Igiche 4

1 Kubwo lelo, dufise uyu mulimi, nu kuntu twakiye imbabazi, ntiduchichika intege. 2 Ahubwo duhakana inzila zosi zisoni hamwe ni zihishije. Ntitubayeho kugwanko, kandi ijambo dyi ana ntitulikolesha Nabi. Kugila ngo dusohoze ikili ukuli, twiyeleka twebwe nyene twihinyula buli muntu imbele Yimana. 3 Aliko nimba ubutumwabwiza bwachu bwihishije, bwihishije kuli baliya gusa bahana. 4 Mu guhitamwo kwabo, lmana yi yisi yalaba humye ubwenge bwabo butizela. Impinduka yavye, ntibashobora kubona umucho wu butumwa bwiza bwela bwa Kristo, aliwe rumuli gwi lmana. 5 Kubela, nti twitangaza ubwachu, kiletse Kristo Yesu Mwami, natwe ubwachu nka bakazi banyu ku bw'a Yesu. 6 Kuko lmana niyo yavu iti, "Umucho uzomulika kuva mumwijima." uvumuli mumitima yachu ngo atange uvumuli gwu ubumenyi bwu bwela bwi lmana, mu kubaho kwa Yesu Kristo. 7 Mze dufise ubu butunzi mu vyombo vyi bumba ngo bimenyekane yuko ubushobozi bunini chane ali ubwi lmana, naho su bwachu. 8 Tulababazwa mwa buli ngene, aliko nticuhombana, tulagila ubwaba, aliko ntiduchka umutima. 9 Talahanwa, aliko ntiduhebubwa. Dukubitwa hasi, aliko ntituhahelela. 10 Imisi yosi tugendana mu mibili yachu urupfu gwa Yesu, kugila ngo ubuzima bwa Yesu bubaneke mu mibili yachu. 11 Twebe tuli bazima imisi yosi dutangwa ngo dupfe kulowa Yesu kugila ngo ubuzima bwa Yesu buboneke mu mibili yachu. 12 Nuko lelo, urupfu rukolela kazi muli twebwe, naho ubuzima bugakolela muli mwbwe. 13 Aliko dufise uwo mutima wizela nkuko vyanditswe ngo." Nalizeye, niho navuze." Natwe kandi twalizeye niho kandi tuvuga. 14 Tumenya yuko uwazuye Umwami Yesu a zotu zula natwe hamwe nawe. Tulazi yuko azotuzana hamwe namwe mumaso yiwe. 15 Buli kintu ni kubwanyu kugila ngo, ubuntu Bwimana uko bugwila mu bantu benshi, ishima dyiyongeleho mu kwubahiliza lmana. 16 Nuko lelo, ntiduchika imitima, naho kumubili tuboneka ko dushila, aliko mu mutima tuguma tuli bashasha uko bukeye. 17 Ikigiha gito, uyu umubabaro uhwahutse udutegula twebwe kubwu buzima bundahela bulemeye bwu bwela bulushiliza. 18 Ntilaba ibibonaka, ahubwo ibitaboneka ivyo tubona ni vyi giha gito, aliko ibitaboneka nivyo vyi bihe bidashila.