Igiche 12

1 Ni ngombwa nibone, aliko ntachiyongela kulivyo. Ahubwa mbandaye mu vyelekwa ni vyo nahishuriwe kuva ku Mwami. 2 Ndamuzi umuntu umwe muli Kristo, mu nyaka chumi na munani ichiyeho, nimbayali mu mubili, changwe atali mu mubili, ntavuyo menya, lmana uabizi, yalatwawe hejulu, mwijulu dya gatatu. 3 Kandi nzi yuko uyu muntu, nimba ali mumubili changwe atali mu mubili, njewe sindabizi, imana ilabizi. 4 Yatwawe hejulu kugela Paradiso yumva ivyu bwela chane kumuntu wewesi kubivuga. 5 Kubwu muntu nkiwa nzokwibona, aliko kubwanje gusa, sinzokwibona kiletse kuvyi ntege zanje. 6 Nkaba nshaka kwibona sinakuba umujuju, kubela yuko nalikuba mvuga ukuli. Aliko nzoleka kwibona, kugila ngo ntihabeho wewesi azoyiyumvila ibilenze bgaho kukeshaho ichoboneka muli njewe changwe kwumvikana kuva kuli njewe. 7 Sinzokwibona kandi kubela ivyo bihishula vyi ngeli zitangaje, kubwivyo nuko, nzinzokwuzula ubwibone, 8 Gatalu kosi nalingize Umwami kubwiki-kugila ngo akinkuleko. 9 Maze, ambwila ati, ubuntu bwanje bulahagile kubwawe, kubela yuko ulutege lukomezwa neza mubunyantege nke, nipfu chane kwibona chane hejulu yu buyantege nke bwanje, kugila ngo inkomeziza zishobore kwichala hejulu yanje. 10 Nuko lelo mpazwa kubwa Kristo mu ntege nke, mu bitutsi mungolane, mumubabalo mukubula amaholo. Kubela yuko mugihe ndi umunyantege nke, niho ngila inkomezi. 11 Njewe mbaye ikijuju! mwebwe mwalabimpatitsemwo, kuko naligushimagizwa namwe. Kubela yuko sinali umupfapfa gwasi kulabo bitwa intumwa zemewe, naho noba ntakimazi. 12 Ibimenyetso vyukili vyintumwa vyalakozwe muli mwebwe kubwihangane, ibimenyetso nibitangaza ni bikogwa bikulu. 13 Nukuntu nyabaki mwali ba kamalo ko hasi kulusha amakanisa asigaye, kiletse yuko ntali umutwalo kuli mwebwe? munganyile kulicho gichumulo. 14 Laba njewe ndiko ndaza iwanyu bwa gatetu sinzobabela umutwalo kuko nta chanyu nshaka. Nshaka mwebwe. Kuko abana ntibakwiliye kubabikila ababweyi ahubwo abavyeyi nibo bakwiliye kubikila abana. 15 Nzonzegwa ahana gukolesha no gukoleshwa kubwu buzima bwanyu. Nimba ndaba kunda chane, nshakigwa nkundwe gatonya? 16 Aliko nkuko bili, sinabalemetse umuntwalo mwebwe, hubwo kubele yuko njewe ndumukelebutsi chane, njewe umwe yafata mwbwe, mbaye uwabalose kubu chachanyi. 17 Mbe nabitwaye kukwilonkela inyungu, kwa buli wewesi wo nalungitse iwanyo! 18 Natawinginze Tito aza iwanyu, kandi nalalungi uyundi mwene data hamwe nawe. Mbe, Tito yalanagiliye inyungu mwebwe? Mbe, ntitwagendeye munzila iyo nyene? Mbe, ntitwagendeye mulivyo bilenge nyene? 19 Mwibwile ngo, mwicho gihe chosi, twalimwo tulitakambila ubwachu nyene iwanyu? lmbele yi mana no muli Kristo, twahoze tuvuga buli kintu kabwo kubakomeza mwebwe, 20 Kuko ndafise ubwoba yuko ninaza, nshobora kutabalonka mwebwe nkuko nipfuza. Mfise ubwoba yuko mushobora kutandonka nkuko mwipfuza. Mfise ubwoba yuko hobaho umwidodombo, Ibuba, kurakala, ivyipfuzo bibi, ulusaka, ubwibone, ni ngwano. Mfise ubwoba yuko ninagaruka kandi. imana yanje ishobolakunchisha bugufi imbele yanyu. 21 Mfise ubwoba yuko nshobora kubabazwa na benshi, abakozeichaha kale nakale, alibo batihanye ububi, nu busambanyi, ni bintu vyi vyipfuzo vyo bakola.