo mwanya mulohabwa icho muzovunga. Timuloba ali mwebwe mulovunga azomba havunga pwemu wimana.
12
Umutu zo kwitalila mwene wabo bakawa kumwicha semumuhungu wiwe. Abana bozohangala kule na bavyeyi mbambo na bazosababisho kubicha.
13
Mulokwakwa numutu wese kukumbela izina ndyanje aliko uzovumulia kungeza kwihelezo uyomutu azokizwa.
14
Ni mwambona chakizira kibabaje kihagozi hahotu hatasha kingwa kihagolale uwisoma na menye niho aboli muyumba bahungile mumisozi.
15
Muzoba ali kuzu tazo kululuka hasi yizu yiwe kutura ikitu chose kilihaze.
16
Nuwuli mudimilo na ngaluke kutora ipuzu iyiwe.
17
Halangowe ambakeyezi batwaye inda na mbosa muliki kihe!
18
Mimusenge tihazoze ingihe chimbeho.
19
Kuko hazomba imisi yamagongwa meshi gitingeze kubaho kuhera umusi Imana yalema isi tema nubu tibizosubila kutukaa kadi.
20
Aho Imana izopunguza imisi tamumbii uzo kizwa aliko kubatulajwe. Yatolamije alongabaya inabazisi ku yazingabayije.
21
Ichongihe ni baba bwila ati alihali ni mimulambe, Klisto ali haliya au nimulebe ali hadya! Timwemele.
22
Aliko aba Klisto bubeshi na bavungiswa bibiyoma abaroza balokora ibitangoza nibitangoza vyikitongoza kungira babeshe aliko nabatulayijwe.
23
Nimube maso! na lamaze kubabwila ibi vyose hatalagele.
24
Aliko mugihe aho kubabala yiyo misi izubu liloba umwiza nukwezi na mcho kuloboyesha ucho wako.
25
Iyeyeli zizokoroka kuva hejulu ni komezi zo mwijuru zizo jengera.
26
Niho bazombona umwana wa Adamu aje mumibi chu mukomezi nini mubwizo bwiwe.
27
Niho za tumwa abamalaika biwe alo mbengeranya na mbatoranijwe kuva ipande ziwe zo mwisi kuva ipleo yisu nipela yijulu.
28
Ni mingile kumusokoni umungani wao ishinwi lishombola kwama amababi ningoga yao niho mzomenya yuko ichanda kilihafi.
29
Niko mbimeze ni mwombona aya majambo ni yatokea ni mumeye yuko alikalimba ni mudyango.
30
Ndandambalila ukuli yuko ululuvyoro tiluzohela ivyo vyose bitasohoye.
31
Ijuru nisi bizohera aliko amajambo yaje tingazo hela naba.
32
Aliko kukubera uwowisi au isaha taumenya naho boba ambamalaika bo mwinjulu au umwana atali ndaba.
33
Imimube maso nimulembe, kuko mutamenya aho mumuvyodiye ivyo mikudya mutu ageda kulungedo alakaleka izuyiwe no kushilaho umukozi kuba umutwale wunyizu kila mtu ni kukongwa chiwe.
34
Bizomba kumuntu yangie ava muhila kugeda safali akaba singila abakozi biwe ubutwale umwumwe ni kikogwa chiwe alamubwira nuo kumudyangu ambe maso.
35
Nono ni mube maso! Tumumwanya bwana wizu aho azozila muhila bilashoboka kumungoromba au mwinjoro lini aho ikoko izombika au mukidodo.
36
Aliko ni vaza kitulumbuka tazasage ukidyamwe uhumwe.
37
Kidya vunga kuli wewe ndakivuga kwa kila mutu ni mwame maso.