Sura 13

1 Kunwo musio Yesu avayo muhira yichara kunkombe yi kiyaga. 2 Ishengero dyishi rikoranira kuriweb riramuzunguka yinjira mubwato yichara muribwo, ishengero dyose rihagarara kurikombe yikiyaga. 3 Hanyuma Yesu avuga amajambo meshi kumi gani, avuga, "Raba umubivye yagiye kubiba. 4 Aliko arabiba imbuto zimwe zigwa ruhande yinzira inyoni zilalza zirazi nobagura. 5 Imbuto zindi zigwa kurutare hatari ivu dyishi, zicha zimera vuba kuko atavu dyishi ririho. 6 Aliko izuba dyache ziraturigwa kuko zitari ni mizi, na ziruma. 7 Imbuto zindi zigwa hagati yibiti vya mahwa ibiti vya mahwa birareha bira birazinyoha. 8 Imbuto zindi zigwa mwivu dyiza zivya mirongurukaya ni zindi mirongitatu, 9 Uri na matwi ni yumve. 10 Abigishwa baraza baramubwira Yesu, "Kubera iki uvugana ni shengero kumigani?" 11 Yesu yishura ababwira, "Mwahawe kumenya amabanga yu bwami bwo mwijuru, aliko kulibo ntibara habwa. 12 Aliko uwowese afishe ikintu kuri wene azokwongelelezwa chane na azoronka akomaro kanini aliko utafishe ikintu na kidya afishe azochakiwa. 13 Gutyo nganira nabo ku migani kubera naho babona, ntibabone kweli. Naho bumva ntibumve chanke kumenya. 14 Ubuvugishwa bwa Yesaya burakwiye iwabo, budya buvuga, "Mwumvishe mwumve, aliko kunzira yoyo ntimuzomenya; mukihe mubona mushobora kubona, aliko kunzira yoyose ntimumenye. 15 Ni mitima bantu aba yabaye umwiza biragoye kwumva, na bahumirije amaso yaba, kugira ntibashobore kubona kumaso yaba chanke kumva kumatwi yabo gutyo bari ku mpinduka kandi na nali kubakiza. 16 Aliko amaso yanyu arahiriwe, kubera garabona, na matwi yanyu garumva. 17 Ndababwira kweli abavugishwa benshi na bantu babagororochi bali bahahamiye kubona bidya vyo mubona, na ntibashobora kuyabona bifuze je kwumva yadyo yo mwumva nti yumva. 18 Rero ni mwumve umugani wumubivyi. 19 Mukihe uwowewese yumva ijambo dyi Bwami na wimenye, niho wa mubi aza akasakura ikibibwe mumutima wiwe iyi ni nyidya mbuto yatewe impande yinzira. 20 Uwatewe kurutare ni yudya yumva ijambo ni kudya kira numunezero. 21 Aliko atafishe imizi muriwe ahagarara umwanya muto. Iyo yaduchweko amarushwa chanke akadende hezo biboneche kubela idyo jambo achitara ni ngoga. 22 Uwatewe hagati yibiti vya mahwa niwe yumva idyo jambo, aliko umwitwa rariko wi vyisi nuruhendo gwubutunzi bikanyoha idyo jambo akaba ikirumbirane. 23 Uwabwibwe mwivu dyiza, niwe yumva idyo jambo akaritahura. Uwo niwe rero yama imbuto umwe akagira ijana, uwundi mironguruka ga nu yundi mirongitatu." 24 Yesu abaha uwundi mugani ati ubwami bwo wijuru busa numuntu yabivye imbuto nziza mwi sambu yiwe. 25 Aliko abantu bahuriye, umwasi wiwe araza kandi abiba ugwamfu mu ngano hagati hanyuma arigira. 26 Zimaze kumera ni kuyangika niho ugwamfu gwakomera kandi. 27 Abashumba na nyene umurima baraza bamubwira, mbega mwami, ntiwateye imbuto nziza mwisambu yawe? None ugwamfu gwavuye hehe? 28 Ababwira umwamsi niwe yakjoze ibi abakozi baramubwira, "None ushaka tugende tubimomore? 29 Wisambu aravuga, "Oya, muriko mura momora ugwamfu mwomomora ni ngano. 30 Ni mureke bikure kugeza mwisomomora umbwa mbele bamomore ugwamfu na baruhambire utugwi tugwi muyaturire, aliko egeranya ingano mushire mukigega chanye." 