Igiche 1

1 Paulo intumwa ya Yesu Kristu kurukundo, gwima na hamwe na Timoteo mwenewachu kurusengiro gwimana ruri muba Korinto no mubasenzi bose bari mugiche cha akaya. 2 Imigisha Yimana Data wachu na Mwami wachu Yesu. 3 Ishimwe lmana Yachu na Data wu Mwami wachu Yesu Kristo. Wewe ali Data wi kigongw kandi ari Data aherahoza vyose. 4 lmana iraduhorahoza mungorane zose kugirango natwe tubahorahoze badya bari mungorane. tubahorahoraza abandi nkuko twahorahojwe ni lmana. 5 Kubera nka kudya ivyago vyateye kuri Kriso giguma igwira kubwachu nuko durahozwa no gusumba Kristo. 6 Ahiko nimba tubabazwa, tubabazwa, tubabazwa kuira guhorahozwa kwanyu hamwe nu buroke bwanyu kandi namba duhorahozwa duhorahozwa kubwo zuhotahozwa kwanyu guhorahozwa kwa nyu yukora neza yonane, mufashanya natwe mumibabaro yachu kandi, mugafashanya natwe mwihangana, nkuko natwe tulonka imibabaro. 7 No kwihagarikila kwachu hejuru yanyu kubeku uri turazi yuko nkakudya mufashanya natwe mumibabaro yachu nuko nyene mufashanya natwe muguhorahozwa: 8 Kuko tudashaka yuko mwoba abajuju benewachu kubera ingorane zodufise ino asia twarababajwe ibilenze nivyo tudashobora bitera yuko twageze ahantu tubona kotutazoba nubuzima bwokubaho. 9 Nukuri baribamaze kuturamula gupfu ariko kwari kuguri ngo umwizero wa kubaho uhere mugabo tugire umwizero kumana yoyo isubiza ubuzima budahera na bafpfue. 10 Imana iturokora ituvana mwugorupfu twari twaramuwe kandi izokwama iturokora, dufise kwihagarikira muri Kristo kubera azoturokora kandi. 11 Azokora gutyo nkuko namwe mudufasha musengo zanyu. Kuberivyo beshi bazoba shimira kubwachu kubera imgisha yo twarose kuvana ni nsengo zanyu. 12 Iwratila kubera ubwema bwanyu kubera ni kubungira neza bwi lmana yuko twagendangenda neza mwiisi twagiza guyo kubwenge bwomwii yisi mugabo ni kubera imigisha yi lmana. 13 Ntitubandi kira ichochose chomutoshobora gusoma no gusobanukigwa ndhihagarikira. 14 Kubera mwaramaze kutumenya. Kandi ndihangarika kubera kumu wu Mwami wachu Yesu Kristo tuzohagarara imbeleyanyu kubwi ingeso yanyu nkuko namwe mazoba kulitwebwe. 15 Kubera nalidise urugarariro kulivyo nashambanze kuza kulimwebwe kugira ngo mulo kugira kabili. 16 Nalinashatse kubagendagetagendera ndimwo ndaja Mekedonia kandi nashaka nzobage ndagendere ndimwo ndava Mekedonia hanyumia mwebwe kuntuma ndimwo ndaja iyo Mubayahudi. 17 Ariko ndimwivyobitekelezo hariho ivya mbuzabuza? ariko ibitekelezo vyanje vyavana nuko abantu batekeleza kugira ngo mvuge ati ego nukuri ego nukuri chankwe ati oya oya mulichogihe kimwe? 18 Ariko nkuko lmana ari yukuri ntituvuga vyosi ati ego chankwe oya. 19 Kubera umwana wu muntu Yesu Kristo ari Silvano, Timoteo nanje twamuvuze murimwbwe ati suko, nuko, oya ati mugabo kuriwe vyose yavuga ego. 20 Kubera vyose uyimana ivuga nukuri muriwe kuberivyo natwe muriwe tuvuga tego amina kubera ubwerabwimana. 21 Kubrivyo imana niyo itwemeza mwebwe natwe muri Kristo, kandi niwe yadumye. 22 Yadushizeho ikimenyetso kandi aduha Impemu yera mumitima yachu aru mafato wi vyiza tuzoronha hanyuma. 23 Hanyuma yaho ndasavye lmana izo balishurire ni kuberiki ntaje Korinto ni kubera nase kubagora. 24 Ibi si kubera tugerageza dushaka kubahata kukwizera kwanyu mugabo dukorana mukwizera ubwishi me bwanyu nkuko muhagaze neza mukwizera kwanyu.