Sura 15

1 Niho abafalisayo na banditsi balaje kwa Yesu kuva Yerusalemu. 2 No kuvuga, "Kuku abanafunzi bonona uko abazehe bakiliye? Kuko ntibakalaba amaboko yabo baliko baladya ivyokudya" 3 Yesu alishula alababwila, " Namwe kuki mwonona itegeko dyumwami kukubela uko mwakiliye webwe? 4 Kuko Imana yalavuze, wubahe so wawe na nyoko wawe, kandi uvuga bibi kwa sewiwe na nyina wiwe, nukuli azopfa. 5 Aliko mwebwe mutavuga, kila ubwila sewiwe na nyina wiwe, "Kila mpfashanyo yoyolonse kuva kwanje ubu nakashimwe kokuva kumana." 6 Uyo muntu ntiyo kwigela yubaha sewiwe. 7 Yenwe mwadyadya, ni vyiza nkuko Isayayagelelanje hejulu yanyu aho yavuga. 8 Aba bantu banyubaha jewe kuminwa yabo aliko imitima yabo ili kule yanye. 9 Niho yahamagala ibikolane alababwila, "Nimwumvilize mumenye. 10 Ntakintu chinyila mukanwa kumuntu no kumuhamanya, icho nicho kimugila umuntu kuba ikihumane. 11 Basengela ubusa, kuko bigisha inyigishozo batumwe na bantu." 12 Niho abanafunzibamu gendela bbalavugana na Yesu "Mbe! ulamenya abafalisayo badyumvishije lidya jambo balachitazanye?" 13 Yesu yalabishuye alavuga kila mbuto yodaha wanje womwijulu atateye izolandugwa. 14 Baleke bonyene, bene na bahongozi bimpumyi kamba umuntu wimpuyi azolongola impumyi mugenziwe bose babili bazogwa mukinogo. 15 Petro alishula ala alamubwila Yesu, "Tutondele akakalolelo iwachu. 16 Yesu alishula, "Namwe kandi ntimulamenya." 17 Namwe ntimubona yuko bula ikigiye mumukanwa kija munda no kugenda mumusilani? 18 Aliko ibintu vyose bivuye mukanwa biva mumutima. Nivyo bintu umuntu bimulumanya. 19 Kuko mumutima hava mwivyi yumvilo bibi, ubwichanyi, ubusambanyi ubushakanyi ubushuma, ukwemeza ububeshi, nibitutsi. 20 Ayo niyo majambo umuntu amuhumanya. Aliko kudya udakalavye amaboko ntikumugilan umuntu kuba ikihumane. 21 Niho Yesu yava aho yalili yivanamwo kugenda mubiche vyumiji ya Tiro na Sidoni. 22 Laba yalaje umugole mkanani kuva mulizo mpande, Alahamagala, "Nungilile ikigongwe, mwami mwene Daudi, inkuni yanje alababazwa chane ni mpemu. 23 Aliko Yesu ntiya mwishuye ijambo. Abanafunzi biwe balaza bamwinginga, bavuga, "Muvaneho agende , kuko alatutele la ugwamo. 24 Yesu yalishuye no kuvuga, sinatumwe kumuntu wewese buletse kuntama za zimiyezo munzu ya Israeli. 25 Aliko yalaje no kunama imbele yiwe alavuga, "Mwami mfasha." 26 Alishula alavuga, "Sivyiza kutwala ivyo kukudya vyabana no kuziheleza imbwa. 27 Alavuga, "Ego, mwami mwami nimba zito zidya ivyokudya biguye kumeza ya sebuya wazo. 28 Niho Yesu yishula alavuga, "Wamugole ukwizela kwawe ni nkunini. Hakoleke kuli wewe nkuko ushaka inkumi yiwe izoba bikijijwe mulicho kihe. 29 Yesu yalavuye aho yalili alagenda hofi yinyanza ya Galilaya. Hanyuma yagiye hejulu yumusozi alichala hiyi. 30 Umugwi munini ulaza kwiwe no kumuzanila ibilema, impuyi, ibilagi, abachumbagila, na bandi benshi bali banywaye babasize kumagulu ya Yesu alabakiza. 31 Wa mugwi ulatangala ubonye ibilagi bivuze ibimuga bagizwe bazima, ibilema biliko bilagendagenda ni mpumyi zibona balashimye Imana ya Israeli. 32 Yesu alahamagala abanafunzi biwe alavuga, "Ndabagiliye ikigongwe umugwi, kuko bamye nanje kumisi itatu ata kudya ikintu chochose. Sindobasezela bagende iwabo bataliye, ntibaze bazimile munzila. 33 Abanafunzi biwe balamubwila kuti nichehe twolonka imikate! Ikwiye ngaha muka bande kuhagisha umugwi munini kuti? 34 Yesu alabwila, "Mufishe imikate ingabe?" Balavuga, "Mushanju ni samaki ntoi zike." 35 Yesu alategeka umugwi wichale hasi. 36 Yalatwaye yamikate mushanju na samaki hanyuma yo kushima, alayimanyula alabaha alabaha abanafunzi. Abanafunzi balaheleza wamugwi. 37 Abantu bose baladya balakwigwa. Balagelanya ibisigalila vyibisate vyi vyokudya vyasigaye ibisatesate, vyuzuza ibikape mushanju. 38 Bose abaliye bali abagabo ibihumbi bine atabagole nabana. 39 Hanyuma Yesu alasezela wamugwi bagende alinjila mubwato acha agenda mubiche vya magadani.