31 Hanyuma Yesu abachira uwundi mugari. Aravuga, "Ubwami bwo mwijuru busa nimbuto ya haradali iyo umuntu yatoye ni kuyibiba mwi sambu yiwe. 32 Iyi mbuto kweli ni ntoyi kusumba imbuto zose. Aliko imeze ninini kusumba ibirimwa vyose bili mwibustani, ika ikiti, kuge aho inyoni zo hejuru ziza kwabaka ho ivyari kumasham iyacho." 33 Ababwira uwundi mugani kandi, "Ubwami bwo mwijuru ninku mwambiro, umugore yakiriye akawuvanga ni ngero zitatu zifu bkushicha aho riba urututumbire dyose. 34 Ayo yose Yesu yayavuze mwishengero dya bantu kumigani. Na atari imigani ntiyavuga idyodyose kuribo. 35 Ibi vyaba kugira kidya chamaze kuvugwa kuchira kumuvugishwa kishobore kushika, hadya yavuga, "Nzoteranura akanwa kanye kumigani. Nzovuga yadya yari ahishijwe uhereye ukuremwa kwisi. 36 Maze Yesu asezera ishengero agenda munzu. Abigishwa biwe baza kutiwe, "Bat dusoba nurire umugani wu gwamfu gwo mundimiro." 37 Yesu arishura aravuga utera imbuto nziza nu mwana wu muntu. 38 Indimiro ni mwisi Ni mbuzo nziza ninaba bana bubwami. Ugwamfu na banabawa mubi, na umwansi ni uwabiteye ni shetani. 39 Nukusoroma nu muhero wisi, na abasoromyi na bamarayika. 40 Nka kudya ugwamfu gwegeranywa ni kuturigwa umuriro, ukwo nikwo bizomera kumuhero wisi. 41 Umwana wumuntu azotuma aba marayika biwe ni kwegeranya kuva kubwami bwiwe vyose vyatumye ichaha na hadya bakora mubi. 42 Bazobaterera mwitanuro dyu muriro bose niho hazoba amarira ni kusya amenyo. 43 Niho abantu bose babagororochi bazokwakaka nki zuba mubwami bwase wabo wene afishe amatwi ni yumve. 44 Ubwami bwo mwijuru ni nku bubiko bwahishijwe mumurima. Umuntu arayibona ni kuyinyegeza. Mumunezero wiwe agenda kuguza vyo vyoyarifishe, agura isambu. 45 Kandi ubwami bwo mwijuru ninku muntu akora ivyashara arondera amaraganta yimeza. 46 Mukihe abonye amaragarita ya kachiro, agenda aguza buri kintu aguza buri kintu yarifishe na arayigura. 47 Ubwami bwo mwijuru ni nki senga ili mukiyaga na kandi ikoranya ibiremwa vyu bwoko bwose. 48 Guzuye barukwegera kumurambi. Hanyuma bichara hasi begeranya ibintu vyose vyari vyiza muvyombo, aliko ibitafishe agachiro babita kule. 49 Biroba nkuku ku muhero wisi. abamarayika bazoza barobanure abantu babi muba gororochi. 50 Bazobata mwitanuru dyu muriro, niho hazoba amarila ni kusyanya isya za menyo. 51 Muramenye aya majambo yose? Abigishwa bura mwishura bati, "Ego" 52 Hanyuma Yesu arababwira, "Buri umwandichi yabaye umwigishwa wu Mwami asusab na nyene inzu atora mububiko bwiwe ibintu bishasha ni vya kera." 53 Yesu amaze iyo migani yose, ava aho hantu. 54 Hanyuma Yesu arashika mumukowagwi we yigishiriza abantu mwisinagogi ichavuyemwo baratangara baravuga, Ni hehe uyu muntu hoyakuye ububwenge nibi bitangaza? 55 Uyu muntu su mwana wumubaji? Mariya si nyina wiwe? Na benewabo si Yakobo, Yusufu, Simoni na Yuda? 56 Na Bashikiwe turinabo hano iwachu? None rero uyu muntu yayakuye hehe aya yose?" 57 Yarabachitaje Alikon Yesu arababwira, "Umuvugishwa ntabura ichubahiro yomba iwabo ni mugihugu chabo. 58 Na ntiyashoboye kukora ibitangaza vyishi kubera ntibamwizera.