Igiche 2

1 Nuko kulubwo nahisemwo muluhande gwanja nyene yuko ntalikuja kandi iwanyu mungene yu umubabalo. 2 Nihaba nabakololepe mwebwe imibabalo ninde yonazereza niewe: Aliko nudya yoba yalabanajwe nanje? 3 Nanditse nkuko nakoze kugila ngo nina za iwanyu sinjobabazwe naboba balangize kunezegwa. 4 Nkuko naba ndikiye mwebwe ivyelekeje kunibabalo minini na amarubwa mumutima no kumososi menshi, sinashatse kubakolarela mwebwe imibabalo aliko nashoka mumenye ulukundo lulelule gwo mpfise hejulu yanyu. 5 Nihaba haliho wewesi yakololeze imibabalo ntiya kololeyo njewe gusa ahubwo kulugelo kanaka atagushiloho ubukazi bulenze kuli mwembwe mwesi. 6 Kino guhano chuwo umuntu kuli beshi kilamase. 7 Kulubwo lelo muguhe chi igihano mukwinye kumuganyila no kumuhorahoza, mugile gutyo kugila ngo ntashoobole kunanigwa nu umubabalo ulenze. 8 Kulubwo ndbabatela agatima kwemeza ulukundo gwanyu kumugalagalo kubwiwe. 9 Iyi niyo mpamvu nanditse, kugila ngo shabole kubagela geza no kumenya yuko mula abubaha muli kili ikintu. 10 Mukaba muganyiye wewesi nanje kandi ndamugayiye uwo muntu; kidya cho nganyiye nihaba nganyiye chochosi kiganyiwe kuyungu yanyu mukubaho kwa Kristo. 11 Ibi nukugila ngo umwansi ntazohave adukolela ibihendo kubela yuko twebwe tutali ibijuju mumigambo yiwe. 12 Umudyango wankingululwe nu umwami ahoraza kumji wa Troa gutanga ubutumwa bwa Kristo hadya. 13 Kubwivyo sinalipfise amahoro yu umutima kubela yuko sina sanjeho mwenedata lito hadya kulubwo nabasizeho nsubila Makedonia. 14 Aliko ishimwe lmana yo muli - Kristo igihe chosi idutwala twebwe mubutsindi guchila muli twebwe isaza ukumota kwiza kubwenge bwiwe ahantu hosi. 15 Kubela yuko twebwe ku-lmana nakamoto keza ka Kristo bosi muli badya baloko we no muli badya balimbuko. 16 Kubantu badya balimbuka nakamoto kuva kulupfu kugela kulupfu; kuli badya baloko gwa, nakamoto keza kuva kubuzima kugela kubuzima. Ninde akwiye ibi bintu? 17 Kubela, yuko twebwe nti tuli nka abantu beshi baguza yambo dyi lmana kunyungu mugiha chayo kwi suku litwalilitse, tuvugi muli Kristo nkuko tulungikwa kuva lmana imbele yi lmana.