Isura 17

1 Aburamu yuzwize imyaka mirongo icenda, abonekerwa n'Uhoragaho arikumubwira ngo: Njewee ndi Imana Nyiringufu zoshe. Gendera hambere ya njewe udafite amakosa. 2 Niho ngakomeze indagano hagati yawe na njewe kandi ngaguhe abana akangari cane. 3 Abramu areba hashi, agwisa igihanga ce ha butaka n'Imana iramubwira ngo: 4 Yino ni indagano yanjye. Ndakuraganiye njenyine,nawe ukabe shokuruza w'amahanga kangari. 5 Kandi ijina ryawe ndo ari tena Aburamu, ahubgo witirwe Aburahamu; kuko ngugize shekuruza w'amahanga kangari. 6 Kandi ngakororokeshe cane, ngatume amahanga gagukomokaho, ukazare n'abami kangari. 7 Ngatangize indagano hagati yanje na wowe n'abo ukazare hanyuma ya wowe ngakomeze indagano y'imisi yoshe nabo. 8 Ngaguhe weho, abana bawe n'abo bakazare hanyuma ya wowe ubutaka bwo wabaga utuyemo, arico gihugo ca Kanani. Kikabe icebo ibihe byoshe nanje ngabe Imana yebo. 9 Nuko Imana yabwiye Abrahamu ngo: Noho wowe ucunge neja indagano yanje, weho, abana nawe kugeza abo bakazare hanyuma yo gupfa kwawe. 10 Buri muhungu agombire gukatwa. 11 Ukakatwe umubiri go hambere, na kino nico kikabe indagano hagati yanje na wowe. 12 Umuhungu wose ufite imisi umunane avukire, akakatwe. 13 Bikabere guco abana bagukomokireho n'abana bo mwagurire ku makuta hamwe n'umunyamahanga utari uwo m'umuryango gwawe. Ni kugamba ko indagano yanje ikabere mu mibiri yenyu mu bihe byoshe. 14 Umuhungu wose utakatirwe umubiri go hambere bakamukure m'umuryango kuko akabe yitire indagano yanye. 15 Imana yabwiye Abrahamu ngo: Sarai, mugore wawe, were kongera kumuhamagara Sarai. Ahubwo ijina rye ribeye Sara. 16 Ngamuhe imigisha, akabe nyina w'ubwoko kangari. Akabe nyina w'abami b'ibihugu akangari. 17 Niko Abrahamu yayunamire, akoza igihanga ce ha butaka, arasheka arikukigambira ngo: Umusaza w'imyaka ijana yozara gute? Sara si ufite mirongo icenda akaheke inda gute? 18 Niho Abrahamu yabwiye Imana ngo: None si Ishimaeli akabeho imbere yawe! 19 Imana iragamba ngo:Oya ariko Sara umugore wawe agakuzarire umwana w'umuhungu ukamwite ijina rya Isaka. Kandi ngaragane nawe byoshe hagati yanje nawe n'uruzaro rwawe. 20 Ku bya Ishimayeli nabyo ndabyunvisize. Ngamuhe imigisha, akororoke cane, akazare abakuru cumi na babiri, tena ngamigire ubwoko bukomeye cane. 21 Tena ngahireho indagano ikomeye ya buri gihe hamwe na Isaka, mwana wa Sara. Akazare mu myaka ya nyuma nyuma. 22 Barangize kuganira, Imana iragenda, iva imbere y'Aburahamu. 23 Aburahamu afata Ishimayeli, umwana we n'abandi boshe bari munzu, n'abantumwa bo yabaga yagurire ku makuta ge, n'abagabo boshe bo mujama ge, arabakata ugo musi nguko Imana yabaga yamutegekire. 24 Aburahamu yabaga afite imyaka mirongo cenda n'icenda igihe co yakatirwe. 25 Ishimayeli, muhungu we nawe yakatirwe afite imyaka cumi n'ishatu. 26 Aburahamu na Ishimayeli, muhungu we bakatirwe umusi gumwe. 27 Abandu boshe bo mujamaa ge, n'abakozi be hamwe n'abatumwa bo yabaga yagurire ku makuta ge boshe bakatirwe ugo musi hamwe n'Aburahamu.