Isura 7

1 Uhoragaho abwira Nowa ngo: Winjire mu safina weho n'umuryango gwawe goshe, kubera nakubwenyemo ubutungane kurenza abo mu gihe cawe coshe. 2 Ufate bibiri bibiri buri bwoko bw'ibisimba bitungenye, ingabo n'ingore kugira ngo udahezo ubwo bwoko hano k'ubutaka. Kandi wongezeho n'ibisimba bidatungenye, ingabo n'ingore. 3 Ufate ibigabo birindwi n'ibigore birindwi mu nyoni zo mu kirere kugira udaheza ubwo bwoko hano habutaka. 4 Kubera ko mu misi zirindwi ndanyagiza ubutaka imvura y'imisi ine n'amajoro gane, kugeza aho ngafute neja k'ubutaka ibyo naremire byoshe. Nowa akora biri kindu nguko Uhoragaho yari yabimutegekire. 6 Nowa yabaga afite imyaka 600 igihe umwuzure gwafunikire isi. 7 Nowa yiginjirira mu safina ,we n'abahungu be, umugore we n'abakazana be kugira bere kuzamishwa n'umwuzure. 8 Mu bisismba bitungenye n'ibidatungenye, inyoni, n'ibikururuka k'ubutaka, 9 Nowa yayingizemo ingabo n'ingore akulikije amategeko g'Uhoragaho. 10 Hanyuma y'imisi irindwi, amazi g'umwizure gavumbukira k'ubutaka. 11 Mu mwaka gusha 660 go kubaho kwa Nowa ,mu kwezi kwa kabiri, umisi gwa cumi na karindwi ,ugo musi, amasoko goshe gazeye amazi, amadirisha g'ijuru garakifungura. 12 Imvura igwa imisi mirongo ine n'amajoro mirongo ine. 13 Ugo musi Nowa, Shemu, Shamu na Yafeti, bahungu ba Nowa, umugore wa Nowa, n'abakazana be bashatu bingira mu safina. 14 N'ibisimba byoshe bikulikije ubwoko bwebyo, amatungo ga buri bwoko, ibiyoka byo gukururuka ha butaka by'ubwoko bwoshe, n'ibigurukaga kandi n'ibifite amababa. 15 Mu safina hayiingiyemo buri ikiri guhumeka,ingabo n'ingore. 16 Hayingiyemo buri kigabo n'ikigore c'ibyaremirwe nguko Imana yari yategekire Nowa.Hanyuma Uhoragaho afunga umuryango wonyine. 17 Umwuzure gutinda k'ubutaka imitanga mirongo ine n'amajoro mirongo ine.Amazi garapanda gatembesha isafina, igendera heru y'ubutaka. 18 Amazi gariyongera, gatarama cane heru y'ubutakata. Nuko i safina irerembera ku mazi. 19 Amazi gakiyongeye k'ubutaka. Imisozi zoshe ziri hashi y'ijuru yafunikirwe. 20 Amazi gaba akangari, garengera imisozi ku metero cumi n'itanu. 21 Ibibaga ku si byose birapfa: bibe inyoni, cangwa amatungo, ibisimba, ibyari birikunyagata ha butaka n'abandu boshe. 22 Ibya humekeraga mu mazuru kandi bibereye ha butaka bwayumire byapfa. 23 Imana ikuraho ikindu coshe caberaga k'ubutaka, byoshe byafutirwe k'ubutaka. Hasigaraho Nowa n'ibyari mu safina hamwe nawe gusha. 24 Amazi gagumije kukiyongera k'ubutaka mu misi ijana na mirongo itanu.