Igiche 13

1 Ubu nubwa gatatu kandi inza iwanyu. "Bula ibilegashaka vyemezwe nabamasuta babili chanke batatu." 2 Nalamaze kuvuga kulabo bakoze ivyaha talaje nokubandi bosi mugile nalihiyo ntalasubileyo ubwa kabiri: Ndavuze kandi, ninaza kandi sinzobabaganyila. 3 Nababwira kandi kuku mulondela abagiliza yuko Kirisitu avuga guchira kulijewe. Sukuvuga yuko wewe atabushobola afise iwanyu. 4 Aliko munyuma yaho wewe nukomeye muli mwege. 5 Mwilabe ubwanyu yuko muli mumwilelo. Meigere ubwanyu. Ntimuhinyura yuko Yesu alimulimwege? wene alimwo, kileche mutakwizwe. 6 Kandi nfise ukwi hagalikira kuko namwe mwabimenye yuko batatwi hakanye. Ubu dusaba lmana kugira ntimushoboregukora ikintu chali chochosi kibi. Sisaba kugira ngo 7 Ubu dusaba lmana kugira ntimushoboregukora ikintu chali chochosi kibi. Sisaba kugira ngo twege tulamaze kubilenga ibigeragezo, ahubwo sabakugira mushobore gukola ibimeze neza, Naho twobone mengo twalachinzwe nibigelagezo. 8 Kuko twege tutokora ikmtu chochose kinyulanye nukuli, aliko nukubwukuli gusa. 9 Kukotwege tulanezegwa iyo tubaye nulutegeluke. Namwe muhonka ubukomezi. Ndusaba kandi ngo mugigwe abera. 10 Nandiche aya majambo mugihe nalikule yanyu sishaka gukolesha ubushobola Data yampaye kugila ndabubake, kandi sukubononela hasi. 11 Hanyuma, benewachu babahungu nabakobwa, mumezegwe, mukole umulimo wokugalukana ivyavuyemulio. Mukomezwe, mwumvikane ubwanyu, mubeho mumahoro. Ni mana yurukundo na mahoro azoba hamwe namwe. 12 Mulamukanye bulu mwe kugusomagurana kwere. 13 Nabatalatizwa bosi balabalamucha. 14 Ubuntubwa Data Yesu Kilistu, nurukundo gwa mana, nukwifatikanya na mpemu yera kube hamwe namwe mwese.